ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 19
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 19:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 7:29; Ezk 26:17
  • +2Ng 35:25

Ezekiyeli 19:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 7:2; Nah 2:11; Zf 3:3

Ezekiyeli 19:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:31; 2Ng 36:1
  • +2Bm 23:32

Ezekiyeli 19:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:33; 2Ng 36:4; Yr 22:11

Ezekiyeli 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 23:34

Ezekiyeli 19:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:5; Yr 22:17
  • +2Bm 24:4

Ezekiyeli 19:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:19
  • +Img 19:12; 28:15; Ezk 22:25

Ezekiyeli 19:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:2
  • +Ezk 12:13; 17:20
  • +Int 4:20

Ezekiyeli 19:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 24:12
  • +Ezk 6:2

Ezekiyeli 19:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 2:2
  • +Zb 80:8; Yes 5:1; Ezk 15:2; 17:6
  • +Gh 24:6; Gus 8:7

Ezekiyeli 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 24:17; Ezr 4:20
  • +Ezk 31:3; Dn 4:11

Ezekiyeli 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 5:5; Yr 17:10; 31:28; Ezk 15:6
  • +Hs 13:15
  • +2Bm 23:34; 24:6; 25:6
  • +Gus 32:22; Ezk 15:4

Ezekiyeli 19:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:48; Yr 17:6; 52:27
  • +Yr 9:11

Ezekiyeli 19:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 9:15; 2Bm 24:20
  • +Neh 9:37; Ezk 17:18; 21:26
  • +Int 4:20

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 19:1Yr 7:29; Ezk 26:17
Ezk. 19:12Ng 35:25
Ezk. 19:2Zb 7:2; Nah 2:11; Zf 3:3
Ezk. 19:32Bm 23:31; 2Ng 36:1
Ezk. 19:32Bm 23:32
Ezk. 19:42Bm 23:33; 2Ng 36:4; Yr 22:11
Ezk. 19:52Bm 23:34
Ezk. 19:62Ng 36:5; Yr 22:17
Ezk. 19:62Bm 24:4
Ezk. 19:7Ezk 12:19
Ezk. 19:7Img 19:12; 28:15; Ezk 22:25
Ezk. 19:82Bm 24:2
Ezk. 19:8Ezk 12:13; 17:20
Ezk. 19:8Int 4:20
Ezk. 19:92Bm 24:12
Ezk. 19:9Ezk 6:2
Ezk. 19:10Hs 2:2
Ezk. 19:10Zb 80:8; Yes 5:1; Ezk 15:2; 17:6
Ezk. 19:10Gh 24:6; Gus 8:7
Ezk. 19:11Gh 24:17; Ezr 4:20
Ezk. 19:11Ezk 31:3; Dn 4:11
Ezk. 19:12Yes 5:5; Yr 17:10; 31:28; Ezk 15:6
Ezk. 19:12Hs 13:15
Ezk. 19:122Bm 23:34; 24:6; 25:6
Ezk. 19:12Gus 32:22; Ezk 15:4
Ezk. 19:13Gus 28:48; Yr 17:6; 52:27
Ezk. 19:13Yr 9:11
Ezk. 19:14Abc 9:15; 2Bm 24:20
Ezk. 19:14Neh 9:37; Ezk 17:18; 21:26
Ezk. 19:14Int 4:20
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 19:1-14

Ezekiyeli

19 “Nayo wewe, ririmba akaririmbo k’intimba+ ku vyerekeye abakuru ba Isirayeli+, 2 uvuge uti: ‘Nyoko wawe yari iki? Intambwe y’ingore mu ntambwe+. Yiryamira hagati mu ntambwe z’imikangara z’imigāra. Yarera ivyana vyayo.

3 “‘Nuko ikuza kimwe mu vyana vyayo+. Kiba intambwe y’umukangara y’umugāra, gitangura kwiga gutabagura igicakiwe+. Cararokeje mbere n’umuntu yakuwe mw’ivu. 4 Maze amahanga aguma yumva ivyaco. Gifatirwa mu cobo cayo, maze bakizana mu gihugu ca Misiri bakoresheje ingobe+.

5 “‘Nyina ibonye yuko yarindiriye igahebura, ica itora ikindi mu vyana vyayo+, ikigira intambwe y’umukangara y’umugāra. 6 Nuko gitangura kugendagenda hagati mu ntambwe, gicika intambwe y’umukangara y’umugāra. Buhorobuhoro ciga gutabagura igicakiwe+. Cararokeje mbere n’umuntu yakuwe mw’ivu+. 7 Kirahava kimenya iminara yiwe yo kubamwo, gitikiza mbere ibisagara vyabo+, ku buryo igihugu gisigara ari umusaka, kicuzuza urwamo rw’ukuroha kwaco+. 8 Maze amahanga yo hirya no hino yo mu ntara z’ubutware aragihagurukira+, agisanza hejuru urusenga rwayo+. Gifatirwa mu cobo cayo+. 9 Amaherezo bagishira mu kazu hakoreshejwe ingobe, bakizana ku mwami w’i Babiloni+. Bakizana bakoresheje insenga z’uruhigi, kugira ngo urwamo rwaco ntirwongere kwumvikana ku misozi ya Isirayeli+.

10 “‘Nyoko wawe+ yari nk’umuzabibu mu maraso yawe+, utewe iruhande y’amazi. Acika uwama ivyamwa, yuzura amashami, kubera amazi menshi+. 11 Nya mashami amubera inkoni zikomeye, zigenewe kuba udukoni tw’abatware+. Ikireho cawo kirahava kiba kirekire hagati mu mashami, uribonekeza kubera uburebure bwawo, kubera amababi yawo menshi+. 12 Mugabo amaherezo araranduranwa uburake+. Atererwa hasi, maze umuyaga wo mu buseruko wumisha ivyamwa vyiwe+. Inkoni yiwe ikomeye irahanyurwa, iruma+. Umuriro urayirigata+. 13 Ubu atewe mu gahinga+, mu gihugu kigadutse kandi kinyotewe+. 14 Hanyuma umuriro uva muri nya nkoni yiwe+, urigita udushami twiwe, ivyamwa vyiwe, maze muri we ntihaboneka inkoni ikomeye, ntihaboneka agakoni k’ubutware ko kuganza+.

“‘Ako ni akaririmbo k’intimba, kandi kazocika akaririmbo k’intimba+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika