Yobu 39:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ijwi ry’inzamba rikira kuvuga, na yo iti: Ahaa!Ikiri kure iramoterwa n’urugamba,Intureka y’abakuru be n’akaruru k’intambara+. Imigani 21:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Ifarasi ni ikintu categuriwe umusi w’urugamba+, mugabo ubukiriro ni ubwa Yehova+. Ivyahishuwe 19:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.
25 Ijwi ry’inzamba rikira kuvuga, na yo iti: Ahaa!Ikiri kure iramoterwa n’urugamba,Intureka y’abakuru be n’akaruru k’intambara+.
11 Hanyuma mbona ijuru ryuguruye, maze mbona ifarasi yera+. Kandi uwari ayicayeko yitwa Mwizigirwa+ na Munyakuri+, kandi aca imanza akongera akarwana intambara mu bugororotsi+.