ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 19
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Zaburi 19:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:3; 69:34; 115:15; 148:3; Yes 40:22; Rm 1:20; 1Kr 15:40
  • +It 1:6; Zb 150:1; Ivh 4:11

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2004, rup. 10-11

    1/6/2004, rup. 10

    1/1/2004, rup. 8

Zaburi 19:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 65:8; 74:16
  • +It 1:5, 14; 8:22; Zb 136:9

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 10

Zaburi 19:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 31:26

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 10-11

Zaburi 19:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 38:5
  • +Yes 49:6; Rm 10:18
  • +Yb 22:14; Ums 1:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 10-11

    1/1/2004, rup. 8, 9-10

Zaburi 19:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 61:10
  • +Yr 33:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 11

Zaburi 19:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:19
  • +It 31:40; Yes 49:10; Mt 20:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/6/2004, rup. 11

Zaburi 19:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 33:4; Zb 1:2; 78:1
  • +Zb 119:72; Mt 5:17; Lk 2:22; Rm 2:13; 7:14, 22; 9:31
  • +2Sm 16:12; 1Bm 8:47; Zb 23:3; Ezk 18:27; 33:15; Rm 10:5
  • +Zb 119:111, 129; 132:12; 2Pt 3:1
  • +2Bm 17:15; Zb 93:5
  • +Img 1:5; 2Tm 3:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 9

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2000, rup. 22-23

Zaburi 19:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 1:26; 1Sm 12:14; Zb 111:7
  • +Zb 33:4
  • +2Ng 24:10; Zb 40:8; 119:7
  • +Gus 6:1; Img 4:4; Mt 15:3
  • +Neh 9:13
  • +Zb 13:3; Img 6:23; Mt 6:22

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2000, rup. 22-23

Zaburi 19:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 10:12; Img 1:7; Mal 3:16
  • +Kv 21:1; Gh 15:35; Neh 9:13; Zb 119:137
  • +Zb 119:160; Ivh 16:7
  • +Gus 4:8

Zaburi 19:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:127; Img 8:10
  • +Zb 119:103; Img 16:24
  • +1Sm 14:27

Zaburi 19:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 19:10; Zb 119:11
  • +Zb 119:165; Img 11:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 41

Zaburi 19:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 40:12; 1Kr 4:4
  • +Lw 4:2; Zb 90:8

Zaburi 19:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:6; Gus 17:12; 1Sm 15:23; 2Sm 6:7; 2Ng 26:16
  • +Zb 119:133
  • +Yes 38:3

Zaburi 19:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 49:3; 51:15; 77:12; 143:5; Fp 4:8
  • +Zb 18:2
  • +Yb 19:25; Img 23:11; Yes 43:14; 44:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2006, rup. 19

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Zab. 19:1Zb 8:3; 69:34; 115:15; 148:3; Yes 40:22; Rm 1:20; 1Kr 15:40
Zab. 19:1It 1:6; Zb 150:1; Ivh 4:11
Zab. 19:2Zb 65:8; 74:16
Zab. 19:2It 1:5, 14; 8:22; Zb 136:9
Zab. 19:3Yb 31:26
Zab. 19:4Yb 38:5
Zab. 19:4Yes 49:6; Rm 10:18
Zab. 19:4Yb 22:14; Ums 1:5
Zab. 19:5Yes 61:10
Zab. 19:5Yr 33:20
Zab. 19:6Zb 104:19
Zab. 19:6It 31:40; Yes 49:10; Mt 20:12
Zab. 19:7Gus 33:4; Zb 1:2; 78:1
Zab. 19:7Zb 119:72; Mt 5:17; Lk 2:22; Rm 2:13; 7:14, 22; 9:31
Zab. 19:72Sm 16:12; 1Bm 8:47; Zb 23:3; Ezk 18:27; 33:15; Rm 10:5
Zab. 19:7Zb 119:111, 129; 132:12; 2Pt 3:1
Zab. 19:72Bm 17:15; Zb 93:5
Zab. 19:7Img 1:5; 2Tm 3:15
Zab. 19:8Gus 1:26; 1Sm 12:14; Zb 111:7
Zab. 19:8Zb 33:4
Zab. 19:82Ng 24:10; Zb 40:8; 119:7
Zab. 19:8Gus 6:1; Img 4:4; Mt 15:3
Zab. 19:8Neh 9:13
Zab. 19:8Zb 13:3; Img 6:23; Mt 6:22
Zab. 19:9Gus 10:12; Img 1:7; Mal 3:16
Zab. 19:9Kv 21:1; Gh 15:35; Neh 9:13; Zb 119:137
Zab. 19:9Zb 119:160; Ivh 16:7
Zab. 19:9Gus 4:8
Zab. 19:10Zb 119:127; Img 8:10
Zab. 19:10Zb 119:103; Img 16:24
Zab. 19:101Sm 14:27
Zab. 19:112Ng 19:10; Zb 119:11
Zab. 19:11Zb 119:165; Img 11:18
Zab. 19:12Zb 40:12; 1Kr 4:4
Zab. 19:12Lw 4:2; Zb 90:8
Zab. 19:13It 20:6; Gus 17:12; 1Sm 15:23; 2Sm 6:7; 2Ng 26:16
Zab. 19:13Zb 119:133
Zab. 19:13Yes 38:3
Zab. 19:14Zb 49:3; 51:15; 77:12; 143:5; Fp 4:8
Zab. 19:14Zb 18:2
Zab. 19:14Yb 19:25; Img 23:11; Yes 43:14; 44:6
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
Bibiliya y’isi nshasha
Zaburi 19:1-14

Zaburi

Ku muyobozi. Agahibongozo ka Dawidi.

19 Amajuru amenyesha ubuninahazwa bw’Imana+;

Ikirere na co kivuga igikorwa c’amaboko yayo+.

 2 Umurango umwe inyuma y’uwundi uratuma imvugo idudubiza+,

Kandi ijoro rimwe inyuma y’irindi rirerekana ubumenyi+.

 3 Nta mvugo iriho, kandi nta majambo ariho;

Nta jwi ryavyo ryumvikana+.

 4 Ikamba yavyo yo gupimisha yagiye mw’isi yose+,

Amajambo yavyo na yo yashitse ku mpera y’ubutaka bwimbuka+.

Muri yo ni ho yashingiye izuba ihema+,

 5 Kandi rimeze nk’umukwe igihe asohoka ava mu cumba ciwe c’ubugeni+;

Rihimbarwa nka kurya umunyenkomezi ahimbarwa no kwiruka mu nzira+.

 6 Ku mpera imwe y’amajuru ni ho risohokana,

Kandi iherezo ry’urugendo rwaryo riri ku zindi mpera zayo+;

Nta na kimwe gihishijwe ngo ntigishikirwe n’ubushuhe bwaryo+.

 7 Itegeko+ rya Yehova ntirigira akanenge+, rihembura umuntu+.

Icibutsa+ ca Yehova ni ico kwizigirwa+, gituma umuntu atazi utuntu n’utundi aba inkerebutsi+.

 8 Amateka+ ava kuri Yehova aragororotse+, atuma umutima unezerwa+;

Ibwirizwa+ rya Yehova ntiryanduye+, rikayanganisha amaso+.

 9 Ugutinya+ Yehova kuratyoroye, kwamaho ibihe bidahera.

Ingingo z’ubutungane+ za Yehova ni iz’ukuri+; zabonetse ko zigororotse zose+.

10 Ni izo kwipfuzwa kuruta inzahabu, egome, kuruta inzahabu nyinshi zityoroye+;

Kandi zisosa kuruta ubuki+ be na bwa buki butemba bwo mu bimamara+.

11 Vyongeye, umusavyi wawe yaburiwe na zo+;

Kuzubahiriza birimwo impera nini+.

12 Amakosa, ni nde yoyatahura+?

Nunyite intungane unkureko ibicumuro vyihishije+.

13 Nurinde umusavyi wawe ibikorwa vy’ukwita imbere+;

Ntureke ngo binganze+.

Ico gihe nzoheza mbe uwukwiye+,

Kandi nzoba nagumye ndi intungane ku bijanye n’ukugabitanya kwinshi.

14 Amajambo y’akanwa kanje be n’ukuzirikana kw’umutima wanje+

Nibibe ibihimbaye imbere yawe, ewe Yehova Gitandara canje+ n’Umucunguzi wanje+!

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika