ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 38
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 38:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 39:1
  • +Ezk 38:15; 39:6
  • +Ezk 32:26
  • +Yes 66:19; Ezk 27:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2020, rup. 15

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2019, rup. 11

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 9

    1/3/1997, rup. 24

Ezekiyeli 38:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 19:28; Ezk 29:4; 39:2
  • +Ezk 38:15
  • +Ezk 23:12
  • +Yr 46:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/1997, rup. 29-31

Ezekiyeli 38:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 27:10
  • +Ezk 30:5
  • +1Ng 1:8

Ezekiyeli 38:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:2
  • +It 10:3; Ezk 27:14
  • +Ezk 39:2

Ezekiyeli 38:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:9; Yr 46:3; Yw 3:9

Ezekiyeli 38:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:8
  • +Mt 24:31
  • +Yr 23:6; Ezk 28:26; 34:25

Ezekiyeli 38:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:2
  • +Yr 4:13

Ezekiyeli 38:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 83:4
  • +Img 6:18; Ivh 17:13

Ezekiyeli 38:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:9; Yr 49:31
  • +Yes 26:1; Zk 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2015, rup. 29

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 227

Ezekiyeli 38:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 1:13
  • +Yr 33:12
  • +Zk 10:8
  • +Yes 60:5; 61:6
  • +Zk 2:8

Ezekiyeli 38:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 27:22
  • +Ezk 27:15
  • +Ezk 27:25
  • +Yr 50:17

Ezekiyeli 38:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 38:8

Ezekiyeli 38:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 39:2
  • +Zf 3:8

Ezekiyeli 38:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 38:9
  • +Yw 3:2
  • +Kv 14:4; 2Bm 19:19; Zb 83:18; 148:14; Ezk 36:23; 39:21; Mt 6:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2015, rup. 19

    15/9/2012, rup. 5-6

    15/3/2009, rup. 18-19

Ezekiyeli 38:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “biciye ku kuboko kw’abasavyi.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 9:16; Yes 14:12; Yr 50:31; Ezk 28:17
  • +Yw 3:16; Zk 2:8

Ezekiyeli 38:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:22; Nah 1:2; Heb 12:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 227

Ezekiyeli 38:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:21
  • +Heb 12:29
  • +Hab 3:6

Ezekiyeli 38:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 4:3
  • +Yr 4:24; Nah 1:5

Ezekiyeli 38:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 14:17
  • +2Ng 20:23; Hg 2:22; Zk 14:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 227

Ezekiyeli 38:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:31
  • +Zk 14:12
  • +Yes 66:16
  • +Kv 9:22; Yos 10:11; Zb 18:12
  • +Yes 29:6; 30:30
  • +It 19:24; Zb 11:6

Ezekiyeli 38:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 22:32; Ezk 36:23
  • +Zb 9:16; Ezk 25:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 38:2Ezk 39:1
Ezk. 38:2Ezk 38:15; 39:6
Ezk. 38:2Ezk 32:26
Ezk. 38:2Yes 66:19; Ezk 27:13
Ezk. 38:42Bm 19:28; Ezk 29:4; 39:2
Ezk. 38:4Ezk 38:15
Ezk. 38:4Ezk 23:12
Ezk. 38:4Yr 46:9
Ezk. 38:5Ezk 27:10
Ezk. 38:5Ezk 30:5
Ezk. 38:51Ng 1:8
Ezk. 38:6It 10:2
Ezk. 38:6It 10:3; Ezk 27:14
Ezk. 38:6Ezk 39:2
Ezk. 38:7Yes 8:9; Yr 46:3; Yw 3:9
Ezk. 38:8Yes 66:8
Ezk. 38:8Mt 24:31
Ezk. 38:8Yr 23:6; Ezk 28:26; 34:25
Ezk. 38:9Yes 28:2
Ezk. 38:9Yr 4:13
Ezk. 38:10Zb 83:4
Ezk. 38:10Img 6:18; Ivh 17:13
Ezk. 38:11Kv 15:9; Yr 49:31
Ezk. 38:11Yes 26:1; Zk 2:4
Ezk. 38:12Img 1:13
Ezk. 38:12Yr 33:12
Ezk. 38:12Zk 10:8
Ezk. 38:12Yes 60:5; 61:6
Ezk. 38:12Zk 2:8
Ezk. 38:13Ezk 27:22
Ezk. 38:13Ezk 27:15
Ezk. 38:13Ezk 27:25
Ezk. 38:13Yr 50:17
Ezk. 38:14Ezk 38:8
Ezk. 38:15Ezk 39:2
Ezk. 38:15Zf 3:8
Ezk. 38:16Ezk 38:9
Ezk. 38:16Yw 3:2
Ezk. 38:16Kv 14:4; 2Bm 19:19; Zb 83:18; 148:14; Ezk 36:23; 39:21; Mt 6:9
Ezk. 38:17Kv 9:16; Yes 14:12; Yr 50:31; Ezk 28:17
Ezk. 38:17Yw 3:16; Zk 2:8
Ezk. 38:18Gus 32:22; Nah 1:2; Heb 12:29
Ezk. 38:19Zb 78:21
Ezk. 38:19Heb 12:29
Ezk. 38:19Hab 3:6
Ezk. 38:20Hs 4:3
Ezk. 38:20Yr 4:24; Nah 1:5
Ezk. 38:21Ezk 14:17
Ezk. 38:212Ng 20:23; Hg 2:22; Zk 14:13
Ezk. 38:22Yr 25:31
Ezk. 38:22Zk 14:12
Ezk. 38:22Yes 66:16
Ezk. 38:22Kv 9:22; Yos 10:11; Zb 18:12
Ezk. 38:22Yes 29:6; 30:30
Ezk. 38:22It 19:24; Zb 11:6
Ezk. 38:23Lw 22:32; Ezk 36:23
Ezk. 38:23Zb 9:16; Ezk 25:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 38:1-23

Ezekiyeli

38 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu+, rabisha mu maso hawe kuri Gogi wo mu gihugu ca Magogi+, wa mukuru kizigenza wa Mesheki+ na Tubali+, uvuge ubuhanuzi bumwagiriza. 3 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye, ewe Gogi, wewe mukuru kizigenza wa Mesheki na Tubali. 4 Emwe, nzoguhindukiza, nshire ingobe mu mibangabanga yawe+, ndagusohorane n’inteko zawe zose za gisirikare+, amafarasi n’abayagenderako, bose bambaye bashajije bimwe vy’agahore+, ishengero ryinshi, bari n’inkinzo zagutse be n’udukinzo dutoyi, bose bakaba bakoresha inkota+; 5 bari kumwe n’Ubuperesi+, Etiyopiya+ na Puti+, bose bari n’udukinzo dutoyi be n’inkofero; 6 Gomeri+ n’inteko zaho zose, inzu ya Togaruma+, bo mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi, n’inteko zaho zose, ibisata vyinshi biri kumwe nawe+.

7 “‘“Nube uwiteguye, ugire imyiteguro, mwe n’ishengero ryawe ryose+, abakoraniye iruhande yawe, kandi ubabere umurinzi.

8 “‘“Haheze imisi myinshi, uzokwitabwaho. Mu kiringo ca nyuma c’imyaka, uzoza ugana igihugu+ c’abagarukanywe bakuwe ku nkota, bagakoranirizwa hamwe bakuwe mu bisata vyinshi+, bagashirwa ku misozi ya Isirayeli, iyabaye ikibanza kiguma gitikizwa; egome, igihugu cakuwe mu bisata vy’abantu, ico biberamwo mu mutekano, bose hamwe+. 9 Ntuzobura kuduga. Uzoza nk’ikirura+. Uzocika nk’ibicu bipfuka igihugu+, mwe n’inteko zawe zose be n’ibisata vyinshi biri kumwe nawe.”’

10 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Kuri uwo musi hazoza ibintu mu mutima wawe+, kandi uzokwiyumvira koko umugambi mubi+; 11 ntuzobura kuvuga ngo: “Nzoduga gutera igihugu c’uturere turangaye two mu gihugu hagati+. Nzoshika ku batagira inkomanzi, bibereye mu mutekano, bose bakaba babayeho ata ruhome rubakingiye+, kandi ntibagira mbere n’igihindizo canke imiryango.” 12 Hazoba ari kugira ngo uronke isahu ryinshi+ no kugira ngo unyage vyinshi, ngo uhindukirize ukuboko kwawe ku bibanza vyatikijwe bigasubira kugerērwamwo+, no ku gisata c’abantu bakoranirijwe hamwe bakuwe mu mahanga+, icirundaniriza ubutunzi n’amatungo+, abibera hagati na hagati+ y’isi.

13 “‘Sheba+ na Dedani+ be n’abadandaza b’i Tarushishi+ be n’intambwe z’imikangara z’imigāra zaho zose+, bazokubwira bati: “Mbega uzanywe no kwironkera isahu ryinshi? Mbega wakoranije ishengero ryawe kugira ngo unyage vyinshi, ngo wijanire ifeza n’inzahabu, utware ubutunzi n’amatungo, wironkere isahu ryinshi cane?”’

14 “Vuga rero ubuhanuzi, ewe mwana w’umuntu, ubwire Gogi uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mbega ku musi igisata canje Isirayeli kizoba cibereye mu mutekano, si ho uzobimenya+? 15 Ntuzobura kuza uvuye ahantu hawe, uvuye mu mihingo y’uburaruko iri kure kuruta iyindi+, wewe n’ibisata vyinshi biri kumwe nawe, bose bagendera ku mafarasi, ishengero ryinshi, emwe, inteko za gisirikare nyinshi+. 16 Kandi ntuzobura kuduga gutera igisata canje Isirayeli, nk’ibicu bipfuka igihugu+. Bizoba mu kiringo ca nyuma c’imisi, kandi nzokuzana koko gutera igihugu canje+, kugira ngo amahanga amenye jewe, niniyereza muri wewe mu maso yabo, ewe Gogi+!”’

17 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Mbega uri+ wa wundi nyene navuga mu misi ya kera biciye ku basavyi* banje, abahanuzi ba Isirayeli, bavuga ubuhanuzi muri iyo misi—mu kiringo c’imyaka—ku bijanye no kukuzana kuri bo+?’

18 “‘Kandi uku ni ko bizoba kuri uwo musi, umusi Gogi azoza ku butaka bwa Isirayeli,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze: ‘ubushangashirwe bwanje buzonduga mu zuru+. 19 Kandi mw’ishaka ryanje+, mu muriro w’uburake bwanje, nzobwirizwa kuvuga+. Ni ukuri, uwo musi hazoba ukunyiganyiga gukomeye mu butaka bwa Isirayeli+. 20 Kandi kubera jewe, amafi yo mu kiyaga, n’ibiremwa biguruka vyo mu kirere, n’ibikoko vyo mu gahinga, n’ivyikwega hasi vyose vyikwega ku butaka, n’abantu bose bari ku buringanire bw’ubutaka, bazosusumira+; kandi imisozi izosenyurirwa hasi vy’ukuri+, n’inzira zihanamye zizobwirizwa kugwa, mbere n’uruhome rwose ruzogwa rushike hasi.’

21 “‘Nzomuhamagarirako inkota mu karere kanje kose k’imisozi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze+. ‘Inkota y’umuntu wese izobangurirwa mwene wabo+. 22 Nzoburana+ na we, nkoresheje ikiza+ n’amaraso+; imvura y’isegenya isegenyuka be n’iminana y’urubura+, umuriro+ be n’amazuku, ni vyo nzogwisha kuri we no ku nteko ziwe no ku bisata vyinshi bizoba biri kumwe na we+. 23 Nzokwininahaza koko, niyeze+ nongere nimenyekanishe mu maso y’amahanga menshi; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika