Ivyahishuwe 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Wa mumarayika aca ambwira ati: “Utangajwe n’iki? Ndakubwira akayobera k’urya mugore+ be n’aka kirya gikoko kimuhetse kandi gifise irya mitwe indwi n’arya mahembe cumi+:
7 Wa mumarayika aca ambwira ati: “Utangajwe n’iki? Ndakubwira akayobera k’urya mugore+ be n’aka kirya gikoko kimuhetse kandi gifise irya mitwe indwi n’arya mahembe cumi+: