1 Yohani 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+. Ivyahishuwe 1:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Hahiriwe+ uwusoma n’ijwi ryumvikana+ be n’abumva amajambo y’ubu buhanuzi+, kandi bakubahiriza ibintu vyanditswe muri bwo+; kuko igihe cashinzwe kiri hafi+.
7 Ariko nimba tugendera mu muco nk’uko na yo ubwayo iri mu muco+, turafise koko ugusangira hagati yacu+, kandi amaraso+ ya Yezu Umwana wayo aratwoza+ igicumuro cose+.
3 Hahiriwe+ uwusoma n’ijwi ryumvikana+ be n’abumva amajambo y’ubu buhanuzi+, kandi bakubahiriza ibintu vyanditswe muri bwo+; kuko igihe cashinzwe kiri hafi+.