Yosuwa 11:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kuko uku ari ko Yehova yakora: yarareka imitima yabo igakomantara+ kugira bamenyeshe ko bagiye kurwana na Isirayeli, kugira ngo abatikize, ntibagirirwe ubutoni+, ahubwo abazimanganye, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse Musa+. Imigani 21:1 Bibiliya y’isi nshasha 21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+. Yeremiya 51:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Nimudugirize ikimenyetso impome za Babiloni+. Mukomeze igikorwa c’ukurereka+. Mushireho inderetsi. Mutegure abo kubunda+. Kuko Yehova yateguye iciyumviro kandi akaba azokora koko ivyo yavuze ku baba i Babiloni+.”
20 Kuko uku ari ko Yehova yakora: yarareka imitima yabo igakomantara+ kugira bamenyeshe ko bagiye kurwana na Isirayeli, kugira ngo abatikize, ntibagirirwe ubutoni+, ahubwo abazimanganye, nk’uko nyene Yehova yari yarategetse Musa+.
21 Umutima w’umwami ni nk’imigezi y’amazi mu kuboko kwa Yehova+. Aho bimuhimbaye hose ni ho awuhindukiriza+.
12 Nimudugirize ikimenyetso impome za Babiloni+. Mukomeze igikorwa c’ukurereka+. Mushireho inderetsi. Mutegure abo kubunda+. Kuko Yehova yateguye iciyumviro kandi akaba azokora koko ivyo yavuze ku baba i Babiloni+.”