Ivyahishuwe 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kandi yari afise mu kuboko kwiwe akazingo gatoya kazinguruye. Ashinga ukuguru kwiwe kw’ukuryo ku kiyaga, mugabo ukw’ukubamfu agushinga kw’isi+,
2 kandi yari afise mu kuboko kwiwe akazingo gatoya kazinguruye. Ashinga ukuguru kwiwe kw’ukuryo ku kiyaga, mugabo ukw’ukubamfu agushinga kw’isi+,