14 Ayo nkako ni amajambo ahumetswe+ n’amadayimoni kandi agakora ibimenyetso+, kandi aja ku bami+ b’isi yose+, ngo abakoranirize hamwe ku ntambara+ yo kuri wa musi uhambaye+ w’Imana Mushoboravyose+.
14 Abo bazorwana na wa Mwagazi w’intama+, mugabo, kubera ari Umukama w’abakama n’Umwami w’abami+, wa Mwagazi w’intama azobatsinda+. Abahamagawe kandi batowe kandi b’abizigirwa bari kumwe na we, na bo nyene bazotsinda+.”