ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 132
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 132:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:70; 89:3
  • +1Sm 20:1; Zb 66:12; Yes 57:15

Zaburi 132:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 56:12; 65:1
  • +It 49:24
  • +2Sm 7:3; Zb 22:25; 46:11; 61:8; 146:5

Zaburi 132:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 5:11; 20:3
  • +Zb 6:6

Zaburi 132:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rs 3:18
  • +Img 6:4

Zaburi 132:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 7:2; 1Ng 15:3, 12; Ivk 7:46
  • +1Bm 8:17

Zaburi 132:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:12
  • +1Sm 7:1; 1Ng 13:6

Zaburi 132:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 43:3; 84:1
  • +1Ng 28:2; Zb 5:7; 95:6; 99:5; Int 2:1

Zaburi 132:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:35; 2Sm 6:17
  • +Yr 3:16
  • +2Ng 6:41

Zaburi 132:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 29:14; Yes 61:10; Zk 3:5
  • +Zb 32:11; 149:5

Zaburi 132:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:12; 15:4; 2Bm 19:34
  • +2Ng 6:42; Zb 89:38; Heb 1:9

Zaburi 132:11

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “Uwo mu vyamwa vy’inda yawe.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 3:9; Zb 89:3; Heb 7:21
  • +1Sm 15:29; Zb 110:4; Yes 45:23; 55:11; Yr 33:21
  • +2Sm 7:12; 1Ng 17:11; Lk 1:69; Ivk 13:23
  • +1Bm 8:25; 1Ng 17:14; 2Ng 6:16; Zb 89:36; Yes 9:7; Mt 9:27; Ivk 2:30; Rm 1:3; 15:12

Zaburi 132:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 89:30
  • +1Ng 29:19; Zb 25:10
  • +Zb 102:28
  • +2Sm 7:16; 1Ng 17:12; Zb 89:29

Zaburi 132:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:11; 48:3; 74:2; 76:2; 78:68; 135:21; Heb 12:22
  • +Zb 87:2

Zaburi 132:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:5; 68:16; Yes 24:23; Yw 3:21; Zk 2:10
  • +1Bm 8:27; Zb 135:21

Zaburi 132:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:2; Zb 147:14
  • +Zb 22:26; 37:19

Zaburi 132:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 6:41; Zb 132:9; 149:4; Yes 61:10

Zaburi 132:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 148:14; Ezk 29:21; Lk 1:69
  • +1Sm 16:1; 1Bm 11:36; 15:4; 2Ng 21:7

Zaburi 132:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 35:26; 109:29
  • +2Sm 1:10; 2Bm 11:12; 2Ng 23:11
  • +Zb 2:6; 72:8; Yes 9:6; Ivh 11:15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 132:1Zb 78:70; 89:3
Zab. 132:11Sm 20:1; Zb 66:12; Yes 57:15
Zab. 132:2Zb 56:12; 65:1
Zab. 132:2It 49:24
Zab. 132:22Sm 7:3; Zb 22:25; 46:11; 61:8; 146:5
Zab. 132:32Sm 5:11; 20:3
Zab. 132:3Zb 6:6
Zab. 132:4Rs 3:18
Zab. 132:4Img 6:4
Zab. 132:52Sm 7:2; 1Ng 15:3, 12; Ivk 7:46
Zab. 132:51Bm 8:17
Zab. 132:61Sm 17:12
Zab. 132:61Sm 7:1; 1Ng 13:6
Zab. 132:7Zb 43:3; 84:1
Zab. 132:71Ng 28:2; Zb 5:7; 95:6; 99:5; Int 2:1
Zab. 132:8Gh 10:35; 2Sm 6:17
Zab. 132:8Yr 3:16
Zab. 132:82Ng 6:41
Zab. 132:9Yb 29:14; Yes 61:10; Zk 3:5
Zab. 132:9Zb 32:11; 149:5
Zab. 132:101Bm 11:12; 15:4; 2Bm 19:34
Zab. 132:102Ng 6:42; Zb 89:38; Heb 1:9
Zab. 132:112Sm 3:9; Zb 89:3; Heb 7:21
Zab. 132:111Sm 15:29; Zb 110:4; Yes 45:23; 55:11; Yr 33:21
Zab. 132:112Sm 7:12; 1Ng 17:11; Lk 1:69; Ivk 13:23
Zab. 132:111Bm 8:25; 1Ng 17:14; 2Ng 6:16; Zb 89:36; Yes 9:7; Mt 9:27; Ivk 2:30; Rm 1:3; 15:12
Zab. 132:12Zb 89:30
Zab. 132:121Ng 29:19; Zb 25:10
Zab. 132:12Zb 102:28
Zab. 132:122Sm 7:16; 1Ng 17:12; Zb 89:29
Zab. 132:13Zb 9:11; 48:3; 74:2; 76:2; 78:68; 135:21; Heb 12:22
Zab. 132:13Zb 87:2
Zab. 132:14Zb 46:5; 68:16; Yes 24:23; Yw 3:21; Zk 2:10
Zab. 132:141Bm 8:27; Zb 135:21
Zab. 132:15Gus 28:2; Zb 147:14
Zab. 132:15Zb 22:26; 37:19
Zab. 132:162Ng 6:41; Zb 132:9; 149:4; Yes 61:10
Zab. 132:17Zb 148:14; Ezk 29:21; Lk 1:69
Zab. 132:171Sm 16:1; 1Bm 11:36; 15:4; 2Ng 21:7
Zab. 132:18Zb 35:26; 109:29
Zab. 132:182Sm 1:10; 2Bm 11:12; 2Ng 23:11
Zab. 132:18Zb 2:6; 72:8; Yes 9:6; Ivh 11:15
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 132:1-18

Zaburi

Ururirimbo rw’Ukuduga.

132 Ewe Yehova, niwibuke ku vyerekeye Dawidi+

Ibiteterwe vyiwe vyose+;

 2 Ibuka ingene yarahiye Yehova+,

Ingene yaraganiye wa Munyabubasha+ wa Yakobo+, ati:

 3 “Sinzokwinjira mw’ihema ryanje, mu nzu yanje+.

Sinzokwurira ku busaswa bwanje, ku buriri bwanje buhambaye+,

 4 Sinzoha itiro amaso yanje+,

Canke ngo mpe agatiro amaso yanje aca ibibatsi+,

 5 Gushika ndonkeye Yehova ikibanza+,

Ndonkeye itaberenakulo ihambaye wa Munyabubasha wa Yakobo+.”

 6 Raba! Twavyumvise muri Efurata+,

Twabisanze mu matongo y’ikibira+.

 7 Twinjire mw’itaberenakulo yiwe ihambaye+;

Twuname imbere y’intebe y’ibirenge vyiwe+.

 8 Haguruka, Yehova we, ku bw’ahantu hawe h’ukuruhukira+,

Wewe n’Isandugu+ y’inkomezi zawe+.

 9 Abaherezi bawe nibambikwe ubugororotsi+,

Intahemuka zawe na zo nizihe akamo k’umunezero+.

10 Kubera Dawidi umusavyi wawe+,

Ntusubize inyuma mu maso h’uwo warobanuje amavuta+.

11 Yehova yararahiye Dawidi+,

Kandi vy’ukuri ntazokwirahuruza+:

“Uwo mu bura bwawe*+

Nzomushira ku ntebe yawe y’ubwami+.

12 Abana bawe nibagumya isezerano ryanje+

Be n’ivyibutsa vyanje nzobigisha+,

N’abana babo nyene, ibihe bidahera+

Bazokwicara ku ntebe yawe y’ubwami+.”

13 Kuko Yehova yatoye Siyoni+;

Yarayicambiwe ngo imubere aho kuba+, ati:

14 “Aha ni ho hantu hanje h’ukuruhukira ibihe bidahera+;

Aha ni ho nzoba, kuko nahacambiwe+.

15 Ibiribwa vyaho sinzobura kubihezagira+.

Aboro baho nzobahaza umukate+.

16 Kandi abaherezi baho nzobambika ubukiriro+;

Intahemuka zaho na zo ntizizobura kwiha akamo k’umunezero.

17 Ng’aho, nzokuza ihembe rya Dawidi+.

Natunganirije itara uwo narobanuje amavuta+.

18 Abansi biwe nzobambika ibimaramare+;

Mugabo umugāra wiwe+ uzosagarara kuri we+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika