ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

2 Abami 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:1; 7:1; Hs 1:1; Mik 1:1; Mt 1:9

2 Abami 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:1

2 Abami 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 12:28; 16:33; 21:26; 2Bm 8:18; 2Ng 28:2
  • +Lw 20:2; Gus 18:10; 2Bm 23:10; 2Ng 28:3; 33:6; Zb 106:37; Yes 57:5; Yr 7:31; Ezk 16:20; 23:37
  • +Gus 12:31; Zb 106:35; Ezk 16:47

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/1997, rup. 13-14

2 Abami 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 33:52
  • +1Bm 14:23; Yr 17:2
  • +Gus 12:2

2 Abami 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 15:37
  • +2Ng 28:6
  • +2Ng 28:5

2 Abami 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 14:22

2 Abami 16:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 15:29
  • +1Bm 20:4
  • +Zb 146:3; Yr 17:5; Int 4:17

2 Abami 16:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 15:18; 2Bm 14:14; 2Ng 16:2
  • +2Ng 19:7

2 Abami 16:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 8:6; 2Bm 14:28; 2Ng 28:5; Yes 7:6
  • +Am 1:5
  • +Yes 22:6; Am 9:7
  • +Yes 7:1; 9:11

2 Abami 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 16:7
  • +2Bm 15:29
  • +Gus 12:30; 2Ng 28:23; Yr 10:2
  • +Zb 106:39

2 Abami 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:2
  • +Yr 23:11; Ezk 22:26

2 Abami 16:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 26:16; 28:25
  • +Gh 18:4, 7

2 Abami 16:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:2
  • +Lw 1:3
  • +Lw 2:1; 1Ng 23:29
  • +Lw 23:13

2 Abami 16:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 28:12; 2Ng 4:1
  • +1Bm 6:1

2 Abami 16:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:2
  • +Kv 29:39; Gh 28:2; 2Ng 28:23
  • +Gh 28:4
  • +Lw 4:22; 22:21; 2Ng 7:4; 29:21

2 Abami 16:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:2
  • +2Bm 16:11

2 Abami 16:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:24; 29:19
  • +1Bm 7:28
  • +1Bm 7:27
  • +1Bm 7:38; 2Ng 4:6; Yr 52:20
  • +1Bm 7:23; 2Bm 25:13
  • +1Bm 7:25; Yr 52:20

2 Abami 16:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 14:29; 2Ng 28:26

2 Abami 16:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 28:27
  • +2Bm 18:1; 1Ng 3:13; 2Ng 29:1; Yes 1:1; Hs 1:1; Mt 1:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

2 Abm. 16:1Yes 1:1; 7:1; Hs 1:1; Mik 1:1; Mt 1:9
2 Abm. 16:22Ng 28:1
2 Abm. 16:31Bm 12:28; 16:33; 21:26; 2Bm 8:18; 2Ng 28:2
2 Abm. 16:3Lw 20:2; Gus 18:10; 2Bm 23:10; 2Ng 28:3; 33:6; Zb 106:37; Yes 57:5; Yr 7:31; Ezk 16:20; 23:37
2 Abm. 16:3Gus 12:31; Zb 106:35; Ezk 16:47
2 Abm. 16:4Gh 33:52
2 Abm. 16:41Bm 14:23; Yr 17:2
2 Abm. 16:4Gus 12:2
2 Abm. 16:52Bm 15:37
2 Abm. 16:52Ng 28:6
2 Abm. 16:52Ng 28:5
2 Abm. 16:62Bm 14:22
2 Abm. 16:72Bm 15:29
2 Abm. 16:71Bm 20:4
2 Abm. 16:7Zb 146:3; Yr 17:5; Int 4:17
2 Abm. 16:81Bm 15:18; 2Bm 14:14; 2Ng 16:2
2 Abm. 16:82Ng 19:7
2 Abm. 16:92Sm 8:6; 2Bm 14:28; 2Ng 28:5; Yes 7:6
2 Abm. 16:9Am 1:5
2 Abm. 16:9Yes 22:6; Am 9:7
2 Abm. 16:9Yes 7:1; 9:11
2 Abm. 16:102Bm 16:7
2 Abm. 16:102Bm 15:29
2 Abm. 16:10Gus 12:30; 2Ng 28:23; Yr 10:2
2 Abm. 16:10Zb 106:39
2 Abm. 16:11Yes 8:2
2 Abm. 16:11Yr 23:11; Ezk 22:26
2 Abm. 16:122Ng 26:16; 28:25
2 Abm. 16:12Gh 18:4, 7
2 Abm. 16:13Lw 2:2
2 Abm. 16:13Lw 1:3
2 Abm. 16:13Lw 2:1; 1Ng 23:29
2 Abm. 16:13Lw 23:13
2 Abm. 16:141Ng 28:12; 2Ng 4:1
2 Abm. 16:141Bm 6:1
2 Abm. 16:15Yes 8:2
2 Abm. 16:15Kv 29:39; Gh 28:2; 2Ng 28:23
2 Abm. 16:15Gh 28:4
2 Abm. 16:15Lw 4:22; 22:21; 2Ng 7:4; 29:21
2 Abm. 16:16Yes 8:2
2 Abm. 16:162Bm 16:11
2 Abm. 16:172Ng 28:24; 29:19
2 Abm. 16:171Bm 7:28
2 Abm. 16:171Bm 7:27
2 Abm. 16:171Bm 7:38; 2Ng 4:6; Yr 52:20
2 Abm. 16:171Bm 7:23; 2Bm 25:13
2 Abm. 16:171Bm 7:25; Yr 52:20
2 Abm. 16:191Bm 14:29; 2Ng 28:26
2 Abm. 16:202Ng 28:27
2 Abm. 16:202Bm 18:1; 1Ng 3:13; 2Ng 29:1; Yes 1:1; Hs 1:1; Mt 1:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
2 Abami 16:1-20

2 Abami

16 Mu mwaka ugira cumi n’indwi wa Peka mwene Remaliya, Ahazi+ mwene Yotamu umwami wa Yuda aba umwami. 2 Ahazi yari afise imyaka mirongo ibiri igihe yatangura kuganza, maze amara imyaka cumi n’itandatu aganza i Yeruzalemu; ntiyakora ivyari bigororotse mu maso ya Yehova Imana yiwe nka Dawidi sekuruza+. 3 Abandanya kugendera mu nzira y’abami ba Isirayeli+, mbere n’umuhungu wiwe amucisha mu muriro+, yisunze ibintu biteye ishishi+ vy’amahanga Yehova yari yarirukanye kubera bene Isirayeli. 4 Aguma ashikana ibimazi yongera afumbishiriza umwotsi w’ibimazi ku bibanza bikirurutse+ no ku mirambi+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+.

5 Ico gihe ni ho Rezini+ umwami wa Siriya na Peka+ mwene Remaliya umwami wa Isirayeli batangura kuduga gutera Yeruzalemu mu ntambara maze basugereza Ahazi, mugabo ntibashobora kurwana+. 6 Ico gihe, Rezini umwami wa Siriya asubiza Elati+ kuri Edomu, hanyuma yirukana Abayuda i Elati; Abanyedomu na bo binjira i Elati maze babandanya kubayo gushika n’uyu musi. 7 Nuko Ahazi atuma intumwa kuri Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri ati: “Ndi umusuku wawe+ n’umuhungu wawe. Duga unkize+ mu kiganza c’umwami wa Siriya no mu kiganza c’umwami wa Isirayeli, abampagurukiye.” 8 Ahazi atora rero ifeza n’inzahabu vyari mu nzu ya Yehova no mu matunga y’inzu y’umwami+ araheza arungikira umwami wa Ashuri igiturire+. 9 Nuko umwami wa Ashuri aramwumviriza maze aduga i Damasiko+, arahafata+ hanyuma abantu baho abajana mu bunyagano i Kiri+, Rezini+ na we aramwica.

10 Maze Umwami Ahazi+ aja guhura na Tigulati-pileseri+ umwami wa Ashuri i Damasiko, hanyuma abona igicaniro+ cari i Damasiko. Umwami Ahazi arungikira rero Uriya umuherezi umugero wa nya gicaniro n’icitegererezo caco ku bijanye n’ukuntu gihinguwe kwose+. 11 Nuko Uriya+ umuherezi yubaka ico gicaniro+. Uriya umuherezi agikora yisunze ivyo Umwami Ahazi yari yarungitse ari i Damasiko vyose, mu kurindira ko Umwami Ahazi ashika avuye i Damasiko. 12 Umwami ashitse avuye i Damasiko, abona nya gicaniro; yegera rero ico gicaniro+ maze ashikana amashikanwa kuri co+. 13 Abandanya gufumbishiriza+ kuri ico gicaniro ishikanwa riturirwa ryiwe+ n’ishikanwa ry’intete ryiwe+, no kugisukako ishikanwa ry’ikinyobwa ryiwe+, no kukimijagirako amaraso y’ibimazi vyiwe vy’ugusangira. 14 Ca gicaniro c’umujumpu+ cari imbere ya Yehova acegeza hafi agikuye imbere y’inzu, agikuye hagati y’igicaniro ciwe n’inzu ya Yehova+, araheza agishira ku ruhande rwo mu buraruko rw’igicaniro ciwe. 15 Hanyuma Umwami Ahazi aramutegeka, egome ategeka Uriya+ umuherezi, ati: “Kuri ico gicaniro kinini abe ari ho uzohora ufumbishiriza ishikanwa riturirwa ryo mu gitondo+, be n’ishikanwa ry’intete ryo ku mugoroba+, n’ishikanwa riturirwa ry’umwami+, n’ishikanwa ry’intete ryiwe, n’ishikanwa riturirwa ry’abanyagihugu bose, n’ishikanwa ry’intete ryabo, n’amashikanwa y’ikinyobwa yabo; amaraso yose y’ishikanwa riturirwa n’amaraso yose y’ikimazi na yo, uzohore uyamijagira kuri co. Nayo ico gicaniro c’umujumpu, kizoba ikintu nzobwirizwa kwitwararika.” 16 Nuko Uriya+ umuherezi akora yisunze ivyo Umwami Ahazi yari yamutegetse vyose+.

17 Vyongeye, Umwami Ahazi akatagura+ impande zo mu mbavu+ za ya mashareti+ yongera ayakurako ya mabesani+; ca kiyaga+ na co aracururutsa agikuye kuri ya mashūri y’umujumpu+ yari munsi yaco, maze agishira ahashashe amabuye. 18 Ha hantu hasakaye hari harubakiwe isabato muri iyo nzu, be n’urwinjiriro rw’umwami rw’inyuma, abikura mu nzu ya Yehova kubera umwami wa Ashuri.

19 Nayo ibisigaye mu vya Ahazi, ivyo yakoze, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Yuda? 20 Amaherezo Ahazi aryama hamwe na ba sekuruza hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza biwe mu Gisagara ca Dawidi+; nuko Hezekiya+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika