Abaroma 2:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 ubuzima budahera ku bariko barondera ubuninahazwa n’iteka n’ukutabora+ mu kwihangana mu gikorwa ciza; Ivyahishuwe 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.
7 ubuzima budahera ku bariko barondera ubuninahazwa n’iteka n’ukutabora+ mu kwihangana mu gikorwa ciza;
10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.