Ivyahishuwe 21:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Cari gifise uruhome+ runini rurerure kikagira n’amarembo cumi n’abiri, kuri nya marembo hakaba abamarayika cumi na babiri, kandi hari handitswe amazina ya ya miryango cumi n’ibiri ya bene Isirayeli+.
12 Cari gifise uruhome+ runini rurerure kikagira n’amarembo cumi n’abiri, kuri nya marembo hakaba abamarayika cumi na babiri, kandi hari handitswe amazina ya ya miryango cumi n’ibiri ya bene Isirayeli+.