ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 4
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 4:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:16; Ivh 1:10
  • +It 28:12; Ivh 11:12
  • +Dn 2:28; Ivh 1:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 74

Ivyahishuwe 4:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 22:19; Yes 6:1
  • +Zb 11:4; Ivk 7:55
  • +Ezk 1:26; Dn 7:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 74-76

Ivyahishuwe 4:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Yh 1:5
  • +Ivh 21:11
  • +It 9:13
  • +Kv 28:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 6 2016 rup. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 76

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2005, rup. 31

Ivyahishuwe 4:4

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 3:21; 20:4
  • +Ivh 1:6; 4:10
  • +1Ng 24:1, 18; Lk 1:5
  • +Ivh 6:11; 19:8
  • +1Pt 5:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 76-77, 102-103, 288-289

Ivyahishuwe 4:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:35; Ezk 1:13
  • +Kv 19:16; 20:18
  • +Kv 25:31; 40:24
  • +Ivh 1:4; 5:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2009, rup. 30

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 77-79

Ivyahishuwe 4:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 30:18; 1Bm 7:23
  • +Ezk 1:5; Ivh 4:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 79-80

Ivyahishuwe 4:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 17:10; Img 28:1; Yes 31:4
  • +1Bm 7:25; Ivh 6:3
  • +Ivh 6:5
  • +Ivh 6:7
  • +Yb 39:29; Ezk 1:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 80

Ivyahishuwe 4:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 5:8
  • +Yes 6:2
  • +Img 15:3; Ezk 1:18; 10:12; Heb 4:13
  • +Yes 6:3; Lk 1:49
  • +Kv 6:3; Ivh 11:17; 15:3
  • +Kv 3:14; Ivh 1:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 81, 129

Ivyahishuwe 4:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 92:1
  • +Zb 47:8; Ivh 21:5
  • +Zb 90:2; Dn 4:34; 12:7

Ivyahishuwe 4:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 5:8
  • +1Ng 16:29; Zb 95:6; Ivh 19:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 81

Ivyahishuwe 4:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 5:16; Ivh 14:7
  • +1Tm 1:17
  • +Ivh 5:13; 7:12; 11:17; 12:10
  • +Ef 3:9; Ivh 10:6
  • +Mt 6:10; 26:39; 1Pt 4:2; 1Yh 2:17
  • +It 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 4

    Umunara w’Inderetsi,

    1/12/2008, rup. 31

    1/12/1999, rup. 22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 81

    Imizimu, rup. 12

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 4:1Kv 19:16; Ivh 1:10
Ivyah. 4:1It 28:12; Ivh 11:12
Ivyah. 4:1Dn 2:28; Ivh 1:1
Ivyah. 4:21Bm 22:19; Yes 6:1
Ivyah. 4:2Zb 11:4; Ivk 7:55
Ivyah. 4:2Ezk 1:26; Dn 7:9
Ivyah. 4:31Yh 1:5
Ivyah. 4:3Ivh 21:11
Ivyah. 4:3It 9:13
Ivyah. 4:3Kv 28:17
Ivyah. 4:4Ivh 3:21; 20:4
Ivyah. 4:4Ivh 1:6; 4:10
Ivyah. 4:41Ng 24:1, 18; Lk 1:5
Ivyah. 4:4Ivh 6:11; 19:8
Ivyah. 4:41Pt 5:4
Ivyah. 4:5Yb 38:35; Ezk 1:13
Ivyah. 4:5Kv 19:16; 20:18
Ivyah. 4:5Kv 25:31; 40:24
Ivyah. 4:5Ivh 1:4; 5:6
Ivyah. 4:6Kv 30:18; 1Bm 7:23
Ivyah. 4:6Ezk 1:5; Ivh 4:9
Ivyah. 4:72Sm 17:10; Img 28:1; Yes 31:4
Ivyah. 4:71Bm 7:25; Ivh 6:3
Ivyah. 4:7Ivh 6:5
Ivyah. 4:7Ivh 6:7
Ivyah. 4:7Yb 39:29; Ezk 1:10
Ivyah. 4:8Ivh 5:8
Ivyah. 4:8Yes 6:2
Ivyah. 4:8Img 15:3; Ezk 1:18; 10:12; Heb 4:13
Ivyah. 4:8Yes 6:3; Lk 1:49
Ivyah. 4:8Kv 6:3; Ivh 11:17; 15:3
Ivyah. 4:8Kv 3:14; Ivh 1:4
Ivyah. 4:9Zb 92:1
Ivyah. 4:9Zb 47:8; Ivh 21:5
Ivyah. 4:9Zb 90:2; Dn 4:34; 12:7
Ivyah. 4:10Ivh 5:8
Ivyah. 4:101Ng 16:29; Zb 95:6; Ivh 19:10
Ivyah. 4:11Mt 5:16; Ivh 14:7
Ivyah. 4:111Tm 1:17
Ivyah. 4:11Ivh 5:13; 7:12; 11:17; 12:10
Ivyah. 4:11Ef 3:9; Ivh 10:6
Ivyah. 4:11Mt 6:10; 26:39; 1Pt 4:2; 1Yh 2:17
Ivyah. 4:11It 2:3
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 4:1-11

Ivyahishuwe

4 Inyuma y’ivyo, ngize ntya mbona umuryango wuguruye mw’ijuru, kandi ijwi rya mbere numvise ryari nk’iry’urumbete+, rivugana nanje, riti: “Duga hano+, nkwereke ibintu bitegerezwa kuba+.” 2 Hanyuma y’ivyo, buno nyene mba mu bubasha bw’impwemu: maze mbona intebe y’ubwami+ yari mu kibanza cayo mw’ijuru+, kandi hari uwari yicaye kuri nya ntebe+. 3 Kandi uwari yicaye, uravye ishusho yiwe+, yasa n’ibuye ryitwa yasipi+ be n’ibuye ry’agaciro ry’ibara ritukura, hirya no hino ya nya ntebe na ho hakaba umunywamazi+ usa n’ibuye ry’agaciro ryitwa emerode+.

4 Kandi hirya no hino ya nya ntebe hari intebe z’ubwami mirongo ibiri na zine, kandi kuri izo ntebe z’ubwami+ mbona hicaye abakurambere*+ mirongo ibiri na bane+ bambaye impuzu zo hejuru zera+, ku mitwe yabo na ho hakaba ingori z’inzahabu+. 5 Kandi kuri nya ntebe hava imiravyo+ n’amajwi n’imituragaro+; kandi hari amatara+ indwi y’umuriro yakira imbere ya nya ntebe, ayo akaba agereranya za mpwemu indwi+ z’Imana. 6 Kandi imbere ya nya ntebe hari ico womenga ni ikiyaga c’ikiyo+ kimeze nk’ibuye ry’agaciro ryitwa kirisitalo.

Kandi hagati ya nya ntebe no hirya no hino yayo hari ibinyabuzima bine+ vyuzuyeko amaso imbere n’inyuma. 7 Ikinyabuzima ca mbere cari kimeze nk’intambwe+, ikinyabuzima ca kabiri na co nk’ikimasa+, ikinyabuzima ca gatatu+ na co cari gifise mu maso nk’ah’umuntu, ikinyabuzima ca kane+ na co kikaba kimeze nk’inkona+ iriko iraguruka. 8 Kandi ku vyerekeye ivyo binyabuzima bine+, kimwekimwe muri vyo uko bikurikirana gifise amababa atandatu+; hirya no hino be no munsi vyuzuyeko amaso+. Kandi nta karuhuko bigira ku murango no mw’ijoro kuko biguma bivuga biti: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova+ Imana, Mushoboravyose+, uwariho kandi ariho+ kandi ariko araza.”

9 Kandi igihe cose nya binyabuzima bihaye ubuninahazwa n’iteka n’ugukenguruka+ Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, Umwe abaho ibihe bitazoshira+, 10 ba bakurambere mirongo ibiri na bane+ baca bikubita hasi imbere y’Umwe yicaye kuri ya ntebe bagasenga+ Umwe abaho ibihe bitazoshira, bagaterera ingori zabo imbere y’iyo ntebe, bakavuga bati: 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika