ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 30
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Imigani 30:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 3:16; 2Pt 1:21

Imigani 30:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 42:3; Zb 73:22; 1Kr 3:18
  • +Zb 92:6

Imigani 30:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:5
  • +Img 2:6; 8:1

Imigani 30:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 115:16; Yoh 3:13; Ef 4:9
  • +Ums 1:6
  • +Yes 40:12
  • +Yb 38:4
  • +Kv 3:15; 6:3; Zb 83:18
  • +Zb 2:7; Mt 1:21; Yoh 5:22; Ivk 4:12; Fp 2:6; 1Tm 2:5; Heb 6:20; Ivh 19:16

Imigani 30:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 22:31; Zb 12:6; 18:30; 119:140
  • +It 15:1; Zb 84:11

Imigani 30:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:2; Ivh 22:18
  • +Rm 3:4

Imigani 30:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 27:4; Lk 10:42; 1Yh 3:22; 5:14
  • +Zb 21:2

Imigani 30:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 12:22; 21:6
  • +Img 23:5
  • +Mt 6:11; 1Tm 6:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 3

Imigani 30:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:12; 8:11
  • +Kv 5:2
  • +Kv 20:7; Gus 5:11; Img 6:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 3

Imigani 30:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:15
  • +Dn 6:24; Mr 7:5

Imigani 30:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:9; Gus 27:16; Img 19:26; 20:20; Mr 7:11; 2Tm 3:2

Imigani 30:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 36:2; Yes 65:5; Lk 16:15; 2Tm 3:4; 1Yh 1:8
  • +Mt 23:27; Lk 11:39

Imigani 30:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 101:5; Img 6:17; 21:4; Yes 2:11; 2Ts 2:4

Imigani 30:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 3:7; 57:4
  • +Zb 14:4; Img 22:16; Yes 32:7; Mik 3:3; Hab 3:14; Mr 12:40; Yak 5:4

Imigani 30:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 27:20; Hab 2:5
  • +It 20:18; 30:22; 1Sm 1:5
  • +Gus 8:15; Zb 107:33
  • +Yak 3:5
  • +Img 27:20

Imigani 30:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 20:9; Gus 21:21; 2Sm 17:1; Img 20:20; 23:22; Rm 1:30; 2Tm 3:2

Imigani 30:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 77:19
  • +Gh 5:13

Imigani 30:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 7:11; Yr 6:15

Imigani 30:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 19:10; Ums 10:7; Yes 3:4
  • +Gus 8:12; 1Sm 25:36

Imigani 30:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:19; 27:15
  • +It 16:5

Imigani 30:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:7; 35:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 173-175

Imigani 30:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 6:6
  • +Img 6:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 16

Imigani 30:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:5
  • +Zb 104:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 17-18

Imigani 30:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 10:14; Zb 105:34; Yw 1:4
  • +Yw 2:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 18-19

Imigani 30:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 11:30

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2009, rup. 19

    Be maso!,

    9/2006, rup. 5, 7

Imigani 30:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 23:24; Abc 14:5, 18; Yes 31:4

Imigani 30:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 10:18

Imigani 30:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 15:4; Est 5:11; Img 26:12; Rm 12:16
  • +Yb 21:5; Img 27:2

Imigani 30:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 26:21; 28:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2008, rup. 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Imig. 30:12Tm 3:16; 2Pt 1:21
Imig. 30:2Yb 42:3; Zb 73:22; 1Kr 3:18
Imig. 30:2Zb 92:6
Imig. 30:3Yak 1:5
Imig. 30:3Img 2:6; 8:1
Imig. 30:4Zb 115:16; Yoh 3:13; Ef 4:9
Imig. 30:4Ums 1:6
Imig. 30:4Yes 40:12
Imig. 30:4Yb 38:4
Imig. 30:4Kv 3:15; 6:3; Zb 83:18
Imig. 30:4Zb 2:7; Mt 1:21; Yoh 5:22; Ivk 4:12; Fp 2:6; 1Tm 2:5; Heb 6:20; Ivh 19:16
Imig. 30:52Sm 22:31; Zb 12:6; 18:30; 119:140
Imig. 30:5It 15:1; Zb 84:11
Imig. 30:6Gus 4:2; Ivh 22:18
Imig. 30:6Rm 3:4
Imig. 30:7Zb 27:4; Lk 10:42; 1Yh 3:22; 5:14
Imig. 30:7Zb 21:2
Imig. 30:8Img 12:22; 21:6
Imig. 30:8Img 23:5
Imig. 30:8Mt 6:11; 1Tm 6:8
Imig. 30:9Gus 6:12; 8:11
Imig. 30:9Kv 5:2
Imig. 30:9Kv 20:7; Gus 5:11; Img 6:30
Imig. 30:10Gus 23:15
Imig. 30:10Dn 6:24; Mr 7:5
Imig. 30:11Lw 20:9; Gus 27:16; Img 19:26; 20:20; Mr 7:11; 2Tm 3:2
Imig. 30:12Zb 36:2; Yes 65:5; Lk 16:15; 2Tm 3:4; 1Yh 1:8
Imig. 30:12Mt 23:27; Lk 11:39
Imig. 30:13Zb 101:5; Img 6:17; 21:4; Yes 2:11; 2Ts 2:4
Imig. 30:14Zb 3:7; 57:4
Imig. 30:14Zb 14:4; Img 22:16; Yes 32:7; Mik 3:3; Hab 3:14; Mr 12:40; Yak 5:4
Imig. 30:16Img 27:20; Hab 2:5
Imig. 30:16It 20:18; 30:22; 1Sm 1:5
Imig. 30:16Gus 8:15; Zb 107:33
Imig. 30:16Yak 3:5
Imig. 30:16Img 27:20
Imig. 30:17Lw 20:9; Gus 21:21; 2Sm 17:1; Img 20:20; 23:22; Rm 1:30; 2Tm 3:2
Imig. 30:19Zb 77:19
Imig. 30:19Gh 5:13
Imig. 30:20Img 7:11; Yr 6:15
Imig. 30:22Img 19:10; Ums 10:7; Yes 3:4
Imig. 30:22Gus 8:12; 1Sm 25:36
Imig. 30:23Img 21:19; 27:15
Imig. 30:23It 16:5
Imig. 30:24Yb 12:7; 35:11
Imig. 30:25Img 6:6
Imig. 30:25Img 6:8
Imig. 30:26Lw 11:5
Imig. 30:26Zb 104:18
Imig. 30:27Kv 10:14; Zb 105:34; Yw 1:4
Imig. 30:27Yw 2:7
Imig. 30:28Lw 11:30
Imig. 30:30Gh 23:24; Abc 14:5, 18; Yes 31:4
Imig. 30:312Sm 10:18
Imig. 30:322Sm 15:4; Est 5:11; Img 26:12; Rm 12:16
Imig. 30:32Yb 21:5; Img 27:2
Imig. 30:33Img 26:21; 28:25
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
Bibiliya y’isi nshasha
Imigani 30:1-33

Imigani

30 Amajambo ya Aguri mwene Yake, ubutumwa buremereye+. Ijambo ry’umuntu w’umugabo kuri Itiyeli, kuri Itiyeli na Ukali.

2 Kuko ndi imburabwenge kuruta uwundi wese+, kandi singira ugutegera kw’abantu+; 3 kandi sinize ubukerebutsi+; kandi ubumenyi bwa wa Mweranda Rwose nta bwo nzi+.

4 Ni nde yaduze mw’ijuru kugira ngo amanuke+? Ni nde yakoranije umuyaga mu biganza vyompi+? Ni nde yatekeye amazi mu mutamana+? Ni nde yadugije impera zose z’isi+? Yitwa nde+, kandi umuhungu wiwe yitwa nde, nimba ubizi+?

5 Ijambo ryose Imana ivuze riratyoroye+. Ibera inkinzo abayihungirako bose+. 6 Ntugire ico wongera ku majambo yayo+, kugira ngo ntigukangire no kugira ngo ntuboneke ko uri umubeshi+.

7 Nagusavye ibintu bibiri+. Ntubinyime imbere y’uko mpfa+. 8 Ububeshi be n’ijambo ry’ikinyoma ubinshire kure+. Ntumpe ubworo, ntumpe n’ubutunzi+. Reka ndyane akayabagu ibifungurwa ngenewe+, 9 simpave mpaga hanyuma nkakwihakana vy’ukuri+, nkavuga ngo: “Yehova ni nde+?”, simpave kandi nja mu bworo hanyuma nkiba vy’ukuri, nkagaba igitero kw’izina ry’Imana yanje+.

10 Ntubeshere umusuku kuri shebuja+, ntahave ahamagarira akabi kuri wewe, kandi ntuhave uharurwako icaha+.

11 Hari iyaruka rihamagarira akabi kuri se, ntirinahezagire nyina+.

12 Hari iyaruka rityoroye mu maso yaryo bwite+ mugabo rituhagiwe umwanda waryo mukuru+.

13 Hari iyaruka amaso yaryo yabaye ayishize hejuru ga yemwe! n’amaso aca ibibatsi yaryo akaba yagizwe ayahanitse+.

14 Hari iyaruka amenyo yaryo ari inkota, n’imibangabanga yaryo ikaba ibibugita+, kugira rirotse abarushwa ngo bave kw’isi, n’aboro ngo bave mu bantu+.

15 Imisundo ifise abakobwa babiri basemerera ngo: “Mpa! Mpa!” Hari ibintu bitatu bidahaga, bine bitavuze ngo: “Biramaze!” 16 Ukuzimu+ be n’inda itavyara+, ubutaka butahaze amazi+, be n’umuriro+ utavuze ngo: “Biramaze+!”

17 Ijisho ritwengera se mw’ijigo kandi rigasuzugura ukugamburukira nyina+, ibikona vyo mu mwonga bizorinogora, abana b’inkona na bo barirotse.

18 Hari ibintu bitatu kuri jewe vyabonetse ko ari agatangaza birenze, mbere bine ntashoboye kumenya: 19 inzira y’inkona mu kirere, inzira y’inzoka ku gitandara, inzira y’imeri hagati mu kiyaga+, n’inzira y’umuntu w’umugabo ku mwigeme+.

20 Ng’iyi inzira y’umugore w’umurengabigo: yarariye arihanagura umunwa, avuga ngo: “Nta kibi nakoze+.”

21 Hari ibintu bitatu vyatigitishije isi, kandi bine ni vyo idashobora kwihanganira: 22 umushumba iyo aganje+, be n’imburabwenge iyo ifise ibifungurwa bikwiye+; 23 umugore yankwa iyo yabiriwe+, be n’umusukukazi iyo yomoye inabuja+.

24 Hari ibintu bine bitoyi kuruta ibindi vyose vyo kw’isi, mugabo bikaba ari inkerebutsi bivuye kw’itima+: 25 ibimonyo ni igisata kidakomeye+, yamara mu ci birategura indya zavyo+; 26 inkezi zo mu bitandara+ ni igisata kidakomeye, yamara ku rutare ni ho zishira inzu yazo+; 27 inzige+ nta mwami zigira, yamara zose zisohoka zigabuye mu migwi+; 28 icugu+ gifatisha amaboko yaco kandi kikaba mu kirimba gihambaye c’umwami.

29 Hari ibintu bitatu bifise ingendo nziza, mbere bine bitambuka neza: 30 intambwe, ari yo ikomeye mu bindi bikoko kandi ikaba idasubira inyuma imbere y’umuntu n’umwe+; 31 imbwa y’uruhigi canke isuguru y’impene, n’umwami ari kumwe n’umugwi w’abasoda bo mu bantu biwe+.

32 Nimba wakoze nk’imburabwenge mu kwiduza+, kandi nimba wabishinzeko ivyiyumviro vyawe, shira ukuboko ku munwa+. 33 Kuko guterera amata ari vyo bizana amasoro, kandi gufyonda izuru ni vyo bizana amaraso, kandi kuvyura ishavu ni vyo bizana imitongano+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika