Gusubira mu vyagezwe 17:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Umuntu azogira inyifato y’ukwita imbere mu kutumviriza umuherezi ahagaze ng’aho ngo akorere Yehova Imana yawe, canke mu kutumviriza uwo mucamanza+, uyo muntu azotegerezwa gupfa+; utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+. 2 Petero 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 ariko canecane, abakurikira umubiri bafise icipfuzo co kuwuhumanya+ kandi bakagaya ubutware+. Barubahuka, ni intagondwa, ntibajugumira imbere y’abanyabuninahazwa mugabo bagatukana+,
12 Umuntu azogira inyifato y’ukwita imbere mu kutumviriza umuherezi ahagaze ng’aho ngo akorere Yehova Imana yawe, canke mu kutumviriza uwo mucamanza+, uyo muntu azotegerezwa gupfa+; utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.
10 ariko canecane, abakurikira umubiri bafise icipfuzo co kuwuhumanya+ kandi bakagaya ubutware+. Barubahuka, ni intagondwa, ntibajugumira imbere y’abanyabuninahazwa mugabo bagatukana+,