Ivyahishuwe 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Hanyuma rya jwi+ numvise rivuye mw’ijuru ryongera kuvugana nanje riti: “Genda, utore urya muzingo uzinguruye uri mu kuboko kw’urya mumarayika ahagaze ku kiyaga no kw’isi+.”
8 Hanyuma rya jwi+ numvise rivuye mw’ijuru ryongera kuvugana nanje riti: “Genda, utore urya muzingo uzinguruye uri mu kuboko kw’urya mumarayika ahagaze ku kiyaga no kw’isi+.”