Kuvayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+. Ivyahishuwe 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Biciye ku guhumekerwa+ nasanze ndi+ mu musi w’Umukama+, maze numva inyuma yanje ijwi rikomeye+ nk’iry’urumbete,
16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.
10 Biciye ku guhumekerwa+ nasanze ndi+ mu musi w’Umukama+, maze numva inyuma yanje ijwi rikomeye+ nk’iry’urumbete,