ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 30
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 30:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Pt 1:21
  • +Yr 25:34

Ezekiyeli 30:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yw 2:1; Ob 15; Zf 1:7
  • +Ezk 32:7; Yw 2:2
  • +Zb 110:6; Yes 24:21; Zk 14:3

Ezekiyeli 30:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:2
  • +Yes 19:16; Ezk 32:12

Ezekiyeli 30:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zf 2:12
  • +Nah 3:9
  • +Yr 25:24; Ezk 27:10
  • +Yr 44:27

Ezekiyeli 30:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:5; 31:3; Ezk 30:18
  • +Kv 14:2; Yr 44:1; 46:14
  • +Ezk 29:10

Ezekiyeli 30:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:19; Ezk 29:12; 32:18

Ezekiyeli 30:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 30:6

Ezekiyeli 30:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 20:4
  • +Yes 55:11; Ezk 33:33

Ezekiyeli 30:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:19; 32:11

Ezekiyeli 30:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 28:7; Hab 1:6
  • +Yes 34:3; Ezk 29:5

Ezekiyeli 30:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:6; Ezk 29:3
  • +Yes 19:4
  • +Ezk 31:12
  • +Yes 46:10

Ezekiyeli 30:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 19:1; Yr 43:12; Zk 13:2
  • +Yr 44:1; 46:14
  • +Yes 19:16; Yr 46:5

Ezekiyeli 30:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:14; 1Ng 1:12; Yr 44:1
  • +Gh 13:22; Zb 78:12
  • +Yr 46:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2003, rup. 32

Ezekiyeli 30:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Nah 1:6
  • +Yr 46:25

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2003, rup. 32

Ezekiyeli 30:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 43:13

Ezekiyeli 30:18

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:16
  • +Ezk 30:8
  • +Yr 46:20; Ezk 31:18
  • +Yes 19:1
  • +Yr 46:19

Ezekiyeli 30:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 9:16

Ezekiyeli 30:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:15
  • +Yr 46:11

Ezekiyeli 30:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:25; Ezk 29:3
  • +Zb 37:17
  • +2Bm 24:7; Yr 46:2
  • +Yr 46:21

Ezekiyeli 30:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:12

Ezekiyeli 30:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 27:6
  • +Gus 32:41; Zb 17:13; Ezk 32:11
  • +Yr 51:52

Ezekiyeli 30:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 7:5; Zb 9:16; Ezk 29:12, 19, 20

Ezekiyeli 30:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 30:22Pt 1:21
Ezk. 30:2Yr 25:34
Ezk. 30:3Yw 2:1; Ob 15; Zf 1:7
Ezk. 30:3Ezk 32:7; Yw 2:2
Ezk. 30:3Zb 110:6; Yes 24:21; Zk 14:3
Ezk. 30:4Yes 19:2
Ezk. 30:4Yes 19:16; Ezk 32:12
Ezk. 30:5Zf 2:12
Ezk. 30:5Nah 3:9
Ezk. 30:5Yr 25:24; Ezk 27:10
Ezk. 30:5Yr 44:27
Ezk. 30:6Yes 20:5; 31:3; Ezk 30:18
Ezk. 30:6Kv 14:2; Yr 44:1; 46:14
Ezk. 30:6Ezk 29:10
Ezk. 30:7Yr 46:19; Ezk 29:12; 32:18
Ezk. 30:8Ezk 30:6
Ezk. 30:9Yes 20:4
Ezk. 30:9Yes 55:11; Ezk 33:33
Ezk. 30:10Ezk 29:19; 32:11
Ezk. 30:11Ezk 28:7; Hab 1:6
Ezk. 30:11Yes 34:3; Ezk 29:5
Ezk. 30:12Yes 19:6; Ezk 29:3
Ezk. 30:12Yes 19:4
Ezk. 30:12Ezk 31:12
Ezk. 30:12Yes 46:10
Ezk. 30:13Yes 19:1; Yr 43:12; Zk 13:2
Ezk. 30:13Yr 44:1; 46:14
Ezk. 30:13Yes 19:16; Yr 46:5
Ezk. 30:14It 10:14; 1Ng 1:12; Yr 44:1
Ezk. 30:14Gh 13:22; Zb 78:12
Ezk. 30:14Yr 46:25
Ezk. 30:15Nah 1:6
Ezk. 30:15Yr 46:25
Ezk. 30:17Yr 43:13
Ezk. 30:18Yr 2:16
Ezk. 30:18Ezk 30:8
Ezk. 30:18Yr 46:20; Ezk 31:18
Ezk. 30:18Yes 19:1
Ezk. 30:18Yr 46:19
Ezk. 30:19Zb 9:16
Ezk. 30:21Zb 10:15
Ezk. 30:21Yr 46:11
Ezk. 30:22Yr 46:25; Ezk 29:3
Ezk. 30:22Zb 37:17
Ezk. 30:222Bm 24:7; Yr 46:2
Ezk. 30:22Yr 46:21
Ezk. 30:23Ezk 29:12
Ezk. 30:24Yr 27:6
Ezk. 30:24Gus 32:41; Zb 17:13; Ezk 32:11
Ezk. 30:24Yr 51:52
Ezk. 30:25Kv 7:5; Zb 9:16; Ezk 29:12, 19, 20
Ezk. 30:26Ezk 29:12
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 30:1-26

Ezekiyeli

30 Ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi, uti+: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Nimuboroge muti: ‘Yoo, ewe musi uraho+!’, 3 kuko umusi uri hafi, emwe, umusi wa Yehova uri hafi+. Uzoba ari umusi w’ibicu+, igihe cashinzwe c’amahanga+. 4 Kandi inkota izoza koko mu Misiri+, ububabare bukaze na bwo buze muri Etiyopiya umuntu niyagwa agandaguwe mu Misiri, bagatwara vy’ukuri ubutunzi bwaho, n’imishinge yaho igasamburwa+. 5 Etiyopiya+ na Puti+ na Ludi be n’uruvange rw’abantu rwose+ na Kubi na ben’igihugu c’isezerano, bazogwa hamwe na bo bagwishijwe n’inkota+.”’

6 “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Abashigikira Misiri na bo nyene bazogwa ata kabuza, n’ubwishime bw’inkomezi zayo buzoshika hasi+.’

“‘Kuva i Migidoli+ gushika i Siyeni+ bazogwishwa muri co n’inkota,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze. 7 ‘Bazotegerezwa kandi kugirwa umusaka hagati mu bihugu vyacitse umusaka, ibisagara vyaho na vyo bibe neza na neza hagati y’ibisagara vyatikijwe+. 8 Kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninadomeka umuriro mu Misiri, n’abayifasha bose bakavunagurwa vy’ukuri+. 9 Kuri uwo musi, intumwa zizogendera mu meri zivuye imbere yanje, kugira ngo zijugumize Etiyopiya yiyizigira+. Emwe, bazogira ububabare bukaze ku musi wa Misiri, kuko utegerezwa kuza+.’

10 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzozimanganya kandi isinzi rya Misiri biciye ku kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+. 11 We n’abantu biwe bari kumwe na we, intwazamukazo z’amahanga+, bagira bazanwe kugira ngo batume igihugu gisigara ari ibihomvagurike. Emwe, bazosokora inkota zabo barwanye Misiri, buzuze igihugu abagandaguwe+. 12 Imigende ya Nili+ nzoyigira ubutaka bwumutse, ngurishe igihugu mu kuboko kw’abantu babi+, igihugu be n’ibicuzuyemwo vyose ntume bigirwa umusaka n’ukuboko kw’ab’ahandi+. Jewe Yehova, ndavuze+.’

13 “Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzorandura kandi ibigirwamana vyabo vy’umwanda+, ntume za mana ata co zimaze zizimangana i Nofu+, kandi nta mukuru wo mu gihugu ca Misiri azokwongera kubaho; kandi sinzobura gushira ubwoba mu gihugu ca Misiri+. 14 I Patirosi+ nzohagira umusaka, ndomeke umuriro i Zowani+, nshitse imanza muri No+. 15 Nzosuka ubushangashirwe bwanje+ kuri Sini, rya boma rya Misiri, ndandure isinzi ryo muri No+. 16 Nzodomeka umuriro mu Misiri. Sini ntizobura kugira ububabare bukaze, No na yo ibe iyigenewe gufatwa biciye ku bihengeri; nayo ku bijanye na Nofu, hazobaho abarwanizi ku murango! 17 Nayo abasore b’i Oni+ n’i Pibeseti, bazogwishwa n’inkota, ibisagara na vyo bijanwe kugirwa imbohe. 18 I Tahapanesi+ umurango uzocura umwiza, ninavunayo imitambikwa y’ingǒgo* ya Misiri+. Kandi muri we ubwishime bw’inkomezi ziwe buzozimanganywa vy’ukuri+. Nayo we, ibicu bizomupfuka+, ibisagara bimukukira bijanwe kugirwa imbohe+. 19 Nzoshitsa imanza mu Misiri+; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’”

20 Nuko mu mwaka ugira cumi na rimwe, mu kwezi kwa mbere, ku musi ugira indwi w’ukwo kwezi, ijambo rya Yehova ryongera kunzako, riti: 21 “Mwana w’umuntu, nzovuna koko ukuboko kwa Farawo umwami wa Misiri+, kandi, ehe ntikuzogenda gutubitswe kugira ngo gukizwe mu gushirwako igitambara co kuguhambīra+, gushobore gukomera ngo gufate inkota.”

22 “Ibi rero ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Ehe ngira ndwanye Farawo umwami wa Misiri+, ndamuvune amaboko+, ugukomeye n’ukwavunitse+, ntume inkota ikoroka ivuye mu kuboko kwiwe+. 23 Kandi nzosanzaza Abanyamisiri mu mahanga, ndabashwiragize mu bihugu+. 24 Nzokomeza amaboko y’umwami wa Babiloni+, nshire inkota yanje mu kuboko kwiwe+, mvune amaboko ya Farawo, anihire cane imbere yiwe nk’uwukomerekejwe bimwe vyica+. 25 Nzokomeza amaboko y’umwami wa Babiloni, amaboko ya Farawo na yo agwe; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova ninashira inkota yanje mu kuboko kw’umwami wa Babiloni, na we akayibangurira vy’ukuri igihugu ca Misiri+. 26 Nzosanzaza Abanyamisiri mu mahanga+, ndabashwiragize mu bihugu; kandi bazobwirizwa kumenya yuko jewe ndi Yehova.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika