Itanguriro 28:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+. Ivyahishuwe 11:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze bumva ijwi rirenga+ rivuye mw’ijuru ribabwira riti: “Nimuduge hano+.” Na bo baraduga mw’ijuru mu gicu, abansi babo na bo barabitegereza.
12 Nuko atangura kurota+, kandi ehe hari ingazi yari ihagaritswe kw’isi, isonga ryayo rikaba ryashika mu majuru; kandi ehe hari abamarayika b’Imana bariko bayidugako bongera bayimanukako+.
12 Maze bumva ijwi rirenga+ rivuye mw’ijuru ribabwira riti: “Nimuduge hano+.” Na bo baraduga mw’ijuru mu gicu, abansi babo na bo barabitegereza.