ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 26
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Gusubira mu vyagezwe 26:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:1; 18:9

Gusubira mu vyagezwe 26:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 23:19; Lw 23:10; Gh 18:12; 2Ng 31:5; Neh 10:35; Img 3:9
  • +Gus 12:5; 2Ng 6:6

Gusubira mu vyagezwe 26:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 18:28
  • +It 17:8; 26:3; Zb 105:11; Heb 6:13

Gusubira mu vyagezwe 26:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:5; 31:41, 42; Hs 12:12
  • +It 46:3; Ivk 7:15
  • +It 46:27; Gus 7:7
  • +Kv 1:7; Gus 10:22; Zb 105:24

Gusubira mu vyagezwe 26:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 1:11; Gus 4:20

Gusubira mu vyagezwe 26:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:9; Zb 116:1
  • +Zb 102:20; Yes 59:1; 1Yh 5:15
  • +Kv 4:31; Ivk 7:34

Gusubira mu vyagezwe 26:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 13:3; Gus 6:21
  • +Kv 6:6; Gus 4:34
  • +Kv 15:16; Yr 32:21
  • +Kv 7:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2015, rup. 4-5

Gusubira mu vyagezwe 26:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 3:8; Gus 8:8; Ezk 20:6

Gusubira mu vyagezwe 26:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 26:2
  • +Zb 95:6

Gusubira mu vyagezwe 26:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:7; Zb 32:11; 63:5; 68:3; Fp 4:4
  • +Gus 16:14

Gusubira mu vyagezwe 26:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:6; 14:22
  • +Gus 14:28
  • +Gus 14:29; Img 14:21; 1Yh 3:17

Gusubira mu vyagezwe 26:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:27
  • +Zb 119:141; Img 3:1; Ivk 24:16

Gusubira mu vyagezwe 26:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 102:19; Yes 40:22; 63:15
  • +Kv 23:25; Zb 28:9; 115:12
  • +It 15:18; 26:3; Heb 6:13
  • +Gus 8:8

Gusubira mu vyagezwe 26:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:1; 6:1; 11:1
  • +Gus 6:6; Zb 78:7; 119:34; 1Yh 5:3
  • +Gus 13:3

Gusubira mu vyagezwe 26:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 10:11; 26:46; Zb 119:5
  • +Gus 13:18; Ums 12:13
  • +Lw 19:37; Zb 19:9
  • +Gus 15:5

Gusubira mu vyagezwe 26:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Gus 14:2; Zb 135:4
  • +Gus 29:13

Gusubira mu vyagezwe 26:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:8; 28:1; Zb 148:14
  • +Gus 7:6; 28:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Gus. 26:1Gus 6:1; 18:9
Gus. 26:2Kv 23:19; Lw 23:10; Gh 18:12; 2Ng 31:5; Neh 10:35; Img 3:9
Gus. 26:2Gus 12:5; 2Ng 6:6
Gus. 26:3Gh 18:28
Gus. 26:3It 17:8; 26:3; Zb 105:11; Heb 6:13
Gus. 26:5It 28:5; 31:41, 42; Hs 12:12
Gus. 26:5It 46:3; Ivk 7:15
Gus. 26:5It 46:27; Gus 7:7
Gus. 26:5Kv 1:7; Gus 10:22; Zb 105:24
Gus. 26:6Kv 1:11; Gus 4:20
Gus. 26:7Kv 3:9; Zb 116:1
Gus. 26:7Zb 102:20; Yes 59:1; 1Yh 5:15
Gus. 26:7Kv 4:31; Ivk 7:34
Gus. 26:8Kv 13:3; Gus 6:21
Gus. 26:8Kv 6:6; Gus 4:34
Gus. 26:8Kv 15:16; Yr 32:21
Gus. 26:8Kv 7:3
Gus. 26:9Kv 3:8; Gus 8:8; Ezk 20:6
Gus. 26:10Gus 26:2
Gus. 26:10Zb 95:6
Gus. 26:11Gus 12:7; Zb 32:11; 63:5; 68:3; Fp 4:4
Gus. 26:11Gus 16:14
Gus. 26:12Gus 12:6; 14:22
Gus. 26:12Gus 14:28
Gus. 26:12Gus 14:29; Img 14:21; 1Yh 3:17
Gus. 26:13Yak 1:27
Gus. 26:13Zb 119:141; Img 3:1; Ivk 24:16
Gus. 26:15Zb 102:19; Yes 40:22; 63:15
Gus. 26:15Kv 23:25; Zb 28:9; 115:12
Gus. 26:15It 15:18; 26:3; Heb 6:13
Gus. 26:15Gus 8:8
Gus. 26:16Gus 4:1; 6:1; 11:1
Gus. 26:16Gus 6:6; Zb 78:7; 119:34; 1Yh 5:3
Gus. 26:16Gus 13:3
Gus. 26:17Lw 10:11; 26:46; Zb 119:5
Gus. 26:17Gus 13:18; Ums 12:13
Gus. 26:17Lw 19:37; Zb 19:9
Gus. 26:17Gus 15:5
Gus. 26:18Kv 19:5; Gus 14:2; Zb 135:4
Gus. 26:18Gus 29:13
Gus. 26:19Gus 4:8; 28:1; Zb 148:14
Gus. 26:19Gus 7:6; 28:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
Bibiliya y’isi nshasha
Gusubira mu vyagezwe 26:1-19

Gusubira mu vyagezwe

26 “Niwateba ukinjira mu gihugu Yehova Imana yawe agira aguhe bwa ntoranwa, umaze kucigarurira ukakibamwo+, 2 uze utore bikeyi ku mushuzo+ w’ivyamwa vyose vy’ubutaka, ivyo uzokwimbura mu gihugu cawe Yehova Imana yawe agira aguhe, uheze ubishire mu gisimbo hanyuma uje ahantu Yehova Imana yawe azotora ngo atume izina ryiwe ari ho riba+. 3 Uzoze ku muherezi+ azoba akora muri iyo misi, umubwire uti: ‘Ndamenyesheje uno musi Yehova Imana yawe yuko ninjiye mu gihugu Yehova yarahiye ba sogokuruza ko azokiduha+.’

4 “Umuherezi na we aze yakire nya gisimbo mu kuboko kwawe, agitereke imbere y’igicaniro ca Yehova Imana yawe. 5 Nawe uze wishure, uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Dawe yari Umusiriya+ ari ku mpfiro; maze amanuka mu Misiri+, abayo ari kavamahanga ari kumwe n’abantu b’imparurwa+; mugabo hiyo yacitse ihanga rihambaye, rikomeye kandi ry’abantu benshi+. 6 Maze Abanyamisiri batangura kudufata nabi no kuducumukuza no kuturemereza ubushumba buruhije+. 7 Nuko dutangura kuririra Yehova Imana ya ba sogokuruza+, Yehova na we yumva ijwi ryacu+ araheza araba amarushwa yacu n’ivyago vyacu n’agahahazo turimwo+. 8 Amaherezo Yehova adukuza mu Misiri ikiganza gikomeye+, n’ukuboko kuramvuye+, n’ububasha bukomeye kandi buteye ubwoba+, n’ibimenyetso be n’ibitangaro+. 9 Maze atuzana aha hantu aduha iki gihugu, igihugu gitemba amata n’ubuki+. 10 None ehe nzanye umushuzo w’ivyamwa vy’ubutaka Yehova yampaye+.’

“Utegerezwa rero kubitereka imbere ya Yehova Imana yawe, uheze wuname imbere ya Yehova Imana yawe+. 11 Kandi utegerezwa kunezererwa+ ivyiza vyose Yehova Imana yawe yaguhaye wewe n’urugo rwawe, n’Umulewi na kavamahanga ari hagati yawe+.

12 “Niwaheza kwegeranya ic’icumi+ cose c’umwimbu wawe mu mwaka ugira gatatu+, umwaka w’ic’icumi, uze rero ugihe Umulewi, kavamahanga, impfuvyi n’umupfakazi, na bo baze bakirire mu marembo yawe bahage+. 13 Maze uze uvugire imbere ya Yehova Imana yawe uti: ‘Nakuye mu nzu ivyeranda ndaheza ndabiha Umulewi na kavamahanga, impfuvyi n’umupfakazi+, nisunze ibwirizwa ryawe ryose wantegetse. Sinahonyanze amabwirizwa yawe, canke ngo ndayibagire+. 14 Sinabiriyeko ndi mu kigandaro, canke ngo nkureko na gatoyi mpumanye, canke ngo ntangeko na gatoyi ku bw’uwapfuye. Narumvirije ijwi rya Yehova Imana yanje. Nakoze nisunze ivyo wantegetse vyose. 15 Nurabe hasi uri aho uba heranda+, ari ho mu majuru, uhezagire igisata cawe Isirayeli+ n’ubutaka waduhaye, nk’uko warahiye ba sogokuruza bacu+, igihugu gitemba amata n’ubuki+.’

16 “Uyu musi Yehova Imana yawe agutegetse gushitsa izi ngingo nyobozi n’izi ngingo z’ubutungane+; kandi utegerezwa kuzubahiriza no kuzishitsa n’umutima wawe wose+ n’ubuzima bwawe bwose+. 17 Uno musi Yehova umuteye kuvuga ko azocika Imana yawe, niwagendera mu nzira ziwe, ukubahiriza ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe+ n’ingingo ziwe z’ubutungane+, ukongera ukumviriza ijwi ryiwe+. 18 Yehova na we uno musi aguteye kuvuga ko uzocika igisata ciwe, inyegu idasanzwe+, nk’uko yabigusezeraniye+, be n’uko uzokwubahiriza amabwirizwa yiwe yose, 19 kandi ko azogushira hejuru cane y’ayandi mahanga yose yaremye+, bivemwo ishemezo, izina ryiza n’ubwiza, niwerekana ko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+, nk’uko yasezeranye.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika