Ivyahishuwe 6:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Maze ndabona aho amaturiye agashashara kagira gatandatu, maze haba nyamugigima ikomeye; izuba ririrabura nk’igunira*+ ry’ubwoya, ukwezi kwose na kwo guhinduka nk’amaraso+,
12 Maze ndabona aho amaturiye agashashara kagira gatandatu, maze haba nyamugigima ikomeye; izuba ririrabura nk’igunira*+ ry’ubwoya, ukwezi kwose na kwo guhinduka nk’amaraso+,