ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 23
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 23:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:14; Lw 23:37
  • +Gh 10:10

Abalewi 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:30; 20:10; Lw 19:3; Ivk 15:21
  • +Neh 13:22; Yes 56:2; 58:13

Abalewi 23:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:14
  • +Kv 12:16; Gh 29:12
  • +Gh 9:2

Abalewi 23:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 9:3; 28:16
  • +Kv 12:6; Gus 16:1; Yos 5:10; 1Kr 5:7

Abalewi 23:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:17; Ivk 12:3; 1Kr 5:8
  • +Kv 12:15; 13:6; 34:18

Abalewi 23:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:16

Abalewi 23:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:12; Img 3:9; Ezk 44:30; 1Kr 15:20; Yak 1:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2007, rup. 26

Abalewi 23:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:15; 1Kr 15:20, 23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2007, rup. 26

Abalewi 23:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “zokeje.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 5:11

Abalewi 23:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 34:22; Gus 16:9

Abalewi 23:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:1
  • +Gh 28:26; Gus 16:16

Abalewi 23:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:16, 18
  • +Lw 7:13; Rm 5:12
  • +Kv 23:16; 34:22; Yak 1:18; Ivh 14:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/3/1998, rup. 26

Abalewi 23:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 28:27

Abalewi 23:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 4:23; Gh 28:30
  • +Lw 3:1

Abalewi 23:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 7:30
  • +Lw 7:34; 10:14; Gh 18:9; Gus 18:4; 1Kr 9:13

Abalewi 23:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:10

Abalewi 23:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:9; Gus 24:19; Rs 2:3
  • +Yes 58:7
  • +Lw 19:33; Gh 15:15

Abalewi 23:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:2
  • +Gh 10:10; 29:1
  • +Gh 29:12

Abalewi 23:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:10; Lw 16:30; 25:9; 1Yh 1:7
  • +Lw 16:29; Gh 29:7; Zb 35:13; Yes 58:5
  • +Gus 16:16; Ezk 45:17

Abalewi 23:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:34; Heb 9:12, 24, 26; 10:10; 1Yh 2:2

Abalewi 23:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 9:13; 15:30

Abalewi 23:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 3:23

Abalewi 23:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:28; Mt 12:12; Mr 3:4

Abalewi 23:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 16:31
  • +Lw 16:29; 23:27; Gh 29:7; Zb 35:13

Abalewi 23:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:16; Gh 29:12; Gus 16:13; Ezr 3:4; Neh 8:14; Zk 14:16; Yoh 7:2

Abalewi 23:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 8:18; Yoh 7:37

Abalewi 23:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:14; Gus 16:16
  • +Lw 23:4; Gh 28:26; 29:7
  • +Lw 1:9; 2:2
  • +Lw 1:3
  • +Lw 2:1, 11
  • +Kv 29:40; Gh 15:5; 28:7; Fp 2:17

Abalewi 23:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:23; 20:8; 31:13; Yes 56:2
  • +Kv 28:38; Gh 18:29
  • +Gh 29:39; Gus 12:11
  • +Gus 12:6; 1Ng 29:9; 2Ng 35:8; Ezr 2:68

Abalewi 23:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 14:16; Mt 13:39; 24:31; 25:31
  • +Gus 16:13
  • +Lw 23:7, 24; Gh 29:12

Abalewi 23:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 8:15; Yoh 12:13; Ivh 7:9
  • +Gus 16:15; Neh 8:10

Abalewi 23:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 29:12; Neh 8:18

Abalewi 23:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 31:10
  • +Neh 8:14, 16, 17

Abalewi 23:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:14; Gus 31:13; Zb 78:6
  • +Kv 12:38; Gh 24:5; Zk 14:16

Abalewi 23:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 23:2

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 23:2Kv 23:14; Lw 23:37
Lew. 23:2Gh 10:10
Lew. 23:3Kv 16:30; 20:10; Lw 19:3; Ivk 15:21
Lew. 23:3Neh 13:22; Yes 56:2; 58:13
Lew. 23:4Kv 23:14
Lew. 23:4Kv 12:16; Gh 29:12
Lew. 23:4Gh 9:2
Lew. 23:5Gh 9:3; 28:16
Lew. 23:5Kv 12:6; Gus 16:1; Yos 5:10; 1Kr 5:7
Lew. 23:6Gh 28:17; Ivk 12:3; 1Kr 5:8
Lew. 23:6Kv 12:15; 13:6; 34:18
Lew. 23:7Kv 12:16
Lew. 23:10Gh 18:12; Img 3:9; Ezk 44:30; 1Kr 15:20; Yak 1:18
Lew. 23:11Lw 23:15; 1Kr 15:20, 23
Lew. 23:14Yos 5:11
Lew. 23:15Kv 34:22; Gus 16:9
Lew. 23:16Ivk 2:1
Lew. 23:16Gh 28:26; Gus 16:16
Lew. 23:17Ef 2:16, 18
Lew. 23:17Lw 7:13; Rm 5:12
Lew. 23:17Kv 23:16; 34:22; Yak 1:18; Ivh 14:4
Lew. 23:18Gh 28:27
Lew. 23:19Lw 4:23; Gh 28:30
Lew. 23:19Lw 3:1
Lew. 23:20Lw 7:30
Lew. 23:20Lw 7:34; 10:14; Gh 18:9; Gus 18:4; 1Kr 9:13
Lew. 23:21Gh 10:10
Lew. 23:22Lw 19:9; Gus 24:19; Rs 2:3
Lew. 23:22Yes 58:7
Lew. 23:22Lw 19:33; Gh 15:15
Lew. 23:241Bm 8:2
Lew. 23:24Gh 10:10; 29:1
Lew. 23:24Gh 29:12
Lew. 23:27Kv 30:10; Lw 16:30; 25:9; 1Yh 1:7
Lew. 23:27Lw 16:29; Gh 29:7; Zb 35:13; Yes 58:5
Lew. 23:27Gus 16:16; Ezk 45:17
Lew. 23:28Lw 16:34; Heb 9:12, 24, 26; 10:10; 1Yh 2:2
Lew. 23:29Gh 9:13; 15:30
Lew. 23:30Ivk 3:23
Lew. 23:31Lw 23:28; Mt 12:12; Mr 3:4
Lew. 23:32Lw 16:31
Lew. 23:32Lw 16:29; 23:27; Gh 29:7; Zb 35:13
Lew. 23:34Kv 23:16; Gh 29:12; Gus 16:13; Ezr 3:4; Neh 8:14; Zk 14:16; Yoh 7:2
Lew. 23:36Neh 8:18; Yoh 7:37
Lew. 23:37Kv 23:14; Gus 16:16
Lew. 23:37Lw 23:4; Gh 28:26; 29:7
Lew. 23:37Lw 1:9; 2:2
Lew. 23:37Lw 1:3
Lew. 23:37Lw 2:1, 11
Lew. 23:37Kv 29:40; Gh 15:5; 28:7; Fp 2:17
Lew. 23:38Kv 16:23; 20:8; 31:13; Yes 56:2
Lew. 23:38Kv 28:38; Gh 18:29
Lew. 23:38Gh 29:39; Gus 12:11
Lew. 23:38Gus 12:6; 1Ng 29:9; 2Ng 35:8; Ezr 2:68
Lew. 23:39Zk 14:16; Mt 13:39; 24:31; 25:31
Lew. 23:39Gus 16:13
Lew. 23:39Lw 23:7, 24; Gh 29:12
Lew. 23:40Neh 8:15; Yoh 12:13; Ivh 7:9
Lew. 23:40Gus 16:15; Neh 8:10
Lew. 23:41Gh 29:12; Neh 8:18
Lew. 23:42Gus 31:10
Lew. 23:42Neh 8:14, 16, 17
Lew. 23:43Kv 13:14; Gus 31:13; Zb 78:6
Lew. 23:43Kv 12:38; Gh 24:5; Zk 14:16
Lew. 23:44Lw 23:2
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 23:1-44

Abalewi

23 Yehova yongera kubwira Musa ati: 2 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Imisi mikuru y’ibiringo+ ya Yehova mukwiye gutangaza+ ni amahwaniro meranda. Iyi ni yo misi mikuru yanje y’ibiringo:

3 “‘Igikorwa gishobora gukorwa mu misi itandatu, mugabo ku musi ugira indwi ni isabato y’akaruhuko kuzuye+, ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe muzokora. Ni isabato ya Yehova aho muba hose+.

4 “‘Iyi ni yo misi mikuru y’ibiringo+ ya Yehova, amahwaniro meranda+, iyo mukwiye gutangaza ku bihe vyayo vyashinzwe+: 5 Mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira cumi na kane wa nya kwezi+, hagati ya ya migoroba ibiri, ni pasika*+ ya Yehova.

6 “‘Kandi ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi, ni umusi mukuru wa Yehova w’udutsima tutarimwo umwambiro+. Mu misi indwi mukwiye kurya udutsima tutarimwo umwambiro+. 7 Ku musi wa mbere muzogira ihwaniro ryeranda+. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora. 8 Mugabo muze mushikirize ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, imisi indwi. Ku musi ugira indwi hazoba ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora.’”

9 Yehova yongera kubwira Musa ati: 10 “Vugana na bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Nimwateba mukinjira mu gihugu ngira ndabahe, mukamara gushwabura umwimbu waco, mutegerezwa rero kuzanira umuherezi umuganda w’umushuzo+ w’umwimbu wanyu. 11 Na we aze azungagize nya muganda irya n’ino+ imbere ya Yehova kugira mushimwe. Umuherezi aze awuzungagize irya n’ino ubwo nyene ku musi ukurikira isabato. 12 Ku musi muzozungagirisha irya n’ino nya muganda, muzotegerezwa guhereza impfizi y’intama ikiri nto itagira agahonzi, mu mwaka wayo wa mbere, ngo ibe ishikanwa riturirwa rihabwa Yehova. 13 Bwa shikanwa ryayo ry’intete, muze muhereze ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa y’ifu inoze ibombekeshejwe amavuta, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova, akamoto karuhura. Bwa shikanwa ry’ikinyobwa ryayo na ho, ica kane ca hini y’umuvinyu. 14 Nta mukate canke intete zikaranze* canke intete nshasha mukwiye kurya gushika kuri uyo musi+, gushika muzanye ishikanwa ry’Imana yanyu. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu yose ahantu hose muba.

15 “‘Kandi kuva ku musi w’inyuma y’isabato, kuva ku musi muzaniyeko wa muganda w’ishikanwa rizungagizwa, muze mwiharurire amasabato indwi+. Aze abe akwiye. 16 Gushika ku musi ukurikira isabato igira indwi, mukwiye guharūra imisi mirongo itanu+, muheze mushikirize Yehova ishikanwa ry’intete rishasha+. 17 Mukwiye kuzana imikate ibiri+ mukuye aho muba y’ishikanwa rizungagizwa. Ikwiye kuba iy’ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa y’ifu inoze. Ikwiye kwotswa yambiye+, bwa vyamwa vya mbere vyeze bihabwa Yehova+. 18 Nya mikate muze muyishikirize iri kumwe n’imyagazi y’intama indwi y’amasuguru+ itagira agahonzi, umwe wose umaze umwaka, n’ikimasa kimwe, n’impfizi zibiri z’intama. Bikwiye kuba ishikanwa riturirwa rihabwa Yehova biri kumwe n’ishikanwa ry’intete ryavyo n’amashikanwa y’ikinyobwa yavyo, bibe ishikanwa rishikanishwa umuriro, ry’akamoto karuhura kuri Yehova. 19 Kandi mutegerezwa guhereza umwagazi w’impene+ umwe w’ishikanwa ry’igicumuro n’imyagazi y’intama ibiri y’amasuguru, umwe wose umaze umwaka, ibe ikimazi c’ugusangira+. 20 Umuherezi na we aze abizungagize irya n’ino+ biri kumwe na ya mikate y’ivyamwa vya mbere vyeze, bwa shikanwa rizungagizwa imbere ya Yehova, kumwe na ya myagazi y’intama ibiri y’amasuguru. Bikwiye kuba ikintu ceranda kuri Yehova, kikegukira umuherezi+. 21 Kandi muze mugire itangazo+ kuri uyo musi nyene; muzogira ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ahantu hose muba, ku mayaruka yanyu.

22 “‘Kandi nimwashwabura umwimbu wo mu gihugu canyu, ntuze uherengeteze umubari w’umurima wawe igihe ushwabura, kandi ntuze wandure udutororwa tw’umwimbu wawe+. Ukwiye kudusigira umurushwa+ na kavamahanga+. Ndi Yehova Imana yanyu.’”

23 Yehova abandanya kubwira Musa ati: 24 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Mu kwezi kugira indwi+, ku musi wa mbere wa nya kwezi, hakwiye kuba akaruhuko kuzuye kuri mwebwe, ubabere icibutso biciye kw’ijwi ry’urumbete+, ihwaniro ryeranda+. 25 Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora, kandi muze mushikirize ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova.’”

26 Yehova yongera kubwira Musa ati: 27 “Ariko umusi ugira icumi w’ukwo kwezi kugira indwi ni umusi w’impongano+. Mukwiye kugira ihwaniro ryeranda, kandi mutegerezwa kwibabaza+ no gushikiriza ishikanwa+ rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. 28 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe kuri uyo musi, kuko ari umusi w’impongano wo kubatangira impongano+ imbere ya Yehova Imana yanyu; 29 kuko umuntu wese atazokwibabaza kuri uyo musi azotegerezwa kurandurwa mu bantu b’iwabo+. 30 Umuntu wese azokora igikorwa c’ubwoko na bumwe kuri uyo musi, nzotegerezwa kumukuraho mu bantu b’iwabo+. 31 Ntimuze mukore igikorwa na kimwe+. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero ku mayaruka yanyu ahantu hose muba. 32 Ni isabato y’akaruhuko kuzuye kuri mwebwe+, kandi mutegerezwa kwibabaza+ ku musi ugira icenda wa nya kwezi ku mugoroba. Kuva ku mugoroba gushika ku wundi mugoroba, mukwiye kwubahiriza isabato yanyu.”

33 Yehova yongera kubwira Musa ati: 34 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Ku musi ugira cumi na gatanu w’ukwo kwezi kugira indwi hazoba umusi mukuru w’insago kuri Yehova, mu kiringo c’imisi indwi+. 35 Ku musi wa mbere hazoba ihwaniro ryeranda. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora. 36 Imisi indwi mukwiye gushikiriza ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Ku musi ugira umunani muzogira ihwaniro ryeranda+, kandi muze mushikirize ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Ni ikoraniro ry’agakūra. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora.

37 “‘Iyo ni yo misi mikuru y’ibiringo+ ya Yehova mukwiye gutangaza bwa mahwaniro meranda+, ku bwo gushikiriza ishikanwa rishikanishwa umuriro+ rihabwa Yehova: ishikanwa riturirwa+ be n’ishikanwa ry’intete+ ry’ikimazi n’amashikanwa y’ikinyobwa+ nk’uko urutonde rwa buri musi ruri, 38 uretse amasabato ya Yehova+, ingabirano zanyu+, amashikanwa yanyu yose y’indagano+, be n’amashikanwa yanyu yose atangwa ku bushake+, bimwe mukwiye guha Yehova. 39 Ariko ku musi ugira cumi na gatanu wa nya kwezi kugira indwi, igihe muzoba mwegeranije umwimbu w’igihugu, mukwiye guhimbaza umusi mukuru+ wa Yehova imisi indwi+. Ku musi wa mbere ni akaruhuko kuzuye, no ku musi ugira umunani ni akaruhuko kuzuye+. 40 Kandi ku musi wa mbere muze mutore ivyamwa vy’ibiti vyizavyiza, ibibabi vy’ibigazi+, n’amashami y’ibiti bisagaraye, n’ibiti vy’imyarava vyo mu mwonga, kandi muze munezerwe+ imbere ya Yehova Imana yanyu imisi indwi. 41 Kandi mutegerezwa kuwuhimbaza bwa musi mukuru wa Yehova imisi indwi mu mwaka+. Mukwiye kuwuhimbaza mu kwezi kugira indwi, kibe icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu. 42 Mu nsago ni ho mukwiye kuba imisi indwi+. Imvukira zose muri Isirayeli zikwiye kuba mu nsago+, 43 kugira amayaruka yanyu amenye+ ko mu nsago ari ho natumye bene Isirayeli baba igihe nabakura mu gihugu ca Misiri+. Ndi Yehova Imana yanyu.’”

44 Nuko Musa abwira bene Isirayeli ivya nya misi mikuru y’ibiringo+ ya Yehova.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika