ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 23
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 23:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 80:1; Yr 23:3; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
  • +Zb 34:9; 84:11; Mt 6:33; Fp 4:19; Heb 13:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    1/2022, rup. 3-4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2011, rup. 31

    1/6/2009, rup. 29

    1/11/2005, rup. 16-17

Zaburi 23:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 34:14; Mt 4:4
  • +Yb 34:29; Ezk 34:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 17-18

    15/9/2002, rup. 32

Zaburi 23:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 19:7; 51:12
  • +Zb 5:8; 31:3; Img 8:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2011, rup. 24

    1/11/2005, rup. 17-18

Zaburi 23:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 10:21; 38:17; Zb 44:19; Mt 4:16; Lk 1:79
  • +Zb 3:6; 27:1; Yes 41:10
  • +Yes 43:2; Rm 8:31
  • +Mik 7:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 18-19

Zaburi 23:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 22:26; 31:19
  • +Zb 92:10; Lk 7:46; Yak 5:14
  • +Zb 16:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 20

Zaburi 23:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 103:17; Ef 5:9
  • +Zb 15:1; 27:4; 65:4; 84:4; 122:1; Lk 2:37; Ivh 21:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2005, rup. 20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 23:1Zb 80:1; Yr 23:3; Ezk 34:12; 1Pt 2:25
Zab. 23:1Zb 34:9; 84:11; Mt 6:33; Fp 4:19; Heb 13:5
Zab. 23:2Ezk 34:14; Mt 4:4
Zab. 23:2Yb 34:29; Ezk 34:13
Zab. 23:3Zb 19:7; 51:12
Zab. 23:3Zb 5:8; 31:3; Img 8:20
Zab. 23:4Yb 10:21; 38:17; Zb 44:19; Mt 4:16; Lk 1:79
Zab. 23:4Zb 3:6; 27:1; Yes 41:10
Zab. 23:4Yes 43:2; Rm 8:31
Zab. 23:4Mik 7:14
Zab. 23:5Zb 22:26; 31:19
Zab. 23:5Zb 92:10; Lk 7:46; Yak 5:14
Zab. 23:5Zb 16:5
Zab. 23:6Zb 103:17; Ef 5:9
Zab. 23:6Zb 15:1; 27:4; 65:4; 84:4; 122:1; Lk 2:37; Ivh 21:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 23:1-6

Zaburi

Agahibongozo ka Dawidi.

23 Yehova ni Umwungere wanje+.

Nta co nzobura+.

 2 Amvyagiza mu maragiriro yuzuye ubwatsi+;

Anjana iruhande y’ahantu h’ukuruhukira havomerewe neza+.

 3 Aranduhurira+.

Anyobora mu mihora y’ubugororotsi ku bw’izina ryiwe+.

 4 Naho nogendera mu mubande w’igitutu kizitanye+,

Nta kintu kibi na kimwe ntinya+,

Kuko uri kumwe nanje+;

Inkoni yawe n’ikibando cawe ni vyo bimpoza+.

 5 Utunganya imeza imbere yanje, imbere y’abanyanka+.

Wasize amavuta umutwe wanje+;

Igikombe canje kirujujwe neza+.

 6 Ni ukuri, ineza be n’ubuntu bwuzuye urukundo ubwavyo bizonkurikirana imisi yose y’ubuzima bwanje+;

Kandi nzokwibera mu nzu ya Yehova imisi yanje yose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika