ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 11
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abaroma 11:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:22; Yr 31:37; Am 9:8
  • +Ivk 22:3; 2Kr 11:22
  • +Fp 3:5

Abaroma 11:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:5; Zb 94:14
  • +1Bm 19:10

Abaroma 11:3

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 19:2, 14

Abaroma 11:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:38
  • +1Bm 19:18

Abaroma 11:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 3:14; Rm 9:27
  • +Rm 9:11

Abaroma 11:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 1:7; 2:8
  • +Gl 2:16; Ef 2:9
  • +Gl 5:4

Abaroma 11:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:11; Rm 9:31
  • +Yoh 1:12; Rm 11:28
  • +2Kr 3:14

Abaroma 11:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:10
  • +Gus 29:4; Yr 5:21

Abaroma 11:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:22

Abaroma 11:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 69:23

Abaroma 11:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 10:8; Heb 4:11
  • +Gl 6:1
  • +Rm 11:19
  • +Gus 32:21; Rm 10:19

Abaroma 11:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 9:23; Kl 1:27
  • +Rm 11:25; Ivh 7:4

Abaroma 11:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 9:1; 15:9
  • +Ivk 9:15; Gl 1:16; Ef 3:8
  • +Fp 1:12; 2Tm 4:5
  • +Ivk 28:31; Kl 1:23; 1Tm 1:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2003, rup. 9

Abaroma 11:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 9:22; 1Tm 4:16
  • +Rm 9:3

Abaroma 11:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:43; Heb 8:13
  • +Rm 5:11; 2Kr 5:19

Abaroma 11:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:21; Neh 10:37; Ezk 44:30
  • +Lw 11:44; 1Pt 1:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 23

Abaroma 11:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:11, 14
  • +Abc 9:9
  • +Yr 11:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Agatabu k’ikoraniro ry’Ubuzima bwacu n’igikorwa cacu,

    2/2019, rup. 6

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 23-24

Abaroma 11:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 10:12
  • +Yes 37:31
  • +Yes 60:21; Heb 2:11

Abaroma 11:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:6
  • +Ivk 15:14

Abaroma 11:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 21:43; Heb 3:19; 11:6
  • +Gl 3:11; Ef 2:8
  • +Rm 12:16
  • +Fp 2:12

Abaroma 11:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 15:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 23

Abaroma 11:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 19:4; Lk 6:35; Rm 2:4
  • +Yud 5
  • +Mt 23:38
  • +1Kr 15:2
  • +Mt 25:30, 46

Abaroma 11:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 2:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 25

Abaroma 11:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 11:17
  • +2Kr 3:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 25

Abaroma 11:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 4:1; Ef 3:5
  • +Rm 11:7; 2Kr 3:14
  • +Rm 11:12; Ivh 7:4
  • +Ivh 7:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2010, rup. 29

Abaroma 11:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 2:29; 9:6; Gl 3:29; 6:16
  • +Zb 14:7
  • +Yes 59:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2011, rup. 25

    1/11/2010, rup. 29

    15/6/2008, rup. 28

Abaroma 11:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:21
  • +Yes 27:9; Yr 31:33; Heb 8:8

Abaroma 11:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 4:6
  • +Gus 10:15

Abaroma 11:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 23:19

Abaroma 11:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ef 2:2, 12
  • +Ivk 15:9
  • +Ivk 7:51; Heb 3:8

Abaroma 11:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 1:22

Abaroma 11:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 3:9
  • +1Tm 1:16; 2:4; Heb 4:16

Abaroma 11:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 2:4; 9:23
  • +Img 2:6; 3:19
  • +Zb 139:6
  • +Zb 36:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 176-177

    Umunara w’Inderetsi,

    15/11/2012, rup. 16

    Abahurikiye hamwe, rup. 59-60

Abaroma 11:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 2:16
  • +Yes 40:13; Dn 4:35

Abaroma 11:35

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 41:11

Abaroma 11:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 8:6
  • +Gl 1:5; Ivh 4:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Rom. 11:11Sm 12:22; Yr 31:37; Am 9:8
Rom. 11:1Ivk 22:3; 2Kr 11:22
Rom. 11:1Fp 3:5
Rom. 11:2Kv 19:5; Zb 94:14
Rom. 11:21Bm 19:10
Rom. 11:31Bm 19:2, 14
Rom. 11:4Ivk 7:38
Rom. 11:41Bm 19:18
Rom. 11:5Yr 3:14; Rm 9:27
Rom. 11:5Rm 9:11
Rom. 11:6Ef 1:7; 2:8
Rom. 11:6Gl 2:16; Ef 2:9
Rom. 11:6Gl 5:4
Rom. 11:7Yoh 1:11; Rm 9:31
Rom. 11:7Yoh 1:12; Rm 11:28
Rom. 11:72Kr 3:14
Rom. 11:8Yes 29:10
Rom. 11:8Gus 29:4; Yr 5:21
Rom. 11:9Zb 69:22
Rom. 11:10Zb 69:23
Rom. 11:111Kr 10:8; Heb 4:11
Rom. 11:11Gl 6:1
Rom. 11:11Rm 11:19
Rom. 11:11Gus 32:21; Rm 10:19
Rom. 11:12Rm 9:23; Kl 1:27
Rom. 11:12Rm 11:25; Ivh 7:4
Rom. 11:131Kr 9:1; 15:9
Rom. 11:13Ivk 9:15; Gl 1:16; Ef 3:8
Rom. 11:13Fp 1:12; 2Tm 4:5
Rom. 11:13Ivk 28:31; Kl 1:23; 1Tm 1:12
Rom. 11:141Kr 9:22; 1Tm 4:16
Rom. 11:14Rm 9:3
Rom. 11:15Mt 21:43; Heb 8:13
Rom. 11:15Rm 5:11; 2Kr 5:19
Rom. 11:16Gh 15:21; Neh 10:37; Ezk 44:30
Rom. 11:16Lw 11:44; 1Pt 1:16
Rom. 11:17Ef 2:11, 14
Rom. 11:17Abc 9:9
Rom. 11:17Yr 11:16
Rom. 11:181Kr 10:12
Rom. 11:18Yes 37:31
Rom. 11:18Yes 60:21; Heb 2:11
Rom. 11:19Yoh 15:6
Rom. 11:19Ivk 15:14
Rom. 11:20Mt 21:43; Heb 3:19; 11:6
Rom. 11:20Gl 3:11; Ef 2:8
Rom. 11:20Rm 12:16
Rom. 11:20Fp 2:12
Rom. 11:21Yoh 15:2
Rom. 11:22Kv 19:4; Lk 6:35; Rm 2:4
Rom. 11:22Yud 5
Rom. 11:22Mt 23:38
Rom. 11:221Kr 15:2
Rom. 11:22Mt 25:30, 46
Rom. 11:23Ivk 2:38
Rom. 11:24Rm 11:17
Rom. 11:242Kr 3:16
Rom. 11:251Kr 4:1; Ef 3:5
Rom. 11:25Rm 11:7; 2Kr 3:14
Rom. 11:25Rm 11:12; Ivh 7:4
Rom. 11:25Ivh 7:3
Rom. 11:26Rm 2:29; 9:6; Gl 3:29; 6:16
Rom. 11:26Zb 14:7
Rom. 11:26Yes 59:20
Rom. 11:27Yes 59:21
Rom. 11:27Yes 27:9; Yr 31:33; Heb 8:8
Rom. 11:28Heb 4:6
Rom. 11:28Gus 10:15
Rom. 11:29Gh 23:19
Rom. 11:30Ef 2:2, 12
Rom. 11:30Ivk 15:9
Rom. 11:30Ivk 7:51; Heb 3:8
Rom. 11:31Kl 1:22
Rom. 11:32Rm 3:9
Rom. 11:321Tm 1:16; 2:4; Heb 4:16
Rom. 11:33Rm 2:4; 9:23
Rom. 11:33Img 2:6; 3:19
Rom. 11:33Zb 139:6
Rom. 11:33Zb 36:6
Rom. 11:341Kr 2:16
Rom. 11:34Yes 40:13; Dn 4:35
Rom. 11:35Yb 41:11
Rom. 11:361Kr 8:6
Rom. 11:36Gl 1:5; Ivh 4:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
Bibiliya y’isi nshasha
Abaroma 11:1-36

Abaroma

11 Ndabaza rero nti: Mbega Imana yarataye abantu bayo+? Ntibikabe! Kuko na jewe ndi Umwisirayeli+, wo mu ruvyaro rwa Aburahamu, wo mu muryango wa Benyamini+. 2 Imana ntiyataye abantu bayo, abo yamenye ubwa mbere+. Burya, ntimuzi ico Icanditswe kivuga ku bijanye na Eliya igihe yatakambira Imana arega Isirayeli+? Avuga ati: 3 “Yehova, bishe abahanuzi bawe, basambuye ibicaniro* vyawe, none ni jewe jenyene nsigaye, bakaba bariko barondera ubuzima bwanje+.” 4 Yamara, ijambo ry’Imana+ rimubwira ngw’iki? “Nisigarije abagabo ibihumbi indwi, abagabo batapfukamiye Bayali+.” 5 Muri ubwo buryo rero, no muri iki kiringo harabonetse amasigarira+ nk’uko yatowe+ bivuye ku buntu ata wari abukwiriye. 6 Nimba rero biva ku buntu ata wari abukwiriye+, ntibikivuye ku bikorwa+; ahandiho, ubuntu ata wari abukwiriye ntibwoba bukibaye ubuntu ata wari abukwiriye+.

7 Tuvuge iki none? Ikintu nyene Isirayeli iriko ironderana ubwira ntiyakironse+, mugabo abatowe+ barakironse. Abasigaye barakomantajwe imitima+; 8 nk’uko vyanditswe ngo: “Imana yabahaye impwemu y’itiro rirerire+, ibaha amaso kugira ntibabone, n’amatwi kugira ntibumve, gushika n’uyu musi+.” 9 Vyongeye, Dawidi avuga ati: “Imeza yabo nibabere umushibuka n’umutego n’igitsitaza n’agahembo+; 10 amaso yabo nacure umwiza kugira ngo ntibabone, kandi wame ubahetamitse umugongo+.”

11 Ndabaza rero nti: Mbega baratsitaye ku buryo baguye+ rwose? Ntibikabe! Mugabo mu gutirimuka+ kwabo harimwo ubukiriro ku banyamahanga+, kugira ngo baterwe ishari+. 12 Nimba rero ugutirimuka kwabo gusobanura ubutunzi kw’isi, ukugabanuka kwabo na kwo kugasobanura ubutunzi ku banyamahanga+, hari akantu igitigiri+ cuzuye cabo!

13 Ubu na ho ndabwira mwebwe abanyamahanga. Kubera ko mu vy’ukuri ndi intumwa+ ku mahanga+, ndaninahaza+ ubusuku bwanje+, 14 nimba hari ukuntu noshobora gutera ishari ab’umubiri wanje bwite ngakiza+ bamwe muri bo+. 15 Kuko nimba ugutabwa kwabo+ kuzanira isi ugusubiza hamwe n’Imana+, none ukwakirwa kwabo kuzozana iki atari ukugirwa bazima mu bapfuye? 16 Bitayeko, nimba igice gifatwa nk’umushuzo+ ari ceranda, n’ikibumbe c’ibumba ni ukwo; kandi nimba umuzi ari mweranda+, n’amashami ni ukwo.

17 Ariko nimba amwe mu mashami yarahanyuwe mugabo wewe, naho uri umwelayo w’umunyeshamba, ukomekwa hagati muri yo+ hanyuma mugasangira umuzi unuze+ w’umwelayo+, 18 ntiwirate kuri ayo mashami. Mugabo nimba uyiratako+, si wewe ufashe umuzi+, ahubwo umuzi ni wo ugufashe+. 19 Wovuga rero uti: “Amashami yarahanyuwe+ kugira nomekweko+.” 20 Ni vyiza! Kubera ukutizera+ kwabo barahanyuwe, mugabo wewe uhagaze ubihawe n’ukwizera+. Reka kugira ivyiyumviro vyo kwishira hejuru+, ahubwo tinya+. 21 Kuko nimba Imana itazigurije amashami y’akame, na wewe ntizokuziguriza+. 22 Raba rero ubuntu+ n’ubuhambazi+ vy’Imana. Ku baguye ni ubuhambazi+, mugabo kuri wewe ni ubuntu bw’Imana, ukire gusa kuguma+ mu buntu bwayo; ahandiho, na wewe uzocacurwa+. 23 Na bo nyene, nibataguma mu kutizera kwabo, bazokwomekwako+; kuko Imana ishoboye kwongera kubomekako. 24 Kuko nimba wewe waciwe ku giti c’umwelayo gisanzwe ari ikinyeshamba hanyuma ukomekwa+ ku giti c’umwelayo co mu murima uko bidasanzwe bigirwa, none amashami y’akame ntazorushiriza riho kwomekwa ku giti c’umwelayo cayo bwite+!

25 Kuko ntashaka, bene wacu, ko mutamenya iri banga ryeranda+, kugira ngo ntimube ab’ubwenge mu maso yanyu bwite: yuko ugukomantaza umutima+ kwashikiye Isirayeli, ariko atari yose, gushika igitigiri cuzuye+ c’abanyamahanga cinjiye+, 26 kandi muri ubwo buryo Isirayeli+ yose izokizwa. Nk’uko vyanditswe ngo: “Umurokozi azova i Siyoni+ akure kuri Yakobo imigenzo yo kutibanga Imana+. 27 Kandi iri ni ryo sezerano hagati yanje na bo+, ninakuraho ibicumuro vyabo+.” 28 Ego ni ko, ku bijanye n’inkuru nziza ni abansi ku bwanyu+, mugabo ku bijanye n’ugutora kw’Imana ni abakundwa ku bwa ba sogokuruza babo+. 29 Kuko ingabirano be n’ihamagara ry’Imana atari ibintu izokwicuza+. 30 Kuko nk’uko mwagambararira+ Imana kera mugabo ubu mukaba mwaragiriwe imbabazi+ kubera ubugambarazi bwabo+, 31 ni ko n’abo nyene ubu babaye abagambarazi bituma mwebwe mugirirwa imbabazi+, kugira ngo na bo ubwabo ubu bagirirwe imbabazi. 32 Kuko Imana yabugaraniye bose mu bugambarazi+, kugira ngo ibagirire imbabazi bose+.

33 Ewe bwimbike bw’ubutunzi+ n’ubukerebutsi+ n’ubumenyi+ vy’Imana! Ese ukuntu imanza zayo zidaserangurika+ be n’ukuntu inzira zayo ata wushobora kuzitora! 34 Kuko “ni nde yamenye umuzirikanyi wa Yehova+, canke ni nde yabaye umujanama wiwe+?” 35 Canke, “Ni nde yabanje kumuha, kugira ngo bibe ngombwa ko avyishurwa+?” 36 Kubera ko vyose biriho bivuye kuri we, bigizwe na we, no ku bwiwe+. Ubuninahazwa bube ubwiwe ibihe vyose+. Amen.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika