Abalewi 26:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+.
21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+.