ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 46
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Yeremiya 46:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:10; 25:15

Yeremiya 46:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 25:19; Ezk 29:2; 32:2
  • +2Bm 23:29; 2Ng 35:20
  • +Yes 10:9
  • +2Bm 23:36; 2Ng 36:5; Yr 25:1; 36:1

Yeremiya 46:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 51:11

Yeremiya 46:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 17:5

Yeremiya 46:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 7:7
  • +Yes 19:16; Yr 6:25; 49:29; Ezk 32:10

Yeremiya 46:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 33:16
  • +Yr 1:14; 6:1; 25:9
  • +2Bm 24:7; Yes 8:15

Yeremiya 46:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 8:7; Yr 47:2

Yeremiya 46:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 29:3
  • +Ezk 32:2
  • +2Ng 35:20

Yeremiya 46:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 10:6; 1Ng 1:8
  • +Ezk 27:10; 38:5; Nah 3:9
  • +It 10:13; 1Ng 1:11; Yes 66:19; Ezk 30:5

Yeremiya 46:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 13:6; Yw 1:15; 2:1; Zf 1:14
  • +Zb 141:8
  • +Gus 32:42; Yes 34:6; Ezk 39:17; Zf 1:7
  • +2Bm 24:7

Yeremiya 46:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 37:25; Yr 8:22; 51:8
  • +Yes 47:1; Yr 14:17
  • +Yr 30:12; Ezk 30:21

Yeremiya 46:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 32:9
  • +Yr 49:21
  • +Yes 19:2

Yeremiya 46:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 43:10; Ezk 29:19; 30:10

Yeremiya 46:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 44:1; Ezk 29:10; 30:6
  • +Yes 19:13; Yr 2:16; Hs 9:6
  • +Yr 43:7; Ezk 30:18
  • +Yr 6:4; Yw 3:9
  • +Yes 34:6; Yr 2:30; 12:12; 46:10

Yeremiya 46:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:10; Abc 5:21; Zb 18:4
  • +Zb 18:14; 44:2; 68:2

Yeremiya 46:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 20:11; Img 12:24; Ums 3:8
  • +Ezk 29:3

Yeremiya 46:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 48:2; Yr 44:26; 48:15; Mal 1:14
  • +Yos 19:22; Abc 4:6; Zb 89:12
  • +1Bm 18:42

Yeremiya 46:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 12:3
  • +Yr 48:18
  • +Yr 44:1
  • +Ezk 32:15; Zf 2:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2003, rup. 32

Yeremiya 46:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 1:14; 47:2

Yeremiya 46:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 50:27
  • +Yr 46:5
  • +Yr 46:15
  • +Zb 37:13

Yeremiya 46:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 29:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2007, rup. 11

Yeremiya 46:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 20:46
  • +Abc 6:5; 7:12; Nah 3:17

Yeremiya 46:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 46:11
  • +Yr 1:15; 47:2; Ezk 30:10

Yeremiya 46:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Nah 3:8
  • +Ezk 30:14
  • +Kv 12:12; Yes 19:1; Yr 43:13
  • +2Bm 7:6
  • +Yes 20:5; 30:2; 31:1; Yr 17:5; 42:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2003, rup. 32

Yeremiya 46:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 43:11; 44:30; Ezk 32:11
  • +Ezk 29:14

Yeremiya 46:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 41:13; 43:1; 44:2; Yr 30:10
  • +Yes 11:11; Yr 23:3; 32:37; Ezk 39:27; Am 9:14
  • +Yr 23:6; 33:16; 50:19; Zf 2:7; 3:20

Yeremiya 46:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 46:7; Yes 43:2; Yr 1:19; 15:20; 30:10; Rm 8:31
  • +Yr 25:9
  • +Yr 5:10; 30:11; Am 9:8
  • +Yr 10:24; 1Kr 11:32
  • +Heb 12:5; Ivh 3:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubumenyi, rup. 148

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Yer. 46:1Yr 1:10; 25:15
Yer. 46:2Yr 25:19; Ezk 29:2; 32:2
Yer. 46:22Bm 23:29; 2Ng 35:20
Yer. 46:2Yes 10:9
Yer. 46:22Bm 23:36; 2Ng 36:5; Yr 25:1; 36:1
Yer. 46:3Yr 51:11
Yer. 46:41Sm 17:5
Yer. 46:52Bm 7:7
Yer. 46:5Yes 19:16; Yr 6:25; 49:29; Ezk 32:10
Yer. 46:6Zb 33:16
Yer. 46:6Yr 1:14; 6:1; 25:9
Yer. 46:62Bm 24:7; Yes 8:15
Yer. 46:7Yes 8:7; Yr 47:2
Yer. 46:8Ezk 29:3
Yer. 46:8Ezk 32:2
Yer. 46:82Ng 35:20
Yer. 46:9It 10:6; 1Ng 1:8
Yer. 46:9Ezk 27:10; 38:5; Nah 3:9
Yer. 46:9It 10:13; 1Ng 1:11; Yes 66:19; Ezk 30:5
Yer. 46:10Yes 13:6; Yw 1:15; 2:1; Zf 1:14
Yer. 46:10Zb 141:8
Yer. 46:10Gus 32:42; Yes 34:6; Ezk 39:17; Zf 1:7
Yer. 46:102Bm 24:7
Yer. 46:11It 37:25; Yr 8:22; 51:8
Yer. 46:11Yes 47:1; Yr 14:17
Yer. 46:11Yr 30:12; Ezk 30:21
Yer. 46:12Ezk 32:9
Yer. 46:12Yr 49:21
Yer. 46:12Yes 19:2
Yer. 46:13Yr 43:10; Ezk 29:19; 30:10
Yer. 46:14Yr 44:1; Ezk 29:10; 30:6
Yer. 46:14Yes 19:13; Yr 2:16; Hs 9:6
Yer. 46:14Yr 43:7; Ezk 30:18
Yer. 46:14Yr 6:4; Yw 3:9
Yer. 46:14Yes 34:6; Yr 2:30; 12:12; 46:10
Yer. 46:15Kv 15:10; Abc 5:21; Zb 18:4
Yer. 46:15Zb 18:14; 44:2; 68:2
Yer. 46:171Bm 20:11; Img 12:24; Ums 3:8
Yer. 46:17Ezk 29:3
Yer. 46:18Yes 48:2; Yr 44:26; 48:15; Mal 1:14
Yer. 46:18Yos 19:22; Abc 4:6; Zb 89:12
Yer. 46:181Bm 18:42
Yer. 46:19Ezk 12:3
Yer. 46:19Yr 48:18
Yer. 46:19Yr 44:1
Yer. 46:19Ezk 32:15; Zf 2:5
Yer. 46:20Yr 1:14; 47:2
Yer. 46:21Yr 50:27
Yer. 46:21Yr 46:5
Yer. 46:21Yr 46:15
Yer. 46:21Zb 37:13
Yer. 46:22Yes 29:4
Yer. 46:23Ezk 20:46
Yer. 46:23Abc 6:5; 7:12; Nah 3:17
Yer. 46:24Yr 46:11
Yer. 46:24Yr 1:15; 47:2; Ezk 30:10
Yer. 46:25Nah 3:8
Yer. 46:25Ezk 30:14
Yer. 46:25Kv 12:12; Yes 19:1; Yr 43:13
Yer. 46:252Bm 7:6
Yer. 46:25Yes 20:5; 30:2; 31:1; Yr 17:5; 42:14
Yer. 46:26Yr 43:11; 44:30; Ezk 32:11
Yer. 46:26Ezk 29:14
Yer. 46:27Yes 41:13; 43:1; 44:2; Yr 30:10
Yer. 46:27Yes 11:11; Yr 23:3; 32:37; Ezk 39:27; Am 9:14
Yer. 46:27Yr 23:6; 33:16; 50:19; Zf 2:7; 3:20
Yer. 46:28Zb 46:7; Yes 43:2; Yr 1:19; 15:20; 30:10; Rm 8:31
Yer. 46:28Yr 25:9
Yer. 46:28Yr 5:10; 30:11; Am 9:8
Yer. 46:28Yr 10:24; 1Kr 11:32
Yer. 46:28Heb 12:5; Ivh 3:19
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
Bibiliya y’isi nshasha
Yeremiya 46:1-28

Yeremiya

46 Iri ni ryo jambo rya Yehova ryaje kuri Yeremiya umuhanuzi ku bijanye n’amahanga+: 2 Ku vya Misiri+, ku bijanye n’inteko za gisirikare za Farawo Neko umwami wa Misiri+, izari iruhande y’uruzi Efurate i Karikemishi+, izo Nebukadirezari umwami wa Babiloni yatsinze mu mwaka ugira kane wa Yehoyakimu+ mwene Yosiya, umwami wa Yuda: 3 “Nimutondeke agakinzo n’inkinzo yagutse, muheze mwegere urugamba+. 4 Nimwambike imigozi amafarasi, maze muyurire, yemwe abagendera ku mafarasi, hanyuma muhagarare mwambaye inkofero. Nimusene amacumu. Nimwambare amakoti y’ivyuma+.

5 “‘Kubera iki nababonye bacitse ivutu? Bariko basubira inyuma, kandi abagabo b’abanyenkomezi babo barajanjaguwe; bahunze koko, ntibahindukiye+. Hari ivutu irya n’ino+,’ ni ko Yehova avuze. 6 ‘Uwunyaruka ntagerageze guhunga, n’umugabo w’umunyenkomezi ntagerageze kuyanyaga+. Mu buraruko+, ku nkombe y’uruzi Efurate, ni ho batsitaye baragwa+.’

7 “Uwu ni nde aduga nk’uruzi Nili, nk’inzuzi z’amazi asuriranya+? 8 Misiri iduga nk’uruzi Nili+, kandi amazi asuriranya nk’inzuzi+. Ivuga iti: ‘Nzoduga. Nzopfuka isi. Nzorandura bitagoranye igisagara n’ababa muri co+.’ 9 Nimuduge, mwa mafarasi mwe; nimugende nk’abasaze, mwa mikogote mwe! Abagabo b’abanyenkomezi nibasohoke, Kushi+ na Puti+, abakoresha inkinzo, n’Abaludimu+ bakoresha kandi bagahonyora umuheto.

10 “Uwo musi ni uw’Umukama Segaba, Yehova nyen’ingabo, umusi w’ukwihora kugira ngo yihore abarwanizi biwe+. Inkota izorotsa ata kabuza, ihage, inywe amaraso yabo ihimbe, kuko Umukama Segaba+, Yehova nyen’ingabo, afise ikimazi+ mu gihugu co mu buraruko iruhande y’uruzi Efurate+.

11 “Duga i Gileyadi utore umusomozo+, ewe mukobwa w’isugi wa Misiri+! Wagwirije ubusa imiti. Ntushobora gukira+. 12 Amahanga yumvise agateterwe+ kawe, kandi amaborogo yawe yuzuye igihugu+. Kuko batsitaye, umugabo w’umunyenkomezi agatsitara ku mugabo w’umunyenkomezi+. Bagwiriye rimwe bose.”

13 Ijambo Yehova yabwiye Yeremiya umuhanuzi ku bijanye n’ukuza kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni, aje gusasika igihugu ca Misiri ni iri+: 14 “Nimubimenyeshe mu Misiri, muvyamamaze i Migidoli+, muvyamamaze i Nofu+ n’i Tahapanesi+. Muvuge muti: ‘Hagarara, ugira n’imyiteguro+, kuko inkota izorotsa koko irya n’ino yawe+. 15 Kubera iki abanyabubasha bawe bakukumuwe+? Ntibananye, kuko Yehova ubwiwe yabigije inyuma+. 16 Batsitara ari benshi. Kandi baragwa koko. Baguma babwirana bati: “Haguruka dusubire mu bantu b’iwacu, mu gihugu c’incuti zacu, kubera inkota ihahaza.”’ 17 Batangarijeyo bati: ‘Farawo umwami wa Misiri ni urwamo gusa+. Yaretse igihe c’umusi mukuru kirarengana+.’

18 “‘Ndahiye ukubaho kwanje,’ ni ko Umwami avuze, umwe yitwa Yehova nyen’ingabo+: ‘azoza nka Tabori+ mu misozi, nka Karumeli+ iruhande y’ikiyaga. 19 Niwitunganirize umuzigo w’ubunyagano+, ewe mukobwa wa Misiri uba ng’aho+! Kuko Nofu+ izocika akajoreza kandi izoturirwa, ku buryo ata wuzohaba+. 20 Misiri ni ishashi y’inka iteye igomwe rwose. Umubu uzoza kumurya uvuye mu buraruko+. 21 Ikigeretseko, abasoda biwe b’abacangero hagati muri we bameze nk’inyana zadoheshejwe+. Mugabo na bo nyene basubiye inyuma+; bahungiye icarimwe. Ntibananye+. Kuko umusi w’icago cabo uje kuri bo, igihe c’uko ivyabo vyitabwaho+.’

22 “‘Ijwi ryiwe ni nk’iry’inzoka igenda+; kuko abantu bazogenda bafise inkomezi, kandi bazokwinjira koko muri we bafise amashoka, nk’abasenya inkwi. 23 Bazokwicira koko ikibira ciwe+,’ ni ko Yehova avuze, ‘kubera ko kitashobora kumenērwa. Kuko babaye benshi kurusha inzige+; ntibagira igitigiri. 24 Umukobwa+ wa Misiri azomaramara koko. Azotangwa vy’ukuri mu kuboko kw’abantu bo mu buraruko+.’

25 “Yehova nyen’ingabo, Imana ya Isirayeli, avuze ati: ‘Ehe ngira niteho ivya Amoni+ y’ahitwa No+, n’ivya Farawo n’ivya Misiri n’imana zaho+ be n’abami baho+, egome ngira niteho ivya Farawo n’abamwizigira bose+.’

26 “‘Nzobatanga mu kuboko kw’abarondera ubuzima bwabo no mu kuboko kwa Nebukadirezari umwami wa Babiloni+ no mu kuboko kw’abasuku biwe; inyuma y’aho, Misiri bazoyibamwo nko mu misi ya kera+,’ ni ko Yehova avuze.

27 “‘Nayo wewe, ntutinye, ewe musavyi wanje Yakobo, ntucike ivutu, ewe Isirayeli+! Kuko ehe ngira ngukize ndagukuye kure, n’uruvyaro rwawe ndarukize ndarukuye mu gihugu rwagizwemwo imbohe+. Kandi Yakobo azogaruka koko, abeho ata kimuhungabanya, atekanye kandi ata wumujugumiza+. 28 Nayo wewe, ntutinye, ewe musavyi wanje Yakobo,’ ni ko Yehova avuze, ‘kuko ndi kumwe nawe+. Kuko nzotikiza amahanga yose nagushwiragirijemwo+, mugabo wewe sinzogutikiza+. Yamara nzoguhana koko ku rugero rubereye+, sinzobura kuguhana+.’”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika