Ivyahishuwe 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ na vya binyabuzima bine+ bikubita hasi, basenga Imana yicaye+ kuri ya ntebe y’ubwami, bavuga bati: “Amen! Shemeze Ya+!”
4 Maze ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ na vya binyabuzima bine+ bikubita hasi, basenga Imana yicaye+ kuri ya ntebe y’ubwami, bavuga bati: “Amen! Shemeze Ya+!”