Daniyeli 8:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 “Kandi mu kiringo ca nyuma c’ubwami bwabo, abagabitanya nibakora bagashika kw’iherezo ry’ibikorwa vyabo, hazohaguruka umwami akaze mu maso kandi ategera amajambo ahinyitse+.
23 “Kandi mu kiringo ca nyuma c’ubwami bwabo, abagabitanya nibakora bagashika kw’iherezo ry’ibikorwa vyabo, hazohaguruka umwami akaze mu maso kandi ategera amajambo ahinyitse+.