Yesaya 47:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ubu rero niwumve ibi, wa mugore wihaye ibihimbaro, wewe wiyicariye mu mutekano+, wewe uvuga mu mutima wawe ngo: “Ndiho, kandi nta wundi+. Sinzokwicara nk’umupfakazi, kandi sinzomenya ukubura abana ico ari co+.”
8 Ubu rero niwumve ibi, wa mugore wihaye ibihimbaro, wewe wiyicariye mu mutekano+, wewe uvuga mu mutima wawe ngo: “Ndiho, kandi nta wundi+. Sinzokwicara nk’umupfakazi, kandi sinzomenya ukubura abana ico ari co+.”