Abaroma 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu vy’urukundo rwa kivukanyi+ mugiriranire ikibabarwe. Mu vyo guterana iteka+ mube aba mbere. Abaheburayo 13:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+. Abaheburayo 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.
7 Mwibuke ababaja imbere+, abababwiye ijambo ry’Imana, kandi uko mwitegereza ico ingeso zabo zivamwo, mwigane+ ukwizera kwabo+.
17 Mugamburukire ababaja imbere+ kandi muyoboke+, kuko baguma barinze ubuzima bwanyu nk’abazobibazwa+; kugira ngo babikorane akanyamuneza, bataniha, kuko vyogirira nabi mwebwe+.