Ivyahishuwe 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 kandi hagati ya nya bitereko vy’amatara mbona uwumeze nk’umwana w’umuntu+, yambaye impuzu ishika ku birenge, akenyeje umukanda w’inzahabu mu gikiriza.
13 kandi hagati ya nya bitereko vy’amatara mbona uwumeze nk’umwana w’umuntu+, yambaye impuzu ishika ku birenge, akenyeje umukanda w’inzahabu mu gikiriza.