16 Ku musi ugira gatatu mu gitondo, hatangura kuba imituragaro n’imiravyo+, n’igicu kizitanye+ ku musozi, n’ijwi ryumvikana cane ry’inzamba+, ku buryo abantu bose bari mw’ikambi batangura kujugumira+.
5 Kandi kuri nya ntebe hava imiravyo+ n’amajwi n’imituragaro+; kandi hari amatara+ indwi y’umuriro yakira imbere ya nya ntebe, ayo akaba agereranya za mpwemu indwi+ z’Imana.