ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 10:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Uwakiriye umuhanuzi kubera ari umuhanuzi azoronka impembo y’umuhanuzi+, kandi uwakiriye umugororotsi kubera ari umugororotsi azoronka impembo y’umugororotsi+.

  • Matayo 25:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Kuko nashonje mukampa ico ndya+. Naranyotewe murampa ico nywa. Nari kavantara muranyakira neza+;

  • Ivyakozwe 17:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 kandi Yasoni yabakiriye neza. Kandi abo bantu bose barwanya ingingo zashinzwe+ na Sezari, bakavuga ko hariho uwundi mwami+, ari we Yezu.”

  • Filemoni 22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Mugabo uretse ivyo, untegurire kandi uburaro+, kuko nizigiye yuko biciye ku masengesho+ yanyu nzobarekurirwa+.

  • 1 Petero 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Mwakirane ata kwidoga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika