ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yobu 11
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yobu 11:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 42:9

Yobu 11:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 12:4

Yobu 11:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 6:10
  • +Yb 6:29; 10:7

Yobu 11:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:1

Yobu 11:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:13

Yobu 11:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ums 3:11; Rm 11:33

Yobu 11:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 139:8

Yobu 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 94:11; Zf 3:5

Yobu 11:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 143:6

Yobu 11:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 4:5

Yobu 11:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 39:5; 89:47
  • +Zb 112:4; Yes 58:8

Yobu 11:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:6; Zb 3:5; Img 3:24

Yobu 11:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 45:12

Yobu 11:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:16
  • +Yb 8:14; 18:14
  • +Ivh 9:6

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yobu 11:1Yb 42:9
Yobu 11:3Yb 12:4
Yobu 11:4Yb 6:10
Yobu 11:4Yb 6:29; 10:7
Yobu 11:5Yb 38:1
Yobu 11:6Ezr 9:13
Yobu 11:7Ums 3:11; Rm 11:33
Yobu 11:8Zb 139:8
Yobu 11:11Zb 94:11; Zf 3:5
Yobu 11:13Zb 143:6
Yobu 11:15It 4:5
Yobu 11:17Zb 39:5; 89:47
Yobu 11:17Zb 112:4; Yes 58:8
Yobu 11:18Lw 26:6; Zb 3:5; Img 3:24
Yobu 11:19Zb 45:12
Yobu 11:20Lw 26:16
Yobu 11:20Yb 8:14; 18:14
Yobu 11:20Ivh 9:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Yobu 11:1-20

Yobu

11 Zofari Umunayamati+ arishura ati:

 2 “Mbega amajambo indiri yogenda atishuwe,

Canke umwirasi w’umwirasi yoba mu kuri?

 3 Mbega amajambo yawe agaragara yonumya abagabo,

Ukaguma utwengera mw’ijigo ata wuguhambarira+?

 4 Uvuga kandi ngo: ‘Inyigisho yanje+ iratyoroye,

Kandi nabonetse ko ntahumanye koko+ mu maso yawe.’

 5 Yamara, ese iyaba Imana ubwayo yovuga

Igateranurira iminwa yayo kuri wewe+!

 6 Ni ho yokubwira amabanga y’ubukerebutsi,

Kuko ibintu vy’ubukerebutsi ngirakamaro ari vyinshi.

Kandi womenya ko Imana ireka kw’ikosa ryawe hakaba ivyibagirwa, ku neza yawe+.

 7 Mbega womenya ibintu vyimbitse vy’Imana+,

Canke womenya akarimbi ka Mushoboravyose?

 8 Ubukerebutsi buri hejuru kuruta ijuru. Wewe woshika ku ki?

Burimbitse kuruta ukuzimu+. Wewe womenya iki?

 9 Ubupimye ni burebure kuruta isi,

Bukaba bwagutse kuruta ikiyaga.

10 Irenganye ikagabura umuntu ngo atabwe muri yompi

Igahamagara sentare, ni nde none yoyihangara?

11 Kuko ubwayo izi neza abantu b’ababeshi+.

Niyabona ibintu bibabaza, mbega ntizobizirikana?

12 N’umuntu atagira ubwonko yogira ugutahura

Hamwe imparage isa n’indogobwa yovuka ari umuntu.

13 Hamwe wewe wotegura koko umutima wawe

Kandi vy’ukuri ukagaranzurira Imana ibiganza+,

14 Nimba hari ibintu bibabaza mu kuboko kwawe, vyigize kure,

Ntureke ngo ibitagororotse bibe mu mahema yawe.

15 Kuko ari ho uzoraramura amaso yawe ata gahonzi+,

Ugacika uwushimangiwe, kandi ntuzotinya.

16 Kuko wewe ubwawe uzokwibagira ivyago;

Uzovyibuka nk’amazi yarenganye.

17 Ikiringo ubuzima bwawe bumara+ kizoduga gikayangane kurusha umutaga;

Umwiza uzoba nk’agatondo+.

18 Kandi ntuzobura kwizigira kuko hariho icizigiro;

Emwe, uzoraba irya n’ino witonze, uzokwiryamira mu mutekano+.

19 Uzokwigaramangira, ata n’umwe akujugumiza.

Emwe, abantu benshi bazotuma ugira mu maso hakeye+;

20 Amaso y’ababisha azogwabira+;

Ubuhungiro buzozimangana babubure+,

Icizigiro cabo kibe ukudenduka kw’umutima+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika