Matayo 28:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Yezu aregera, ababwira ati: “Ububasha+ bwose narabuhawe mw’ijuru no kw’isi.