ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 28
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 28:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 16:18; Yes 2:12; Ezk 28:5
  • +Dn 11:36; 1Kr 8:5
  • +Yes 14:13; 2Ts 2:4
  • +Ezk 27:4
  • +Zb 144:3
  • +Yes 31:3

Ezekiyeli 28:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 2:48
  • +Zk 9:2

Ezekiyeli 28:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 8:17; Img 23:4; Zk 9:3

Ezekiyeli 28:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zk 9:2
  • +Ezk 26:12; 28:18
  • +Yes 23:3; Ezk 27:12
  • +Img 11:28; 18:11

Ezekiyeli 28:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 14:11

Ezekiyeli 28:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 30:11
  • +Gus 28:50
  • +Yes 23:9

Ezekiyeli 28:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 17:16
  • +Ezk 27:26

Ezekiyeli 28:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 82:7
  • +Yes 31:3

Ezekiyeli 28:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 9:26

Ezekiyeli 28:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:17
  • +Img 21:30; Yes 10:13; Yr 9:23; Ezk 28:3; Zk 9:2
  • +Ezk 27:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2005, rup. 23-24

Ezekiyeli 28:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 31:8
  • +It 2:12
  • +Ezk 27:16

Ezekiyeli 28:14

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 14:13

Ezekiyeli 28:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 5:1
  • +Yw 3:4; Am 1:9

Ezekiyeli 28:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:11; 2Ng 9:21; Ezk 27:12; Yw 3:5
  • +Yw 3:6
  • +Yes 23:9; Yr 25:17, 22; 47:4; Yw 3:8

Ezekiyeli 28:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:2; 16:18; Ezk 27:3
  • +Yes 14:14; Yr 8:9
  • +Yb 40:11; Zb 73:18; 147:6; Yes 14:15
  • +Ezk 26:3

Ezekiyeli 28:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 28:2
  • +Ezk 28:16
  • +Am 1:10
  • +Mal 4:3

Ezekiyeli 28:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 27:35
  • +Ezk 26:21; 27:36

Ezekiyeli 28:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 23:4; Yr 25:22; Ezk 32:30

Ezekiyeli 28:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 26:3
  • +Kv 9:16; Ezk 39:13
  • +Zb 9:16
  • +Ezk 20:41; 36:23; 38:23

Ezekiyeli 28:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 38:22
  • +Yr 25:33
  • +Ezk 26:6

Ezekiyeli 28:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 33:55; Yos 23:13

Ezekiyeli 28:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 30:3; Zb 106:47; Yes 11:12; Yr 30:18; Hs 1:11
  • +Yes 5:16
  • +Yr 23:8; Ezk 36:28
  • +It 28:13

Ezekiyeli 28:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:6; Hs 2:18
  • +Yes 65:21; Yr 31:4
  • +Yr 31:5; Ezk 36:36; Am 9:14
  • +Yes 32:18; Ezk 38:11
  • +Yr 30:16

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 28:2Img 16:18; Yes 2:12; Ezk 28:5
Ezk. 28:2Dn 11:36; 1Kr 8:5
Ezk. 28:2Yes 14:13; 2Ts 2:4
Ezk. 28:2Ezk 27:4
Ezk. 28:2Zb 144:3
Ezk. 28:2Yes 31:3
Ezk. 28:3Dn 2:48
Ezk. 28:3Zk 9:2
Ezk. 28:4Gus 8:17; Img 23:4; Zk 9:3
Ezk. 28:5Zk 9:2
Ezk. 28:5Ezk 26:12; 28:18
Ezk. 28:5Yes 23:3; Ezk 27:12
Ezk. 28:5Img 11:28; 18:11
Ezk. 28:6Lk 14:11
Ezk. 28:7Ezk 30:11
Ezk. 28:7Gus 28:50
Ezk. 28:7Yes 23:9
Ezk. 28:8Yb 17:16
Ezk. 28:8Ezk 27:26
Ezk. 28:9Zb 82:7
Ezk. 28:9Yes 31:3
Ezk. 28:10Yr 9:26
Ezk. 28:12Ezk 26:17
Ezk. 28:12Img 21:30; Yes 10:13; Yr 9:23; Ezk 28:3; Zk 9:2
Ezk. 28:12Ezk 27:3
Ezk. 28:13Ezk 31:8
Ezk. 28:13It 2:12
Ezk. 28:13Ezk 27:16
Ezk. 28:14Yes 14:13
Ezk. 28:151Bm 5:1
Ezk. 28:15Yw 3:4; Am 1:9
Ezk. 28:161Bm 10:11; 2Ng 9:21; Ezk 27:12; Yw 3:5
Ezk. 28:16Yw 3:6
Ezk. 28:16Yes 23:9; Yr 25:17, 22; 47:4; Yw 3:8
Ezk. 28:17Img 11:2; 16:18; Ezk 27:3
Ezk. 28:17Yes 14:14; Yr 8:9
Ezk. 28:17Yb 40:11; Zb 73:18; 147:6; Yes 14:15
Ezk. 28:17Ezk 26:3
Ezk. 28:18Ezk 28:2
Ezk. 28:18Ezk 28:16
Ezk. 28:18Am 1:10
Ezk. 28:18Mal 4:3
Ezk. 28:19Ezk 27:35
Ezk. 28:19Ezk 26:21; 27:36
Ezk. 28:21Yes 23:4; Yr 25:22; Ezk 32:30
Ezk. 28:22Ezk 26:3
Ezk. 28:22Kv 9:16; Ezk 39:13
Ezk. 28:22Zb 9:16
Ezk. 28:22Ezk 20:41; 36:23; 38:23
Ezk. 28:23Ezk 38:22
Ezk. 28:23Yr 25:33
Ezk. 28:23Ezk 26:6
Ezk. 28:24Gh 33:55; Yos 23:13
Ezk. 28:25Gus 30:3; Zb 106:47; Yes 11:12; Yr 30:18; Hs 1:11
Ezk. 28:25Yes 5:16
Ezk. 28:25Yr 23:8; Ezk 36:28
Ezk. 28:25It 28:13
Ezk. 28:26Yr 23:6; Hs 2:18
Ezk. 28:26Yes 65:21; Yr 31:4
Ezk. 28:26Yr 31:5; Ezk 36:36; Am 9:14
Ezk. 28:26Yes 32:18; Ezk 38:11
Ezk. 28:26Yr 30:16
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 28:1-26

Ezekiyeli

28 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, bwira indongozi ya Tiro uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze:

“‘“Ko umutima wawe wacitse uwibona+, kandi ukaguma uvuga ngo: ‘Ndi imana+. Niyicariye mu cicaro c’imana+, mu nda y’igezi ry’ikiyaga+,’ kandi uri umuntu yakuwe mw’ivu+, utari imana+, kandi umutima wawe ukaguma uwugira nk’umutima w’imana . . . 3 aho rero ngo urusha Daniyeli ubukerebutsi+! Ngo nta mabanga ariho ahwanye nawe+! 4 Biciye ku bukerebutsi bwawe no ku gutahura kwawe, wironkeje ubutunzi, kandi uguma uronka inzahabu n’ifeza mu bigega vyawe+. 5 Biciye ku bukerebutsi bwawe bwinshi+, ku bidandazwa vyawe+, wagwije ubutunzi bwawe+, umutima wawe uca utangura kwibona kubera nya butunzi bwawe+.”’

6 “‘Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ko umutima wawe uwugira nk’umutima w’imana+, 7 ngira rero ndakuzaneko ab’ahandi+, intwazamukazo z’amahanga+; emwe, bazosokora inkota zabo barwanye ubwiza bw’ubukerebutsi bwawe, bahumanye ubwiza bwawe bwakaka buca ibibatsi+. 8 Bazokumanukana mu cobo+, kandi uzopfa urupfu rw’uwugandaguriwe mu nda y’igezi ry’ikiyaga+. 9 Mbega vy’ukuri uzovuga ngo ‘Ndi imana’ imbere y’uwukwica+, kandi uri umuntu buntu yakuwe mw’ivu, utari imana+, mu kuboko kw’abaguhumanya?”’

10 “‘Urupfu rw’abatagenyerewe ni rwo uzopfa biciye ku kuboko kw’ab’ahandi+, kuko jewe navuze,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

11 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 12 “Mwana w’umuntu, ririmba akaririmbo k’intimba ku vyerekeye umwami wa Tiro+, umubwire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze:

“‘“Ushira ikidodo ku citegererezo c’ukutagira akanenge, ukaba wuzuye ubukerebutsi+ kandi utagira akanenge mu bwiza+. 13 Wari muri Edeni, wa murima w’Imana+. Wari wisakaye ibuye ryose ry’agaciro: ibuye ry’umutuku, topazi na yasipi; kirisolito, onigisi+ na yade; safiro, turukwazi+ na emerode; utwicariro be n’utunogo vyawe vy’udutāko muri wewe, vyari bikozwe mu nzahabu. Vyateguwe ku musi waremeweko. 14 Uri umukerubi apfuka yarobanujwe amavuta*, kandi ni je nagushizeho. Wari ku musozi mweranda w’Imana+. Wagendagendera hagati y’amabuye y’umuriro. 15 Nta mahinyu wagize mu nzira zawe kuva ku musi waremeweko+, gushika ibitagororotse bibonetse muri wewe+.

16 “‘“Kubera ubwinshi bw’ibidandazwa vyawe+, bujuje ubukazi hagati muri wewe, uca utangura gucumura+. Nanje nzogukura ku musozi w’Imana nk’igihumane, ndakurandure+, ewe mukerubi upfuka, uve hagati y’amabuye y’umuriro.

17 “‘“Umutima wawe wacitse uwibona kubera ubwiza bwawe+. Wononye ubukerebutsi bwawe kubera ubwiza bwawe bwakaka buca ibibatsi+. Nzogushiburira kw’isi+. Nzogushira imbere y’abami ngo bakwitegereze+.

18 “‘“Bivuye ku bwinshi bw’amakosa yawe+, kubera akarenganyo k’ibidandazwa vyawe+, warahumanije ibibanza vyawe vyeranda. Nzozana umuriro ndawukuye hagati muri wewe. Emwe, ni wo uzokurigata+. Nzokugira iminyota kw’isi, mu maso y’abakubona bose+. 19 Nayo abakuzi bose mu bisata vy’abantu, ntibazobura kukuraba bumiwe+. Uzohinduka ibica ivutu bukwi na bukwi, kandi ntuzokwongera kubaho, gushika igihe kitagira urugero+.”’”

20 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 21 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe i Sidoni+, uvuge ubuhanuzi bwo kuhagiriza. 22 Uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, ewe Sidoni, ninahazwe koko hagati muri wewe+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashitsa imanza+ muri we, nkezwa vy’ukuri muri we+. 23 Nzomurungikamwo ikiza, ndungike n’amaraso mu mabarabara yiwe+. Kandi uwugandaguwe azogwa hagati muri we agwishijwe n’inkota izomutera impande zose+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova+. 24 Inzu ya Isirayeli ntizokwongera kugira igihanda c’ikigesera+ canke ihwa ribabaza biva mu bo hirya no hino bose, ababagaya; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Umukama Segaba Yehova.”’

25 “‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Ninakoraniriza hamwe inzu ya Isirayeli ndayikuye mu bisata basanzarijwemwo+, nzoca nezwa vy’ukuri hagati muri bo mu maso y’amahanga+. Bazokwibera koko ku butaka bwabo+ nahaye umusavyi wanje, egome, ubwo nahaye Yakobo+. 26 Emwe, bazobwiberako mu mutekano+, bubake amazu+, batere imirima y’imizabibu+, kandi bazokwibera koko mu mutekano+ ninashitsa imanza zanje kuri abo bose babagaya bo hirya no hino yabo+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova Imana yabo.”’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika