Zaburi
Ururirimbo rw’Ukuduga.
Bameze nk’umusozi Siyoni+ udashobora kunyiganyizwa, mugabo ukiberaho no gushika igihe kitagira urugero+.
2 Nk’uko imisozi iri irya n’ino ya Yeruzalemu+,
Ni ko Yehova ari irya n’ino y’abantu biwe+
Kuva ubu no gushika igihe kitagira urugero+.