Ivyakozwe 20:38 Bibiliya y’isi nshasha 38 kuko bari bababajwe canecane n’ijambo yari yababwiye ry’uko batari kwongera kubona mu maso hiwe+. Nuko baramuherekeza+ gushika ku bwato. Tito 3:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Witwararike kuronsa Zena wa muhanga mw’Itegeko na Apolo ivyo bakeneye ku bw’urugendo rwabo, ngo ntihagire ico bakena+.
38 kuko bari bababajwe canecane n’ijambo yari yababwiye ry’uko batari kwongera kubona mu maso hiwe+. Nuko baramuherekeza+ gushika ku bwato.
13 Witwararike kuronsa Zena wa muhanga mw’Itegeko na Apolo ivyo bakeneye ku bw’urugendo rwabo, ngo ntihagire ico bakena+.