ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 3
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 3:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 24:4
  • +Yes 24:5; Yr 2:7
  • +Yr 2:20; Ezk 16:28
  • +Yr 4:1; Zk 1:3

Yeremiya 3:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:23
  • +Ezk 16:16; 20:28
  • +It 38:16; Img 23:28
  • +Yr 2:7

Yeremiya 3:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:19; Gus 28:23; Yes 5:6; Yr 9:12; 14:4; Am 4:7; Hg 1:11
  • +Yr 5:24
  • +Yr 6:15; Zf 3:5

Yeremiya 3:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:19; 31:9
  • +Zb 71:5; Img 2:17; Yr 2:2; Hs 2:15

Yeremiya 3:5

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 77:7; 103:9; Yes 57:16; 64:9
  • +Mik 2:1; 7:3; Zf 3:3

Yeremiya 3:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 22:1
  • +Yr 7:24
  • +Yes 57:7; Yr 2:20; Ezk 6:3
  • +1Bm 14:23; Yr 17:2
  • +Ezk 20:28; Hs 4:13

Yeremiya 3:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:13; 2Ng 30:6; Hs 14:1
  • +Ezk 16:46; 23:2

Yeremiya 3:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:21; Ezk 23:9; Hs 2:2; 9:15
  • +Gus 24:1; Yes 50:1
  • +2Bm 17:19; Ezk 23:11

Yeremiya 3:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 2:7
  • +Yes 57:6; Yr 2:27

Yeremiya 3:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 78:37; Hs 7:14
  • +Img 11:20

Yeremiya 3:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 16:51; 23:11

Yeremiya 3:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:6; Yr 23:8; 31:8
  • +Yr 4:1; Ezk 33:11; Hs 6:1; 14:1
  • +Hs 11:8
  • +2Sm 22:26; Zb 18:25; 86:5; Ivh 15:4
  • +Zb 79:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 150-152

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 9

Yeremiya 3:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:40; Img 28:13; Hs 7:13
  • +Yr 2:25; Ezk 16:15
  • +Gus 12:2

Yeremiya 3:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 57:17; Yr 4:22
  • +Yes 54:5; Yr 2:2; 31:32; Hs 2:19
  • +Yr 23:3; Rm 11:5

Yeremiya 3:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 23:4; Ezk 34:23; Ef 4:11
  • +Yoh 21:15; Ivk 20:28

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 129-130

Yeremiya 3:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:4; Hs 1:10
  • +1Sm 4:5
  • +Yes 65:17

Yeremiya 3:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 87:3; Yr 14:21; Ezk 43:7
  • +Yes 2:2; 60:3; Mik 4:2; Zk 2:11; 8:23; Ivh 7:9
  • +Yes 26:8; 56:6; Zk 8:22
  • +Zb 78:8

Yeremiya 3:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:4; Hs 1:11
  • +2Ng 36:23; Ezr 1:3; Ezk 37:19
  • +Yr 23:8; Am 9:15

Yeremiya 3:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 106:24; Ezk 20:6
  • +Yes 63:16; 64:8; Mt 6:8; 1Pt 1:17

Yeremiya 3:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 3:1
  • +Yes 48:8; Yr 5:11; Hs 5:7; 6:7; Mal 2:11

Yeremiya 3:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 10:9; Mik 3:9
  • +Yes 17:10; Ezk 23:35; Hs 8:14; 13:6

Yeremiya 3:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Hs 6:1; 14:1
  • +Yr 33:6; Hs 14:4
  • +Yr 31:18; Hs 3:5; Zk 13:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 72

Yeremiya 3:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 65:7
  • +Yr 10:14; Yon 2:8
  • +Zb 3:8; 37:39; Yes 12:2; Yoh 4:22

Yeremiya 3:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 11:13; Hs 9:10

Yeremiya 3:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezr 9:6; Yr 2:26; Dn 9:7
  • +Ezk 7:18
  • +Zb 51:4; Yr 2:19; Ezk 36:31
  • +Ezr 9:7; Zb 106:7
  • +Abc 2:2; Yes 48:8; Yr 22:21; Dn 9:10; 1Kr 10:8

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 3:1Gus 24:4
Yer. 3:1Yes 24:5; Yr 2:7
Yer. 3:1Yr 2:20; Ezk 16:28
Yer. 3:1Yr 4:1; Zk 1:3
Yer. 3:2Yr 2:23
Yer. 3:2Ezk 16:16; 20:28
Yer. 3:2It 38:16; Img 23:28
Yer. 3:2Yr 2:7
Yer. 3:3Lw 26:19; Gus 28:23; Yes 5:6; Yr 9:12; 14:4; Am 4:7; Hg 1:11
Yer. 3:3Yr 5:24
Yer. 3:3Yr 6:15; Zf 3:5
Yer. 3:4Yr 3:19; 31:9
Yer. 3:4Zb 71:5; Img 2:17; Yr 2:2; Hs 2:15
Yer. 3:5Zb 77:7; 103:9; Yes 57:16; 64:9
Yer. 3:5Mik 2:1; 7:3; Zf 3:3
Yer. 3:62Bm 22:1
Yer. 3:6Yr 7:24
Yer. 3:6Yes 57:7; Yr 2:20; Ezk 6:3
Yer. 3:61Bm 14:23; Yr 17:2
Yer. 3:6Ezk 20:28; Hs 4:13
Yer. 3:72Bm 17:13; 2Ng 30:6; Hs 14:1
Yer. 3:7Ezk 16:46; 23:2
Yer. 3:8Yes 1:21; Ezk 23:9; Hs 2:2; 9:15
Yer. 3:8Gus 24:1; Yes 50:1
Yer. 3:82Bm 17:19; Ezk 23:11
Yer. 3:9Yr 2:7
Yer. 3:9Yes 57:6; Yr 2:27
Yer. 3:10Zb 78:37; Hs 7:14
Yer. 3:10Img 11:20
Yer. 3:11Ezk 16:51; 23:11
Yer. 3:122Bm 17:6; Yr 23:8; 31:8
Yer. 3:12Yr 4:1; Ezk 33:11; Hs 6:1; 14:1
Yer. 3:12Hs 11:8
Yer. 3:122Sm 22:26; Zb 18:25; 86:5; Ivh 15:4
Yer. 3:12Zb 79:5
Yer. 3:13Lw 26:40; Img 28:13; Hs 7:13
Yer. 3:13Yr 2:25; Ezk 16:15
Yer. 3:13Gus 12:2
Yer. 3:14Yes 57:17; Yr 4:22
Yer. 3:14Yes 54:5; Yr 2:2; 31:32; Hs 2:19
Yer. 3:14Yr 23:3; Rm 11:5
Yer. 3:15Yr 23:4; Ezk 34:23; Ef 4:11
Yer. 3:15Yoh 21:15; Ivk 20:28
Yer. 3:16Yes 61:4; Hs 1:10
Yer. 3:161Sm 4:5
Yer. 3:16Yes 65:17
Yer. 3:17Zb 87:3; Yr 14:21; Ezk 43:7
Yer. 3:17Yes 2:2; 60:3; Mik 4:2; Zk 2:11; 8:23; Ivh 7:9
Yer. 3:17Yes 26:8; 56:6; Zk 8:22
Yer. 3:17Zb 78:8
Yer. 3:18Yr 50:4; Hs 1:11
Yer. 3:182Ng 36:23; Ezr 1:3; Ezk 37:19
Yer. 3:18Yr 23:8; Am 9:15
Yer. 3:19Zb 106:24; Ezk 20:6
Yer. 3:19Yes 63:16; 64:8; Mt 6:8; 1Pt 1:17
Yer. 3:20Hs 3:1
Yer. 3:20Yes 48:8; Yr 5:11; Hs 5:7; 6:7; Mal 2:11
Yer. 3:21Img 10:9; Mik 3:9
Yer. 3:21Yes 17:10; Ezk 23:35; Hs 8:14; 13:6
Yer. 3:22Hs 6:1; 14:1
Yer. 3:22Yr 33:6; Hs 14:4
Yer. 3:22Yr 31:18; Hs 3:5; Zk 13:9
Yer. 3:23Yes 65:7
Yer. 3:23Yr 10:14; Yon 2:8
Yer. 3:23Zb 3:8; 37:39; Yes 12:2; Yoh 4:22
Yer. 3:24Yr 11:13; Hs 9:10
Yer. 3:25Ezr 9:6; Yr 2:26; Dn 9:7
Yer. 3:25Ezk 7:18
Yer. 3:25Zb 51:4; Yr 2:19; Ezk 36:31
Yer. 3:25Ezr 9:7; Zb 106:7
Yer. 3:25Abc 2:2; Yes 48:8; Yr 22:21; Dn 9:10; 1Kr 10:8
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 3:1-25

Yeremiya

3 Biravugwa ngo: “Umugabo aramutse yirukanye umugore wiwe maze uno akavana koko na we hanyuma akaba uw’uwundi mugabo, mbega yoba agisubirana na nya mugore+?”

Mbega ico gihugu nticahumanijwe rwose+?

“Nawe wakoranye ubumaraya n’abagenzi benshi+; mbega wogaruka kuri jewe+?” ni ko Yehova avuze. 2 “Raramurira amaso yawe ku minyuro inoze, urabe+. Ni hehe utashurashurijwe ku nguvu+? Wicaye iruhande y’utuyira ubarindiriye, nk’Umwarabu mu gahinga+; kandi uguma uhumanisha igihugu ubumaraya bwawe n’ububi bwawe+. 3 Ni co gitumye wimwa imvura nyinshi+, hakaba ata n’imvura y’impeshi iboneka+. Usigaye ufise uruhanga rw’umugore akora ubumaraya. Waranse guteterwa+. 4 Mbega guhera ubu warasemereye umbwira ngo: ‘Dawe+, ni wewe mugenzi somambike wo mu buto bwanje+! 5 Hari uwogumana inzika gushika igihe kitagira urugero*, canke akaguma areretse ikintu ibihe bidahera+?’ Ehe waravuze, kandi wabandanije gukora ibintu bibi, uraroranirwa+.”

6 Nuko Yehova ambwira mu misi ya Yosiya umwami+ ati: “‘Wabonye ivyo Isirayeli w’umuhemu yakoze+? Agenda ku musozi muremure wose+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+, kugira ngo ahakorere ubumaraya+. 7 Amaze gukora ivyo bintu vyose, nagumye mvuga ko azongarukako, mugabo ntiyagarutse+; kandi Yuda yagumye yitegereza mwene wabo w’umuhemu+. 8 Aho ndabiboneye, kuko Isirayeli w’umuhemu yari yararenze ibigo, ndamwirukana+ kandi ndamuha icete c’ukwahukana na we buhere+, yamara mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyatinye, mugabo na we nyene atangura kuja gukora ubumaraya+. 9 Ubumaraya bwiwe bwatumwe n’uko adafatana ibintu uburemere, kandi yagumye ahumanya igihugu+ yongera asambana n’amabuye be n’ibiti+; 10 mbere n’aho habereye ivyo vyose, mwene wabo w’umuhemu Yuda ntiyangarutseko n’umutima wiwe wose+, mugabo yabigiranye ububeshi gusa+,’ ni ko Yehova avuze.”

11 Yehova abandanya kumbwira ati: “Isirayeli w’umuhemu yerekanye ko umutima wiwe ugororotse kuruta Yuda w’umuhemu+. 12 Genda utangaze aya majambo mu buraruko+ uti:

“‘“Nugaruke, ewe Isirayeli w’umuhemu,” ni ko Yehova avuze+.’ ‘“Sinzobarabana ishavu+, kuko ndi intahemuka+,” ni ko Yehova avuze.’ ‘“Sinzogumana inzika gushika igihe kitagira urugero+. 13 Gusa, niwiteho ikosa ryawe, kuko Yehova Imana yawe ari we wagabitanijeko+. Kandi wagumye ukwiragiza inzira zawe ku b’ahandi+ munsi y’igiti gitotahaye cose+, mugabo ntimwumvirije ijwi ryanje,” ni ko Yehova avuze.’”

14 “Garuke, yemwe bana b’ibihemu+,” ni ko Yehova avuze. “Kuko jewe nabaye umugabo abagaba+; kandi nzobatora, umwe ndamukuye mu gisagara, babiri mu muryāngo, maze ndabajane i Siyoni+. 15 Nzobaha abungere bameze nk’uko umutima wanje ugomba+, na bo ata gukeka bazobaragirana ubumenyi n’ugutahura kwimbitse+. 16 Muri iyo misi muzogwira kandi murondoke mu gihugu,” ni ko Yehova avuze+. “Ntibazokwongera kuvuga ngo: ‘Isandugu y’isezerano rya Yehova+!’, kandi ntizobaza mu mutima, canke ngo bayibuke+, canke ngo bayikumbure, kandi ntizokwongera gukorwa. 17 Ico gihe bazokwita Yeruzalemu intebe y’ubwami ya Yehova+; kandi i Yeruzalemu ni ho amahanga yose azokoranirizwa+ kugira ngo ashemeze izina rya Yehova ng’aho+, kandi ntibazokwongera gukurikira akagagazo k’umutima wabo mubi+.”

18 “Muri iyo misi, inzu ya Yuda izogendana n’inzu ya Isirayeli+, kandi bazovana+ mu gihugu co mu buraruko binjire mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu bwa ntoranwa+. 19 Jewe navuze nti: ‘Ese ukuntu nagushize mu bahungu banje nkongera nkaguha igihugu gihimbaye+, intoranwa amahanga menshi cane abona ko ari agasharizo!’ Vyongeye navuze nti: ‘Muzosemerera mumpamagara muti: “Dawe+!”, kandi ntimuzosubira inyuma ngo mureke kunkurikira.’ 20 ‘Ni ukuri, nk’uko umugore yahemutse akavana n’umugenzi wiwe+, ni ko mwebwe, ewe nzu ya Isirayeli, mwampemukiye+,’ ni ko Yehova avuze.”

21 Hari ijwi ryumvikanye mu minyuro inoze, ry’ukurira n’ukwinginga kwa bene Isirayeli. Kuko bagoramitse inzira yabo+; baribagiye Yehova Imana yabo+.

22 “Garuke, yemwe bahungu b’ibihemu+. Nzokiza ubuhemu bwanyu+.”

“Turi hano! Tuje kuri wewe, kuko wewe, ewe Yehova, uri Imana yacu+. 23 Vy’ukuri imirambi n’uruyogoyogo rwo ku misozi+ ni ivy’uruhendo+. Vy’ukuri muri Yehova Imana yacu ni ho ubukiriro bwa Isirayeli buri+. 24 Mugabo ikintu c’akamaramaza+ cararigase ubucumukure bwa ba sogokuruza bacu kuva mu buto bwacu, imikuku yabo n’amasho yabo, abahungu babo n’abakobwa babo. 25 Turyama mu bimaramare vyacu+, kandi agateterwe kacu kaguma kadupfutse+; kuko Yehova Imana yacu ari we twacumuyeko+, twebwe na ba data, kuva mu buto bwacu gushika n’uyu musi+, kandi ntitwagamburukiye ijwi rya Yehova Imana yacu+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika