Yohani 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Nimba muzi ivyo bintu, muzoba muhiriwe mubikoze+. Ivyahishuwe 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hahiriwe+ uwusoma n’ijwi ryumvikana+ be n’abumva amajambo y’ubu buhanuzi+, kandi bakubahiriza ibintu vyanditswe muri bwo+; kuko igihe cashinzwe kiri hafi+.
3 Hahiriwe+ uwusoma n’ijwi ryumvikana+ be n’abumva amajambo y’ubu buhanuzi+, kandi bakubahiriza ibintu vyanditswe muri bwo+; kuko igihe cashinzwe kiri hafi+.