ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 7:16
  • +Ezk 6:3
  • +Ezk 12:19; 20:42

Ezekiyeli 21:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 5:8
  • +Lw 26:33; Ezk 14:17
  • +Yb 9:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 14

Ezekiyeli 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 7:2; 20:47

Ezekiyeli 21:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:24; 1Bm 9:7; Zb 9:16
  • +Yes 45:23; Yr 23:20; Nah 1:9

Ezekiyeli 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:23; Ezk 29:7
  • +Yes 22:4; Yr 4:19; Ezk 9:8

Ezekiyeli 21:7

Utujambo tw'epfo

  • *

     Ijambo ku rindi ni “akoroke.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 24:19
  • +2Bm 21:12
  • +Yr 6:22
  • +Yos 2:11; 5:1
  • +Ezk 7:17
  • +Ezk 7:12; 1Pt 4:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/1997, rup. 30

Ezekiyeli 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 66:16; Yr 12:12; Am 9:4
  • +Zb 7:12

Ezekiyeli 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:4
  • +Yes 5:14
  • +It 49:10
  • +2Sm 7:14
  • +Ezk 19:11

Ezekiyeli 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:9, 33; 51:20

Ezekiyeli 21:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 9:8; Mik 1:8
  • +Yr 25:2
  • +Ezk 19:1
  • +Yr 25:16
  • +Yr 31:19

Ezekiyeli 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 6:27
  • +2Bm 25:7; Ezk 19:14
  • +Yr 39:6; Ezk 21:26

Ezekiyeli 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 24:10; Ezk 6:11
  • +Lw 26:21
  • +2Bm 25:1, 2; Lk 19:43

Ezekiyeli 21:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 21:7
  • +Yr 17:27
  • +Ezk 21:10

Ezekiyeli 21:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 14:17

Ezekiyeli 21:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 22:13
  • +Gus 28:63; Yes 1:24; Ezk 16:42
  • +Ezk 5:13

Ezekiyeli 21:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:10
  • +Ezk 4:1; 5:1

Ezekiyeli 21:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 3:11; Yr 49:2; Ezk 25:5; Am 1:14
  • +2Sm 5:9; 2Ng 26:9; 32:5; 33:14; Zb 48:12; Int 4:12

Ezekiyeli 21:21

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 22:7; Gus 18:10
  • +Abc 18:14; 2Bm 23:24; Zk 10:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Be maso!,

    4/2011, rup. 11

Ezekiyeli 21:22

Utujambo tw'epfo

  • *

    Cari igikoresho c’intambara cakoreshwa mu gusenyura amarembo n’impome vy’igisagara.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:1; Ezk 4:2
  • +Yos 6:20; 1Sm 17:20
  • +Yr 32:24; 52:4; Ezk 4:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 14

Ezekiyeli 21:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 28:15
  • +2Ng 36:13; Ezk 17:13
  • +2Bm 24:20; Yb 34:11
  • +2Bm 25:6

Ezekiyeli 21:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:34
  • +Yr 15:2

Ezekiyeli 21:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:34
  • +2Ng 36:13; Yr 24:8; 52:2; Ezk 17:19
  • +Ezk 7:6

Ezekiyeli 21:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:6; Yr 13:18; 44:30; 52:11
  • +Ezk 21:13
  • +1Sm 2:7; Zb 75:7; 113:7; Dn 4:17; Fp 2:9
  • +Yr 24:8; Ezk 12:13; Dn 4:37; Lk 21:24

Ezekiyeli 21:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 20:23; Ezk 5:16
  • +It 49:10; Zb 89:3; 110:1; Yes 9:6; 11:10; Ezk 37:25; Lk 1:32; Rm 15:12; Ivh 5:5
  • +Zb 2:8; Dn 7:14; Lk 22:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/8/2007, rup. 11

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 59-60

Ezekiyeli 21:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 49:2

Ezekiyeli 21:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:24; 22:28
  • +Zb 37:13

Ezekiyeli 21:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 3:11

Ezekiyeli 21:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 22:22; 49:3
  • +Yr 4:7; Ezk 25:5

Ezekiyeli 21:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 49:2
  • +Yes 55:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 21:2Am 7:16
Ezk. 21:2Ezk 6:3
Ezk. 21:2Ezk 12:19; 20:42
Ezk. 21:3Ezk 5:8
Ezk. 21:3Lw 26:33; Ezk 14:17
Ezk. 21:3Yb 9:22
Ezk. 21:4Ezk 7:2; 20:47
Ezk. 21:5Gus 29:24; 1Bm 9:7; Zb 9:16
Ezk. 21:5Yes 45:23; Yr 23:20; Nah 1:9
Ezk. 21:6Zb 69:23; Ezk 29:7
Ezk. 21:6Yes 22:4; Yr 4:19; Ezk 9:8
Ezk. 21:7Ezk 24:19
Ezk. 21:72Bm 21:12
Ezk. 21:7Yr 6:22
Ezk. 21:7Yos 2:11; 5:1
Ezk. 21:7Ezk 7:17
Ezk. 21:7Ezk 7:12; 1Pt 4:7
Ezk. 21:9Yes 66:16; Yr 12:12; Am 9:4
Ezk. 21:9Zb 7:12
Ezk. 21:10Yr 46:4
Ezk. 21:10Yes 5:14
Ezk. 21:10It 49:10
Ezk. 21:102Sm 7:14
Ezk. 21:10Ezk 19:11
Ezk. 21:11Yr 25:9, 33; 51:20
Ezk. 21:12Ezk 9:8; Mik 1:8
Ezk. 21:12Yr 25:2
Ezk. 21:12Ezk 19:1
Ezk. 21:12Yr 25:16
Ezk. 21:12Yr 31:19
Ezk. 21:13Yr 6:27
Ezk. 21:132Bm 25:7; Ezk 19:14
Ezk. 21:13Yr 39:6; Ezk 21:26
Ezk. 21:14Gh 24:10; Ezk 6:11
Ezk. 21:14Lw 26:21
Ezk. 21:142Bm 25:1, 2; Lk 19:43
Ezk. 21:15Ezk 21:7
Ezk. 21:15Yr 17:27
Ezk. 21:15Ezk 21:10
Ezk. 21:16Ezk 14:17
Ezk. 21:17Ezk 22:13
Ezk. 21:17Gus 28:63; Yes 1:24; Ezk 16:42
Ezk. 21:17Ezk 5:13
Ezk. 21:19Yr 1:10
Ezk. 21:19Ezk 4:1; 5:1
Ezk. 21:20Gus 3:11; Yr 49:2; Ezk 25:5; Am 1:14
Ezk. 21:202Sm 5:9; 2Ng 26:9; 32:5; 33:14; Zb 48:12; Int 4:12
Ezk. 21:21Gh 22:7; Gus 18:10
Ezk. 21:21Abc 18:14; 2Bm 23:24; Zk 10:2
Ezk. 21:222Bm 25:1; Ezk 4:2
Ezk. 21:22Yos 6:20; 1Sm 17:20
Ezk. 21:22Yr 32:24; 52:4; Ezk 4:3
Ezk. 21:23Yes 28:15
Ezk. 21:232Ng 36:13; Ezk 17:13
Ezk. 21:232Bm 24:20; Yb 34:11
Ezk. 21:232Bm 25:6
Ezk. 21:24Yr 2:34
Ezk. 21:24Yr 15:2
Ezk. 21:251Bm 11:34
Ezk. 21:252Ng 36:13; Yr 24:8; 52:2; Ezk 17:19
Ezk. 21:25Ezk 7:6
Ezk. 21:262Bm 25:6; Yr 13:18; 44:30; 52:11
Ezk. 21:26Ezk 21:13
Ezk. 21:261Sm 2:7; Zb 75:7; 113:7; Dn 4:17; Fp 2:9
Ezk. 21:26Yr 24:8; Ezk 12:13; Dn 4:37; Lk 21:24
Ezk. 21:272Ng 20:23; Ezk 5:16
Ezk. 21:27It 49:10; Zb 89:3; 110:1; Yes 9:6; 11:10; Ezk 37:25; Lk 1:32; Rm 15:12; Ivh 5:5
Ezk. 21:27Zb 2:8; Dn 7:14; Lk 22:29
Ezk. 21:28Yr 49:2
Ezk. 21:29Ezk 12:24; 22:28
Ezk. 21:29Zb 37:13
Ezk. 21:30Gus 3:11
Ezk. 21:31Yr 22:22; 49:3
Ezk. 21:31Yr 4:7; Ezk 25:5
Ezk. 21:32Yr 49:2
Ezk. 21:32Yes 55:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 21:1-32

Ezekiyeli

21 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, erekeza mu maso hawe i Yeruzalemu, utonyangishe+ amajambo uyerekeza ku bibanza vyeranda+, uvuge ubuhanuzi bwagiriza ubutaka bwa Isirayeli+. 3 Ubwire ubutaka bwa Isirayeli uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ehe ngira nkurwanye+, kandi nzosokora inkota yanje mu rwubati+ rwayo, ndandure iwawe umugororotsi n’umubisha+. 4 Kugira ngo ndandure koko iwawe umugororotsi n’umubisha, ni co kizotuma inkota yanje iva mu rwubati rwayo irwanye ibiri n’umubiri vyose, kuva mu bumanuko gushika mu buraruko+. 5 Kandi ibiri n’umubiri vyose bizobwirizwa kumenya yuko jewe Yehova nasokoye inkota yanje mu rwubati+ rwayo. Ntizokwongera gusubirayo+.”’

6 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, nunihe unyiganza amafyinga+. Mbere unihe mu maso yabo uri n’umururazi+. 7 Kandi nibakubaza ngo ‘Unihishwa n’iki+?’, uze ubabwire uti: ‘Nihishwa n’inkuru+.’ Kuko itazobura kuza+, kandi umutima wose ntuzobura gushonga+, amaboko yose aregere*, umushaha wose ujonjogore, n’amavi yose atonyange amazi+. ‘Raba! Ntibizobura kuza+ bigashitswa,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.”

8 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 9 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi, ugire uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Vuga uti: ‘Inkota, inkota+! Yakarihijwe+, no gusenwa irasenywe. 10 Yakarihirijwe gutunganya ugusasika; yasenewe guca ibibatsi+.’”’”

“Canke twigine+?”

“‘Mbega iranse agakoni k’ubutware+ k’umwana wanje+, nk’uko ibigirira igiti cose+?

11 “‘Kandi iratangwa ngo isenwe, kugira ngo ikoreshwe n’ukuboko. Inkota, emwe, inkota yakarihijwe, kandi yasenywe, kugira ngo ishirwe mu kuboko kw’uwica+.

12 “‘Semerera wongere uboroge+, ewe mwana w’umuntu, kuko iyo nkota yaje kurwanya abantu banje+; irwanya abakuru ba Isirayeli bose+. Abaterewe ku nkota babaye kumwe n’abantu banje+. Ku bw’ivyo, niwikubite kw’itako+. 13 Kuko hagizwe isuzuma+; none bigende gute nimba iyo nkota yanse n’agakoni k’ubutware+? Ako ntikazobandanya kubaho+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

14 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi, ukubite ikiganza ku kindi+, kandi hasubirwemwo gatatu+ ngo ‘Inkota!’ Ni inkota y’abagandaguwe. Ni inkota y’uwagandaguwe ahambaye, iyiriko ibakikuza irya n’ino+. 15 Kugira ngo umutima ushonge+ no kugira ngo abatembagazwa ku marembo yose bagwizwe+, nzosasikisha inkota. Yoo, yakorewe guca ibibatsi, isenerwa gusasika+! 16 Erekana yuko ukarishe+; ja iburyo! Fata ikibanza; ja ibubamfu! Aho amaso yawe yerekejwe hose! 17 Nanje kandi nzokubita ikiganza ku kindi+, ntururuze+ ubushangashirwe bwanje+. Jewe Yehova, ndavuze.”

18 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 19 “Nayo wewe ga mwana w’umuntu, niwitunganirize inzira zibiri kugira ngo inkota y’umwami wa Babiloni yinjire+. Zompi zikwiye kuva mu gihugu kimwe, kandi ukwiye kubāza ikiranganzira+; gikwiye kubāzirwa ku mutwe w’inzira ija mu gisagara. 20 Ukwiye gutegura inzira kugira ngo inkota yinjire gutera i Raba+ ha bene Amoni, n’inzira yo gutera Yuda, yo gutera Yeruzalemu ikingijwe ibihome+. 21 Kuko umwami wa Babiloni yahagaze ku masanganzira, ku mutwe wa nya nzira zibiri, kugira ngo yikore ku buraguzi+. Yazungagije imyampi. Yasiguje biciye kuri terafimu*+; yaravye mu gitigu. 22 Mu kuryo kwiwe uburaguzi bwerekanye Yeruzalemu, ngo hashirweho impfizi z’intama z’indwano*+, ngo akanwa gateranurirwe ukugandagura, ngo haduzwe ijwi riba ikimenyetso c’ukugabisha+, ngo hashirweho impfizi z’intama z’indwano zo gutera amarembo, ngo haduzwe igikuta c’ugusugereza, ngo hubakwe uruhome rw’ugusugereza+. 23 Kandi kuri bo vyabaye nk’indagu y’ububeshi mu maso yabo+—ababarahiye indahiro+; kandi ariko yibukiriza ikosa+, kugira ngo bafatwe+.

24 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ko mwatumye ikosa ryanyu ryibukwa biciye ku gupfukurwa kw’ibigabitanyo vyanyu, kugira ngo ibicumuro vyanyu bibonwe nk’uko ivyo mukora vyose biri, ko mwibutswe+, muzofatishwa ukuboko+.’

25 “Nayo wewe ga muntu wakomerekejwe bimwe vyo gupfa, wewe mukuru+ wa Isirayeli w’umubisha+, umusi wawe ukaba washitse mu gihe c’ikosa ry’iherezo+, 26 ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ambura igitambara co mu mutwe, ukure urugori+. Ivyo ntibizoba cokimwe+. Shira hejuru ikiri hasi+, ushire hasi uwuri hejuru+. 27 Nzokigira umusaka, umusaka, umusaka+. Ico kandi, ni ukuri nta we kizokwegukira gushika haje uwubifitiye uburenganzira ahabwa n’amategeko+, kandi sinzobura kukimuha+.’

28 “Nawe ga mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi, ugire uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze ku bijanye na bene Amoni no ku bijanye n’iceyi kiva kuri bo.’ Kandi uze uvuge uti: ‘Inkota, inkota yasokorewe gusasika, yasenewe kurigata, kugira ngo ice ibibatsi+, 29 kuko bakuboneye ikintu kitabaho, kubera bakuraguriye ikinyoma+, kugira ngo bagushire ku mazosi y’abagandaguwe, abantu b’ababisha, abo umusi wabo waje mu gihe c’ikosa ry’iherezo+. 30 Nuyisubize mu rwubati rwayo. Ahantu waremewe, mu gihugu c’amamuko yawe+, ni ho nzogucira urubanza. 31 Kandi nzogusukako imisibo yanje. Nzoguhuhirako umuriro w’uburake bwanje+, ndagutange mu kuboko kw’abantu b’imburabwenge, abahinga mu guhonya+. 32 Uzoba inkwi z’umuriro+. Amaraso yawe azoba hagati mu gihugu. Ntuzokwibukwa, kuko jewe Yehova mvuze+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika