Ivyahishuwe 11:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Maze aheranda h’urusengero rw’Imana hari mw’ijuru+ harugururwa, isandugu+ y’isezerano ryayo na yo ibonwa ahantu heranda h’urusengero rwayo+. Haca haba imiravyo n’amajwi n’imituragaro na nyamugigima n’urubura rukomeye.
19 Maze aheranda h’urusengero rw’Imana hari mw’ijuru+ harugururwa, isandugu+ y’isezerano ryayo na yo ibonwa ahantu heranda h’urusengero rwayo+. Haca haba imiravyo n’amajwi n’imituragaro na nyamugigima n’urubura rukomeye.