ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 22:28
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 28 “Ntugahamagarire akabi ku Mana+ canke ngo uvume umukuru wo mu bantu b’iwanyu+.

  • Yohani 17:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Vyongeye, narabahaye ubuninahazwa wampaye, kugira ngo babe umwe nk’uko turi umwe+.

  • 1 Timoteyo 6:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 aba yivyimvya+, adategera ikintu na kimwe+; ahubwo aba arwaye mu mutwe+ arwajwe n’ibibazo be n’impari ku majambo+. Ivyo bivamwo agashari+, ugushihana, ugutukana+, imyikeko mibi,

  • 1 Petero 4:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Nimba mutukwa muhorwa izina rya Kristu+, murahiriwe+, kubera ko impwemu y’ubuninahazwa, mbere impwemu y’Imana, iguma kuri mwebwe+.

  • 3 Yohani 10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ni co gituma ninaza nzokwibukiriza ibikorwa vyiwe abandanya gukora+, avugavuga ivyacu mu majambo y’ububisha+. Vyongeye, ivyo ntibimubumba: mbere na bene wacu+ we ubwiwe ntabakirana icubahiro, kandi n’abashaka kubakira+ aragerageza kubabuza+ no kubata inyuma+ y’ishengero.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika