Yohani 14:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Yezu amubwira ati: “Ni jewe nzira+ n’ukuri+ n’ubuzima+. Nta wuza kuri Data adaciye kuri jewe+. 3 Yohani 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Hari ikintu nandikiye ishengero, mugabo Diyotirefe, umwe akunda ivyo kugira ikibanza ca mbere+ muri bo, nta kintu na kimwe+ kivuye kuri twebwe yakirana icubahiro+.
9 Hari ikintu nandikiye ishengero, mugabo Diyotirefe, umwe akunda ivyo kugira ikibanza ca mbere+ muri bo, nta kintu na kimwe+ kivuye kuri twebwe yakirana icubahiro+.