ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Ngoma 16
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Ngoma 16:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:17
  • +1Bm 8:1; 1Ng 15:1; 2Ng 1:4
  • +1Bm 8:5; 2Ng 5:6

1 Ngoma 16:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 1:3
  • +Lw 3:1
  • +Gh 6:23; Yos 22:6; 2Sm 6:18; 1Bm 8:14
  • +2Sm 6:18

1 Ngoma 16:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:19

1 Ngoma 16:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:16
  • +Gh 18:2
  • +Zb 38:akajambo k’intangamarara; 103:2
  • +1Ng 16:7
  • +1Ng 23:5

1 Ngoma 16:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:39
  • +1Ng 15:18
  • +1Ng 15:21
  • +1Ng 15:17
  • +1Ng 15:16

1 Ngoma 16:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 15:14; 23:13

1 Ngoma 16:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 31:14
  • +2Sm 22:1; 23:1; 1Ng 16:4; 2Kr 9:12
  • +1Ng 6:39

1 Ngoma 16:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:1; 106:1; Kl 4:2
  • +Yes 12:4; Rm 10:13
  • +Zb 67:2; Ivk 2:14

1 Ngoma 16:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 5:19
  • +2Sm 22:50; 23:1
  • +Zb 71:17; 107:43

1 Ngoma 16:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:3; Yes 45:25; Yr 9:24; 2Kr 10:17
  • +Lw 22:32
  • +1Ng 28:9; Zb 104:34; Fp 4:4

1 Ngoma 16:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Am 5:6; Zf 2:3
  • +Zb 24:6; 27:8; Hs 5:15

1 Ngoma 16:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:2; 111:4
  • +Zb 105:5; 119:137

1 Ngoma 16:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:8
  • +Zb 33:12; 135:4; 1Pt 5:13

1 Ngoma 16:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:2; Zb 95:7
  • +Zb 119:164

1 Ngoma 16:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:8
  • +Gus 7:9

1 Ngoma 16:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:18; 17:2
  • +It 26:3

1 Ngoma 16:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:14
  • +Zb 105:10

1 Ngoma 16:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; 17:8; 35:12
  • +Gus 32:8

1 Ngoma 16:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 34:30; Gus 26:5
  • +Heb 11:13

1 Ngoma 16:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:1; 46:6
  • +Zb 105:13

1 Ngoma 16:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:42
  • +It 12:17; 20:3

1 Ngoma 16:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:7; Zb 105:15

1 Ngoma 16:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:1
  • +Zb 40:10

1 Ngoma 16:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 145:3; 2Kr 11:31
  • +Kv 15:11

1 Ngoma 16:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:4; Yes 45:20; 1Kr 8:4
  • +It 1:1; Zb 102:25; Yes 44:24

1 Ngoma 16:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:26; Zb 8:1
  • +Zb 28:7; 1Tm 1:11

1 Ngoma 16:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 63:2; 68:34; 115:1

1 Ngoma 16:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:58; Neh 9:5; Zb 66:2; 148:13
  • +1Ng 29:5; Yes 18:7; Mt 5:23
  • +Gus 26:10; Zb 95:6

1 Ngoma 16:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:5; Ums 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 11

1 Ngoma 16:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 97:1; 98:4
  • +Zb 96:10; Ivh 19:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2014, rup. 10-11

1 Ngoma 16:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 93:4
  • +Zb 98:7

1 Ngoma 16:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 96:12; Yes 55:12
  • +Zb 96:13

1 Ngoma 16:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 5:13; Lk 18:19
  • +Zb 103:17; Yr 31:3; Int 3:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/2/2002, rup. 9

1 Ngoma 16:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 68:20
  • +Ivk 26:17
  • +Zb 122:4
  • +Zb 149:1; Yes 43:21; Kl 3:16

1 Ngoma 16:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 9:5; Zb 69:30, 31; 72:19
  • +Neh 8:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

1 Ngoma 16:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 15:17
  • +1Ng 16:4
  • +Kv 29:38; 2Ng 13:11; Ezr 3:4

1 Ngoma 16:39

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 12:28
  • +1Bm 3:4; 2Ng 1:3

1 Ngoma 16:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 29:39; Gh 28:3; 2Ng 2:4; 31:3

1 Ngoma 16:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 25:1
  • +Ezr 8:20
  • +1Ng 16:4; 2Ng 5:13
  • +Ezr 3:11; Zb 86:15; 103:17

1 Ngoma 16:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:33
  • +1Ng 15:17
  • +2Ng 29:26
  • +1Ng 25:3

1 Ngoma 16:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 6:19; 1Bm 8:66

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Ngo. 16:12Sm 6:17
1 Ngo. 16:11Bm 8:1; 1Ng 15:1; 2Ng 1:4
1 Ngo. 16:11Bm 8:5; 2Ng 5:6
1 Ngo. 16:2Lw 1:3
1 Ngo. 16:2Lw 3:1
1 Ngo. 16:2Gh 6:23; Yos 22:6; 2Sm 6:18; 1Bm 8:14
1 Ngo. 16:22Sm 6:18
1 Ngo. 16:32Sm 6:19
1 Ngo. 16:41Ng 15:16
1 Ngo. 16:4Gh 18:2
1 Ngo. 16:4Zb 38:akajambo k’intangamarara; 103:2
1 Ngo. 16:41Ng 16:7
1 Ngo. 16:41Ng 23:5
1 Ngo. 16:51Ng 6:39
1 Ngo. 16:51Ng 15:18
1 Ngo. 16:51Ng 15:21
1 Ngo. 16:51Ng 15:17
1 Ngo. 16:51Ng 15:16
1 Ngo. 16:62Ng 15:14; 23:13
1 Ngo. 16:72Ng 31:14
1 Ngo. 16:72Sm 22:1; 23:1; 1Ng 16:4; 2Kr 9:12
1 Ngo. 16:71Ng 6:39
1 Ngo. 16:8Zb 105:1; 106:1; Kl 4:2
1 Ngo. 16:8Yes 12:4; Rm 10:13
1 Ngo. 16:8Zb 67:2; Ivk 2:14
1 Ngo. 16:9Ef 5:19
1 Ngo. 16:92Sm 22:50; 23:1
1 Ngo. 16:9Zb 71:17; 107:43
1 Ngo. 16:10Zb 105:3; Yes 45:25; Yr 9:24; 2Kr 10:17
1 Ngo. 16:10Lw 22:32
1 Ngo. 16:101Ng 28:9; Zb 104:34; Fp 4:4
1 Ngo. 16:11Am 5:6; Zf 2:3
1 Ngo. 16:11Zb 24:6; 27:8; Hs 5:15
1 Ngo. 16:12Zb 106:2; 111:4
1 Ngo. 16:12Zb 105:5; 119:137
1 Ngo. 16:13Yes 41:8
1 Ngo. 16:13Zb 33:12; 135:4; 1Pt 5:13
1 Ngo. 16:14Kv 15:2; Zb 95:7
1 Ngo. 16:14Zb 119:164
1 Ngo. 16:15Zb 105:8
1 Ngo. 16:15Gus 7:9
1 Ngo. 16:16It 15:18; 17:2
1 Ngo. 16:16It 26:3
1 Ngo. 16:17It 28:14
1 Ngo. 16:17Zb 105:10
1 Ngo. 16:18It 12:7; 17:8; 35:12
1 Ngo. 16:18Gus 32:8
1 Ngo. 16:19It 34:30; Gus 26:5
1 Ngo. 16:19Heb 11:13
1 Ngo. 16:20It 20:1; 46:6
1 Ngo. 16:20Zb 105:13
1 Ngo. 16:21It 31:42
1 Ngo. 16:21It 12:17; 20:3
1 Ngo. 16:22It 20:7; Zb 105:15
1 Ngo. 16:23Zb 96:1
1 Ngo. 16:23Zb 40:10
1 Ngo. 16:25Zb 145:3; 2Kr 11:31
1 Ngo. 16:25Kv 15:11
1 Ngo. 16:26Lw 19:4; Yes 45:20; 1Kr 8:4
1 Ngo. 16:26It 1:1; Zb 102:25; Yes 44:24
1 Ngo. 16:27Gus 33:26; Zb 8:1
1 Ngo. 16:27Zb 28:7; 1Tm 1:11
1 Ngo. 16:28Zb 63:2; 68:34; 115:1
1 Ngo. 16:29Gus 28:58; Neh 9:5; Zb 66:2; 148:13
1 Ngo. 16:291Ng 29:5; Yes 18:7; Mt 5:23
1 Ngo. 16:29Gus 26:10; Zb 95:6
1 Ngo. 16:30Zb 104:5; Ums 1:4
1 Ngo. 16:31Zb 97:1; 98:4
1 Ngo. 16:31Zb 96:10; Ivh 19:6
1 Ngo. 16:32Zb 93:4
1 Ngo. 16:32Zb 98:7
1 Ngo. 16:33Zb 96:12; Yes 55:12
1 Ngo. 16:33Zb 96:13
1 Ngo. 16:342Ng 5:13; Lk 18:19
1 Ngo. 16:34Zb 103:17; Yr 31:3; Int 3:22
1 Ngo. 16:35Zb 68:20
1 Ngo. 16:35Ivk 26:17
1 Ngo. 16:35Zb 122:4
1 Ngo. 16:35Zb 149:1; Yes 43:21; Kl 3:16
1 Ngo. 16:36Neh 9:5; Zb 69:30, 31; 72:19
1 Ngo. 16:36Neh 8:6
1 Ngo. 16:371Ng 15:17
1 Ngo. 16:371Ng 16:4
1 Ngo. 16:37Kv 29:38; 2Ng 13:11; Ezr 3:4
1 Ngo. 16:391Ng 12:28
1 Ngo. 16:391Bm 3:4; 2Ng 1:3
1 Ngo. 16:40Kv 29:39; Gh 28:3; 2Ng 2:4; 31:3
1 Ngo. 16:411Ng 25:1
1 Ngo. 16:41Ezr 8:20
1 Ngo. 16:411Ng 16:4; 2Ng 5:13
1 Ngo. 16:41Ezr 3:11; Zb 86:15; 103:17
1 Ngo. 16:421Ng 6:33
1 Ngo. 16:421Ng 15:17
1 Ngo. 16:422Ng 29:26
1 Ngo. 16:421Ng 25:3
1 Ngo. 16:432Sm 6:19; 1Bm 8:66
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
Bibiliya y’isi nshasha
1 Ngoma 16:1-43

1 Ngoma

16 Gutyo binjiza isandugu y’Imana y’ukuri+, bayishira mw’ihema Dawidi yari yarayishingiye+; maze batangura gushikiriza imbere y’Imana y’ukuri amashikanwa aturirwa n’ibimazi vy’ugusangira+. 2 Dawidi arangije gushikana ishikanwa riturirwa+ n’ibimazi vy’ugusangira+, atangura guhezagira+ abantu mw’izina rya Yehova+. 3 Vyongeye, agabanganiriza+ ibifungurwa Abisirayeli bose, umugabo n’umugore, umwe wese amuha akamanyu k’umukate k’umuzingi n’agatsima ko mu ngazi z’itende n’agatsima k’inzabibu zumye. 4 Maze ashira imbere y’isandugu ya Yehova bamwe mu Balewi+ ngo babe abasuku+, kugira ngo bibutse+ abantu no kugira ngo bakengurukire+ bongere bashemeze+ Yehova Imana ya Isirayeli: 5 Asafu+ umukuru, uwugira kabiri kuri we akaba yari Zekariya, hanyuma Yeyeli na Shemiramoti na Yehiyele na Matitiya na Eliyabu na Benaya na Obedi-edomu na Yeyeli+, bafise ibicurarangisho vyo mu bwoko bw’ibifise imirya, n’inanga+, Asafu+ akaba yari afise ivyuma bisāma vyo kuvuza n’ijwi ryumvikana+, 6 na Benaya na Yahaziyeli abaherezi bafise inzumbete+ ubudasiba imbere y’isandugu y’isezerano ry’Imana y’ukuri.

7 Kuri uwo musi ni ho rero Dawidi yatanga intererano+ ari bwo bwa mbere kugira akengurukire+ Yehova biciye kuri Asafu+ no kuri bene wabo:

 8 “Nimukengurukire Yehova+; nimwambaze izina ryiwe+,

Mumenyeshe ibikorwa vyiwe mu bisata vy’abantu+!

 9 Nimumuririmbire+, mumuhibongoreze+,

Mwitwararike ibikorwa vy’agatangaza vyiwe vyose+.

10 Nimwiratire izina+ ryiwe ryeranda+,

Umutima w’abarondera Yehova nunezerwe+.

11 Nimurondere Yehova be n’inkomezi ziwe+,

Murondere mu maso hiwe nantaryo+.

12 Nimwibuke ibikorwa vyiwe vy’agatangaza yaranguye+,

Ibitangaro vyiwe n’ingingo z’ubutungane* z’akanwa kiwe+,

13 Yemwe ruvyaro rwa Isirayeli umusavyi wiwe+,

Mwebwe bene Yakobo, abo yatoye+.

14 Ni we Yehova Imana yacu+; mw’isi yose hari ingingo ziwe z’ubutungane+.

15 Nimwibuke isezerano ryiwe, egome, gushika igihe kitagira urugero+,

Mwibuke ijambo yategetse, gushika ku mayaruka igihumbi+,

16 Isezerano yagiranye na Aburahamu+,

N’indahiro yarahiye Izahaki+.

17 Iyo yagumijeho bwa ngingo nyobozi kuri Yakobo+,

Bwa sezerano ryamaho igihe kitagira urugero kuri Isirayeli+,

18 Akavuga ati: ‘Nzoguha igihugu ca Kanani+,

Kibe wo mugabane w’intoranwa yanyu+.’

19 Aho hari igihe mwari imparurwa+,

Emwe, bake cane, mukaba na ba kavamahanga muri co+.

20 Kandi baguma bagendagenda bava mw’ihanga baja mu rindi+,

Bava mu bwami bumwe bagana ikindi gisata+.

21 Ntiyemeye ko hagira n’umwe abagunga+,

Mugabo kubera bo, yarakangiriye abami+,

22 Ati: ‘Ntimukore ku bo narobanuje amavuta,

Kandi ntihagire ikintu kibi na kimwe mugirira abahanuzi banje+.’

23 Ririmbire Yehova, yemwe abo kw’isi mwese+!

Mutangaze umusi ku wundi ubukiriro atanga+!

24 Nimwigane mu mahanga ubuninahazwa bwiwe,

Mwigane mu bisata vy’abantu vyose ibikorwa vyiwe vy’agatangaza.

25 Kuko Yehova ahambaye kandi ni uwo gushemezwa rwose+,

Kandi akaba akwiye gutinywa kurusha izindi mana+ zose.

26 Kuko imana zose z’ibisata vy’abantu ari imana ata co zimaze+.

Mugabo Yehova we, yakoze amajuru+.

27 Iteka n’ubwiza bwakaka biri imbere yiwe+,

Inkomezi n’akanyamuneza biri ahantu hiwe+.

28 Nimuherereze kuri Yehova, yemwe miryango y’ibisata vy’abantu,

Nimuherereze kuri Yehova ubuninahazwa n’inkomezi+.

29 Nimuhe Yehova ubuninahazwa bw’izina ryiwe+,

Nimutware ingabirano mwinjire imbere yiwe+.

Nimwunamire Yehova mu gushaza kweranda+.

30 Nimugire ububabare bukaze kubera we, yemwe abo kw’isi mwese!

N’ubutaka bwimbuka burashimangiwe:

Ntibuzokwigera bunyiganyizwa+.

31 Amajuru nahimbarwe, isi na yo inezerwe+,

Nibivuge mu mahanga biti: ‘Yehova ubwiwe acitse umwami+!’

32 Ikiyaga nigituragare be n’ibicuzuye+,

Agahinga nikigine be n’ibiri muri ko vyose+.

33 Ico gihe nyene, ibiti vyo mu kibira nibiturikishe binezerwe kubera Yehova+,

Kuko aje gucira imanza isi+.

34 Nimukengurukire Yehova, kuko ari mwiza+,

Kuko ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+.

35 Muvuge muti: ‘Dukize, ewe Mana y’ubukiriro bwacu+,

Utwegeranye maze udukize udukuye mu mahanga+,

Ngo dukengurukire izina ryawe ryeranda+, ngo tuvugane ukwigina tugushemeza+.

36 Hahezagirwe Yehova ya Mana ya Isirayeli kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+.’”

Nuko abantu bose bavuga bati: “Amen!” bongera bashemeza Yehova+.

37 Maze asiga Asafu+ na bene wabo ng’aho imbere y’isandugu y’isezerano rya Yehova ngo bame bakorera+ imbere y’iyo Sandugu, nk’uko bibwirizwa kugirwa ku musi ku musi+; 38 asiga na Obedi-edomu na bene wabo, mirongo itandatu n’umunani, na Obedi-edomu mwene Yedutuni na Hosa ngo babe abarinzi b’irembo; 39 asiga na Zadoki+ umuherezi na bene wabo abaherezi imbere y’itaberenakulo ya Yehova ku kibanza gikirurutse* cari i Gibeyoni+, 40 kugira ngo bame bashikanira Yehova amashikanwa aturirwa ku gicaniro c’ishikanwa riturirwa, mu gitondo no ku mugoroba, no kugira ngo bitwararike ibintu vyose vyanditswe mw’itegeko rya Yehova, iryo yategetse Isirayeli+; 41 kandi hamwe na bo ashiraho Hemani+ na Yedutuni n’abasigaye bo mu bagabo batowe, bavuzwe+ amazina, kugira ngo bakengurukire Yehova+, kuko “ubuntu bwuzuye urukundo bwiwe ari ubwo gushika igihe kitagira urugero+”; 42 Hemani+ na Yedutuni+, abashira hamwe na bo kugira ngo bavuze inzumbete+ n’ivyuma bisāma n’ibicurarangisho vy’ururirimbo rw’Imana y’ukuri; bene+ Yedutuni na bo bashirwa kw’irembo. 43 Maze abantu bose baragenda, umwe wese ku nzu yiwe+. Nuko Dawidi aja guhezagira inzu yiwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika