ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 5
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo 5:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:32; Tt 2:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 11

1 Timoteyo 5:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Tt 2:3
  • +Mr 3:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    7/2021, rup. 11

1 Timoteyo 5:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/5/2001, rup. 6

1 Timoteyo 5:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:8
  • +Mt 15:4; Ef 6:2
  • +Img 23:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 6

    1/5/2001, rup. 5-6

    Agahimbare mu rugo, rup. 149, 173-174

1 Timoteyo 5:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:27
  • +Yr 49:11; 1Kr 7:34
  • +Lk 2:37; 18:1

1 Timoteyo 5:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:5
  • +Ef 2:1; Kl 2:13

1 Timoteyo 5:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:11
  • +1Tm 6:14

1 Timoteyo 5:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 15:5
  • +Yes 58:7
  • +Tt 1:16
  • +Yud 3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 49

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    8/2018, rup. 24

    Nugume mu rukundo rw’Imana, rup. 137

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2014, rup. 24-25

    15/2/2012, rup. 7

    15/5/2011, rup. 7

    1/5/2007, rup. 20-21

    15/6/2005, rup. 18-20

    1/9/1997, rup. 10-11

    1/11/1996, rup. 18-19

    “Urukundo rw’Imana,” rup. 116

    Agahimbare mu rugo, rup. 160

    Ubumenyi, rup. 146-148

1 Timoteyo 5:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 3:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/4/2007, rup. 31

    1/6/2006, rup. 6-7

1 Timoteyo 5:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 9:39; 1Tm 2:10
  • +1Tm 2:15
  • +Heb 13:2; 1Pt 4:9
  • +1Sm 25:41; Yoh 13:5, 14
  • +1Tm 5:16; Yak 1:27
  • +Img 31:27

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2006, rup. 6-7

1 Timoteyo 5:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:9

1 Timoteyo 5:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 2:4

1 Timoteyo 5:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ts 3:11; 1Tm 3:11; 1Pt 4:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 18

    15/6/2007, rup. 20

1 Timoteyo 5:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 7:9
  • +1Tm 2:15
  • +Tt 2:8

1 Timoteyo 5:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 18-19

1 Timoteyo 5:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 5:10
  • +Gus 15:11; 1Tm 5:5; Yak 1:27

1 Timoteyo 5:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 12:8; Heb 13:17; 1Pt 5:2
  • +Ivk 28:10
  • +1Ts 5:12; Heb 13:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/1997, rup. 28

1 Timoteyo 5:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 25:4; 1Kr 9:9
  • +Lw 19:13; Mt 10:10; Gl 6:6

1 Timoteyo 5:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 19:15; Mt 18:16; 2Kr 13:1; Heb 10:28

1 Timoteyo 5:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:23; Ef 5:11; Tt 1:9, 13; Ivh 3:19
  • +1Kr 15:34; 1Yh 3:9
  • +Gus 13:11; Gl 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ishirahamwe, rup. 149-150

1 Timoteyo 5:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 4:1
  • +Lw 19:15; Yak 3:17

1 Timoteyo 5:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:14
  • +Ivk 6:6; 14:23; 1Tm 3:6
  • +2Yh 11; Ivh 18:4
  • +1Tm 4:12; 1Yh 3:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 15

1 Timoteyo 5:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lk 10:34; 1Tm 3:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 43

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2015, rup. 25-26

    1/11/2015, rup. 15

    1/8/2012, rup. 26

1 Timoteyo 5:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 28:13; Gl 5:19
  • +Yos 7:11; Heb 4:13

1 Timoteyo 5:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:16; 1Tm 3:7
  • +Mt 10:26; Lk 12:2; 1Kr 4:5

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 5:1Lw 19:32; Tt 2:2
1 Tim. 5:2Tt 2:3
1 Tim. 5:2Mr 3:35
1 Tim. 5:31Tm 5:16
1 Tim. 5:41Tm 5:8
1 Tim. 5:4Mt 15:4; Ef 6:2
1 Tim. 5:4Img 23:22
1 Tim. 5:5Yak 1:27
1 Tim. 5:5Yr 49:11; 1Kr 7:34
1 Tim. 5:5Lk 2:37; 18:1
1 Tim. 5:6Kl 3:5
1 Tim. 5:6Ef 2:1; Kl 2:13
1 Tim. 5:71Tm 4:11
1 Tim. 5:71Tm 6:14
1 Tim. 5:8Mt 15:5
1 Tim. 5:8Yes 58:7
1 Tim. 5:8Tt 1:16
1 Tim. 5:8Yud 3
1 Tim. 5:91Tm 3:2
1 Tim. 5:10Ivk 9:39; 1Tm 2:10
1 Tim. 5:101Tm 2:15
1 Tim. 5:10Heb 13:2; 1Pt 4:9
1 Tim. 5:101Sm 25:41; Yoh 13:5, 14
1 Tim. 5:101Tm 5:16; Yak 1:27
1 Tim. 5:10Img 31:27
1 Tim. 5:111Kr 7:9
1 Tim. 5:12Ivh 2:4
1 Tim. 5:132Ts 3:11; 1Tm 3:11; 1Pt 4:15
1 Tim. 5:141Kr 7:9
1 Tim. 5:141Tm 2:15
1 Tim. 5:14Tt 2:8
1 Tim. 5:161Tm 5:10
1 Tim. 5:16Gus 15:11; 1Tm 5:5; Yak 1:27
1 Tim. 5:17Rm 12:8; Heb 13:17; 1Pt 5:2
1 Tim. 5:17Ivk 28:10
1 Tim. 5:171Ts 5:12; Heb 13:7
1 Tim. 5:18Gus 25:4; 1Kr 9:9
1 Tim. 5:18Lw 19:13; Mt 10:10; Gl 6:6
1 Tim. 5:19Gus 19:15; Mt 18:16; 2Kr 13:1; Heb 10:28
1 Tim. 5:20Img 28:23; Ef 5:11; Tt 1:9, 13; Ivh 3:19
1 Tim. 5:201Kr 15:34; 1Yh 3:9
1 Tim. 5:20Gus 13:11; Gl 2:14
1 Tim. 5:212Tm 4:1
1 Tim. 5:21Lw 19:15; Yak 3:17
1 Tim. 5:221Tm 4:14
1 Tim. 5:22Ivk 6:6; 14:23; 1Tm 3:6
1 Tim. 5:222Yh 11; Ivh 18:4
1 Tim. 5:221Tm 4:12; 1Yh 3:3
1 Tim. 5:23Lk 10:34; 1Tm 3:8
1 Tim. 5:24Img 28:13; Gl 5:19
1 Tim. 5:24Yos 7:11; Heb 4:13
1 Tim. 5:25Mt 5:16; 1Tm 3:7
1 Tim. 5:25Mt 10:26; Lk 12:2; 1Kr 4:5
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
1 Timoteyo 5:1-25

1 Timoteyo

5 Ntukarire umugabo ahumuye+. Ahubwo umwinginge nka so, abagabo bakiri bato nka bene wanyu, 2 abagore bahumuye+ nka ba nyoko, abagore bakiri bato na bo nka bashikawe+, mu kutandura kwose.

3 Utere iteka abapfakazi b’abapfakazi vy’ukuri+. 4 Mugabo nimba hari umupfakazi afise abana canke abuzukuru, abo nibabanze bige gushira mu ngiro ukwihebera Imana mu rugo iwabo bwite+ no kuguma bishura abavyeyi babo+ na ba sekuru na ba inakuru inshumbusho ibakwiriye, kuko ivyo vyemerwa imbere y’Imana+. 5 Umugore rero w’umupfakazi vy’ukuri kandi asigaye ari ntahonikora+, arizigira Imana+ kandi agakovya mu gutakamba no mu gusenga ijoro n’umurango+. 6 Mugabo uwihebera ukuryoherwa kw’umubiri+ aba yarapfuye+ naho ari muzima. 7 Ugume utanga rero ayo mategeko+, kugira ngo babe abatagira ico banegurwa+. 8 Nkako, nimba umuntu ataronsa abiwe ivyo bakeneye+, na canecane abo mu rugo rwiwe+, aba yihakanye+ ukwizera+ kandi aba abaye mubi kurusha uwutagira ukwizera.

9 Hashirwe ku rutonde umupfakazi afise imyaka itari munsi ya mirongo itandatu, umugore w’umugabo umwe+, 10 ashingirwa intahe ku bw’ibikorwa vyiza+, nimba yararera abana+, nimba yarakira abashitsi+, nimba yaroza ibirenge vy’aberanda+, nimba yaratabara abari mu makuba+, nimba yarakurikirana igikorwa ciza cose ashirutse ubute+.

11 Ariko wamirire kure abapfakazi bakiri bato, kuko iyo inambu zabo z’umubiri zigiye hagati yabo na Kristu+, baca bashaka kwubaka, 12 bakikwegera urubanza kuko bakengereye ukwizera kwabo kwa mbere+. 13 Ico gihe nyene bariga kandi kutagira ico bakora, bayerera mu mihana; emwe, si ukuba gusa abatagira ico bakora, mugabo ni n’abanyarusaku n’abita mu vy’abandi+, bakaganira ivyo batari bakwiye kuganira. 14 Nshaka rero ko abapfakazi bakiri bato bubaka+, bakavyara abana+, bakabungabunga urugo, ntibahe uwuturwanya akaryo ko kudutuka+. 15 Nkako, bamwe baramaze gukevya bakurikira Shetani. 16 Nimba hari umugore yemera afise incuti z’abapfakazi, nabafashe+, ishengero ntiryikorere uwo muzigo. Maze rizoshobora gutabara abari abapfakazi vy’ukuri+.

17 Abagabo b’inararibonye bahagarikira+ neza nibabonwe ko babereye iteka ririmwo abiri+, canecane abakora cane mu kuvuga no mu kwigisha+. 18 Kuko icanditswe kivuga giti: “Ntukarumye umunwa w’ishūri iyo ikubita ibinyantete+”; kandi giti: “Umukozi arabereye impembo yiwe+.” 19 Ntiwemere ikirego kiregwa umugabo ahumuye, kiretse gusa ku kimenyamenya c’ivyabona bibiri canke bitatu+. 20 Ukangire+ mu maso ya bose abantu baza baracumura+, kugira ngo abandi na bo batinye+. 21 Ndagutegetse nshimitse imbere y’Imana na Kristu Yezu+ n’abamarayika batowe ngo ugumye ivyo bintu ata guca urubanza imbere y’igihe, ata co ukoreshwa no kugira aho uhengamiye+.

22 Ntukarambike ibiganza+ gihutihuti ku muntu n’umwe+; eka kandi ntugafatanye n’abandi mu bicumuro vyabo+; ugume utanduye+.

23 Ntiwongere kunywa amazi, mugabo uze uranywa akavinyu gakeyi+ ku bw’umushishito wawe n’ukurwaragurika kwawe.

24 Ibicumuro vy’abantu bamwe biribonekeza icese+, bigashikana ubwo nyene ku rubanza, abandi na bo ibicumuro vyabo na vyo nyene biribonekeza mu nyuma+. 25 Ibikorwa vyiza na vyo nyene biribonekeza icese+, kandi n’ibimeze ukundi ntibishobora kuguma binyegejwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika