ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 13
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 13:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:9; 20:1

Itanguriro 13:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 24:35; Gus 8:18

Itanguriro 13:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:8; Yos 7:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 12

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13

Itanguriro 13:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7
  • +It 21:33; Yes 12:4; Rm 10:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13

Itanguriro 13:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 36:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13-14

Itanguriro 13:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:19; 15:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 13-14

Itanguriro 13:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 11:27
  • +Zb 133:1; Img 15:18; Rm 12:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/1/2004, rup. 27

    1/9/2001, rup. 18-19

Itanguriro 13:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 17:14; Rm 12:18; Heb 12:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    5/2016, rup. 5-6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 27

    15/1/2004, rup. 27

    1/9/2001, rup. 13-15, 18-19

Itanguriro 13:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:28
  • +It 19:22
  • +It 2:9; Yes 51:3; Ezk 36:35

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 14

Itanguriro 13:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 14

Itanguriro 13:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 19:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 14

Itanguriro 13:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:20; 19:5; Rm 1:27; 2Pt 2:6; Yud 7

Itanguriro 13:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 34:1

Itanguriro 13:15

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:7; 15:18; 24:7; Kv 33:1

Itanguriro 13:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:2; 15:5; Kv 1:7; Gus 26:5; Heb 11:12

Itanguriro 13:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 34:4; Yos 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2004, rup. 13-14

    1/9/2001, rup. 15

Itanguriro 13:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:1; 23:19; 25:9
  • +It 23:2
  • +It 12:7

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 15

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 13:1It 12:9; 20:1
Ita. 13:2It 24:35; Gus 8:18
Ita. 13:3It 12:8; Yos 7:2
Ita. 13:4It 12:7
Ita. 13:4It 21:33; Yes 12:4; Rm 10:13
Ita. 13:6It 36:7
Ita. 13:7It 10:19; 15:18
Ita. 13:8It 11:27
Ita. 13:8Zb 133:1; Img 15:18; Rm 12:10
Ita. 13:9Img 17:14; Rm 12:18; Heb 12:14
Ita. 13:10It 19:28
Ita. 13:10It 19:22
Ita. 13:10It 2:9; Yes 51:3; Ezk 36:35
Ita. 13:12It 19:29
Ita. 13:13It 18:20; 19:5; Rm 1:27; 2Pt 2:6; Yud 7
Ita. 13:14Gus 34:1
Ita. 13:15It 12:7; 15:18; 24:7; Kv 33:1
Ita. 13:16It 12:2; 15:5; Kv 1:7; Gus 26:5; Heb 11:12
Ita. 13:17Gus 34:4; Yos 12:7
Ita. 13:18It 18:1; 23:19; 25:9
Ita. 13:18It 23:2
Ita. 13:18It 12:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 13:1-18

Itanguriro

13 Inyuma y’ivyo Aburamu araduga avuye mu Misiri, we n’umugore wiwe n’ivyo yari afise vyose, na Loti ari kumwe na we, aja i Negebu+. 2 Kandi Aburamu yari afise amasho n’ifeza n’inzahabu vyinshi cane+. 3 Nuko agenda arakambika asubira, kuva i Negebu gushika i Beteli, ha hantu ihema ryiwe ryari riri ubwa mbere hagati ya Beteli na Ayi+, 4 ha hantu hari ca gicaniro yari yarakoreye ng’aho mu ntango+; maze Aburamu atangura kuhambariza izina rya Yehova+.

5 Kandi Loti, uwariko ajana na Aburamu, na we nyene yari afise intama n’inka n’amahema. 6 Nuko igihugu nticabakundira kubana, kuko ibintu vyabo vyari vyarabaye vyinshi, bakaba batari bashoboye kubana+. 7 Nuko havyuka imitongano hagati y’abungere b’ibitungwa vya Aburamu n’abungere b’ibitungwa vya Loti; kandi ico gihe Umunyakanani n’Umuperizi baba muri ico gihugu+. 8 Ku bw’ivyo Aburamu abwira Loti+ ati: “Ndakwinginze, ntureke ngo hagire ugutongana kubandanya hagati yanje nawe no hagati y’abungere banje n’abungere bawe, kuko turi abavukanyi+. 9 None igihugu cose ntikiri imbere yawe? Ndakwinginze, utandukane nanje. Niwaja ibubamfu, nzoja rero iburyo; nayo niwaja iburyo, nzoheza nje ibubamfu+.” 10 Nuko Loti yunamura amaso maze abona Intara ya Yorodani+ yose gushika i Zowari+, yuko yose yari akarere kavomerewe neza (aho hakaba hari imbere y’uko Yehova ahonya Sodomu na Gomora), nka wa murima wa Yehova+, nk’igihugu ca Misiri. 11 Loti yihitiramwo rero Intara ya Yorodani yose, maze yimurira ikambi yiwe mu buseruko. Nuko baratandukana. 12 Aburamu aba mu gihugu ca Kanani, mugabo Loti aba mu bisagara vy’iyo Ntara+. Amaherezo ashinga ihema hafi ya Sodomu. 13 Abantu b’i Sodomu bari babi bakaba n’abacumuzi katwa kuri Yehova+.

14 Nuko Yehova abwira Aburamu inyuma y’aho Loti atandukaniye na we, ati: “Ndakwinginze uraramure amaso, maze uri aho hantu uri, urabe amaja mu buraruko n’amaja mu bumanuko n’amaja mu buseruko n’amaja mu burengero+, 15 kuko igihugu cose uriko uraraba, nzogiha wewe n’uruvyaro* rwawe gushika igihe kitagira urugero+. 16 Kandi uruvyaro rwawe nzorugira nk’udutete tw’umukungugu w’isi, ku buryo, nimba umuntu yoshobora guharūra udutete tw’umukungugu w’isi, uruvyaro rwawe rero rwoshobora guharurwa+. 17 Haguruka, ugendagende muri ico gihugu mu burebure bwaco no mu bwaguke bwaco, kuko ari wewe ngiye kugiha+.” 18 Nuko Aburamu abandanya kuba mu mahema. Mu nyuma araza aba mu biti binini vya Mamure+ biri i Heburoni+; atangura kuhubakira igicaniro Yehova+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika