ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yesaya 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yesaya 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 7:17
  • +Yes 10:32; Mik 4:8

Yesaya 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 27:8; Yes 13:14; Yr 48:19
  • +Gh 21:13

Yesaya 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 82:3; Yes 1:17; Yr 21:12; Dn 4:27; Zk 7:9
  • +Gus 28:29
  • +Yes 32:2
  • +Ob 14

Yesaya 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 22:3
  • +Yr 48:8, 42
  • +Yes 33:1

Yesaya 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:6; 89:14; Img 20:28
  • +2Sm 7:16; Yes 9:7; Yr 23:5; Dn 7:14
  • +Zb 72:2; Yes 32:1

Yesaya 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 48:26, 29; Zf 2:10
  • +Am 2:1
  • +Yr 48:7

Yesaya 16:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 15:2; Yr 48:20
  • +2Bm 3:25

Yesaya 16:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 13:17
  • +Gh 32:38; Yos 13:19
  • +Gh 32:3; Yos 13:25; Yr 48:32

Yesaya 16:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 48:32
  • +Yes 15:4
  • +Yr 48:34
  • +Abc 9:27

Yesaya 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:8; Yr 25:30; 48:33
  • +Hab 3:17
  • +Zf 2:9

Yesaya 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 15:5; Yr 48:36
  • +Yes 15:1

Yesaya 16:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 22:41; 23:1; Yr 48:35
  • +1Bm 11:7; 2Bm 3:27; Yr 48:7
  • +2Bm 19:18; Zb 115:4; Yr 10:5; 16:20; 1Kr 8:4

Yesaya 16:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 21:16
  • +Yes 23:9; Yr 9:23; 48:46
  • +Yes 25:10; Yr 48:47; Zf 2:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yes. 16:1Ezr 7:17
Yes. 16:1Yes 10:32; Mik 4:8
Yes. 16:2Img 27:8; Yes 13:14; Yr 48:19
Yes. 16:2Gh 21:13
Yes. 16:3Zb 82:3; Yes 1:17; Yr 21:12; Dn 4:27; Zk 7:9
Yes. 16:3Gus 28:29
Yes. 16:3Yes 32:2
Yes. 16:3Ob 14
Yes. 16:41Sm 22:3
Yes. 16:4Yr 48:8, 42
Yes. 16:4Yes 33:1
Yes. 16:5Zb 45:6; 89:14; Img 20:28
Yes. 16:52Sm 7:16; Yes 9:7; Yr 23:5; Dn 7:14
Yes. 16:5Zb 72:2; Yes 32:1
Yes. 16:6Yr 48:26, 29; Zf 2:10
Yes. 16:6Am 2:1
Yes. 16:6Yr 48:7
Yes. 16:7Yes 15:2; Yr 48:20
Yes. 16:72Bm 3:25
Yes. 16:8Yos 13:17
Yes. 16:8Gh 32:38; Yos 13:19
Yes. 16:8Gh 32:3; Yos 13:25; Yr 48:32
Yes. 16:9Yr 48:32
Yes. 16:9Yes 15:4
Yes. 16:9Yr 48:34
Yes. 16:9Abc 9:27
Yes. 16:10Yes 24:8; Yr 25:30; 48:33
Yes. 16:10Hab 3:17
Yes. 16:10Zf 2:9
Yes. 16:11Yes 15:5; Yr 48:36
Yes. 16:11Yes 15:1
Yes. 16:12Gh 22:41; 23:1; Yr 48:35
Yes. 16:121Bm 11:7; 2Bm 3:27; Yr 48:7
Yes. 16:122Bm 19:18; Zb 115:4; Yr 10:5; 16:20; 1Kr 8:4
Yes. 16:14Yes 21:16
Yes. 16:14Yes 23:9; Yr 9:23; 48:46
Yes. 16:14Yes 25:10; Yr 48:47; Zf 2:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Yesaya 16:1-14

Yesaya

16 Nimurungike impfizi y’intama ku mutware w’igihugu+, ive i Sela igana agahinga, ije ku musozi w’umukobwa wa Siyoni+.

2 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: kurya kw’ikiremwa c’amababa kiriko kirahunga, cirukanywe mu cari caco+, ni ko abakobwa ba Mowabu bazomera, ku vyambu vya Arunoni+.

3 “Nimuzane impanuro, mushitse ingingo yafashwe+.

“Igitutu canyu nimukigire nk’ijoro hagati y’umutaga+. Nimuhishe abashwiragiye+; ntimutange umuntu n’umwe ariko arahunga+. 4 Abashwiragiye banje nibibereho ari ba kavamahanga muri wewe, ewe Mowabu+! Nubabere ubwihisho kubera umunyazi+. Kuko umunyagahahazo ashitse kw’iherezo ryiwe; ubunyazi burarangiye; abakandagira abandi baraherengetejwe kw’isi+.

5 “Kandi, bigiranywe ubuntu bwuzuye urukundo, intebe y’ubwami ntizobura gushimangirwa+; kandi hari uwuzoyicarako mu kuri mw’ihema rya Dawidi+, aca imanza kandi akarondera ubutungane, abanguka mu vy’ubugororotsi+.”

6 Twarumvise ubwishime bwa Mowabu, yuko yishima cane+; ubwibone bwiwe n’ubwishime bwiwe n’uburake bwiwe+—amajambo yiwe agaragara si ko azomera+. 7 Mowabu izoborogera Mowabu; mbere yose izoboroga+. Abakubititse bazonihagira koko kubera udutsima tw’inzabibu zumye tw’i Kiri-hareseti+, 8 kuko imikobeko y’i Heshiboni+ ikabiranye. Umuzabibu wa Sibuma+—abagaba amahanga baciye amashami yawo atukuriye. Bari bashitse i Yazeri+; bari bayerereye mu gahinga. Imivyaro yawo yari yaretswe ngo yitagararire; bari barenganye gushika ku kiyaga.

9 Ni co gituma nzorira amarira ya Yazeri, ndizwa n’umuzabibu wa Sibuma+. Nzogutotesha amosozi yanje, ewe Heshiboni+ na Eleyale+, kuko akaruru kaguye mbere kw’ici ryawe no kw’iyimbura ryawe+. 10 Umunezero n’akanyamuneza vyakuwe mu murima w’ivyamwa; kandi mu mirima y’imizabibu nta kamo k’umunezero kariyo, nta karuru kahavuzwa+. Uwuganisha ibirenge aragana ntihagire umuvinyu uboneka mu nganiro+. Akaruru nagahagaritse+.

11 Ni co gituma ubura bwanje busebagirika nk’inanga kubera Mowabu+, hagati muri jewe na ho hagasebagirika kubera Kiri-hareseti+.

12 Maze biboneka ko Mowabu yarambiwe ku kibanza gikirurutse+; kandi yaje aheranda hiwe gusenga+, ntiyagira ico ashikako namba+.

13 Ng’iryo ijambo Yehova yavuze ku vyerekeye Mowabu kera. 14 Ubu na ho Yehova aravuze, ati: “Mu myaka itatu, nk’uko imyaka y’umucangero+ iri, ubuninahazwa+ bwa Mowabu butegerezwa rero kugirwa agaterasoni mu ntureka nyinshi y’ubwoko bwose, kandi abasigaye bazoba inkehwa ziri ku rushi, badakomeye+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika