ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ezekiyeli 10
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ezekiyeli 10:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:22
  • +Ezk 1:26; Ivh 4:3
  • +Yes 6:1; Ivh 4:2

Ezekiyeli 10:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 9:2
  • +Ezk 1:16
  • +Ezk 1:13
  • +2Bm 25:9; Zb 120:4; 140:10; Ivh 8:5

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2007, rup. 11

Ezekiyeli 10:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 9:3

Ezekiyeli 10:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:28
  • +Kv 40:35; 1Bm 8:10; 2Ng 5:13; Ezk 43:5

Ezekiyeli 10:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:24; 11:22
  • +Zb 29:3; Yoh 12:28, 29

Ezekiyeli 10:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Int 2:4; 4:11
  • +Ezk 1:13
  • +Ezk 9:2

Ezekiyeli 10:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:8

Ezekiyeli 10:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:15

Ezekiyeli 10:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:16

Ezekiyeli 10:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:17, 20

Ezekiyeli 10:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:18; Ivh 4:6, 8

Ezekiyeli 10:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:6
  • +Ezk 1:10; Ivh 4:7
  • +Ivh 8:13

Ezekiyeli 10:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 11:22
  • +Ezk 1:3; 43:3

Ezekiyeli 10:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:19
  • +Ezk 1:21

Ezekiyeli 10:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:20
  • +Yb 27:3

Ezekiyeli 10:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:11; 2Ng 7:3; Ezk 1:28; 9:3
  • +Ezk 10:4; 11:23

Ezekiyeli 10:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 11:22

Ezekiyeli 10:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:22
  • +Ezk 1:1

Ezekiyeli 10:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:8

Ezekiyeli 10:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 1:10
  • +Ezk 1:12; 10:11

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ezk. 10:1Ezk 1:22
Ezk. 10:1Ezk 1:26; Ivh 4:3
Ezk. 10:1Yes 6:1; Ivh 4:2
Ezk. 10:2Ezk 9:2
Ezk. 10:2Ezk 1:16
Ezk. 10:2Ezk 1:13
Ezk. 10:22Bm 25:9; Zb 120:4; 140:10; Ivh 8:5
Ezk. 10:3Ezk 9:3
Ezk. 10:4Ezk 1:28
Ezk. 10:4Kv 40:35; 1Bm 8:10; 2Ng 5:13; Ezk 43:5
Ezk. 10:5Ezk 1:24; 11:22
Ezk. 10:5Zb 29:3; Yoh 12:28, 29
Ezk. 10:7Int 2:4; 4:11
Ezk. 10:7Ezk 1:13
Ezk. 10:7Ezk 9:2
Ezk. 10:8Ezk 1:8
Ezk. 10:9Ezk 1:15
Ezk. 10:10Ezk 1:16
Ezk. 10:11Ezk 1:17, 20
Ezk. 10:12Ezk 1:18; Ivh 4:6, 8
Ezk. 10:14Ezk 1:6
Ezk. 10:14Ezk 1:10; Ivh 4:7
Ezk. 10:14Ivh 8:13
Ezk. 10:15Ezk 11:22
Ezk. 10:15Ezk 1:3; 43:3
Ezk. 10:16Ezk 1:19
Ezk. 10:16Ezk 1:21
Ezk. 10:17Ezk 1:20
Ezk. 10:17Yb 27:3
Ezk. 10:181Bm 8:11; 2Ng 7:3; Ezk 1:28; 9:3
Ezk. 10:18Ezk 10:4; 11:23
Ezk. 10:19Ezk 11:22
Ezk. 10:20Ezk 1:22
Ezk. 10:20Ezk 1:1
Ezk. 10:21Ezk 1:8
Ezk. 10:22Ezk 1:10
Ezk. 10:22Ezk 1:12; 10:11
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
Bibiliya y’isi nshasha
Ezekiyeli 10:1-22

Ezekiyeli

10 Nuko mbandanya kubona, hanyuma ngize ntya, mbona hejuru y’ikirere+ cari hejuru y’umutwe w’abakerubi hari ikintu kimeze nk’ibuye rya safiro+, kimeze nk’ishusho y’igisa n’intebe y’ubwami+, caboneka hejuru yabo. 2 Maze abwira wa mugabo yambaye impuzu y’ilino+, egome, amubwira ati: “Niwinjire hagati y’ayo makurudumu yizunguriza+, munsi y’abakerubi, wuzuze ibiganza vyawe vyompi amakara+ yaka umuriro uyakuye hagati y’abakerubi, uheze uyaterere hejuru y’igisagara+.” Nuko yinjirayo ndavyibonera.

3 Nya bakerubi bari bahagaze iburyo bw’inzu igihe uwo mugabo yinjira, kandi igicu cari cuzuye ikigo c’indani+. 4 Nuko ubuninahazwa bwa Yehova+ butangura kuduga buvuye kuri nya bakerubi buja ku rwinjiriro rw’inzu, maze nya nzu irahava yuzura igicu+, kandi ikigo ubwaco cari cuzuye ukwakaka kw’ubuninahazwa bwa Yehova. 5 Maze urwamo rw’amababa ya nya bakerubi+ rwumvikana gushika mu kigo c’inyuma, nk’urwamo rw’Imana Mushoboravyose igihe ivuze+.

6 Aho amariye gutegeka nya mugabo yambaye impuzu y’ilino ati: “Tora umuriro hagati y’ayo makurudumu yizunguriza, hagati y’abakerubi,” uno aca arinjira, ahagarara iruhande y’ikurudumu. 7 Maze umukerubi aramvura ukuboko ari hagati ya nya bakerubi, agutuma ku muriro+ wari hagati yabo+, arawutwara awushira mu biganza vya wa wundi yambaye impuzu y’ilino+, na we arawutora araheza arasohoka. 8 Kandi haboneka kuri nya bakerubi ishusho y’ukuboko kw’umuntu yakuwe mw’ivu, munsi y’amababa yabo+.

9 Nuko mbandanya kubona, ngize ntya, mbona amakurudumu ane iruhande ya ba bakerubi, ikurudumu rimwe iruhande y’umukerubi umwe, irindi iruhande y’uwundi mukerubi+; ishusho ya nya makurudumu yasa n’uguca ibibatsi kw’ibuye rya kirisolito. 10 Ku bijanye n’ishusho yayo, uko ari ane yarasa, nka kurya nyene kw’ikurudumu iri hagati mu yindi+. 11 Agiye, yagenda mu mpande zayo zine. Agiye ntiyahindukira, kuko iyo umutwe waraba ari yo yaja awukurikira. Agiye ntiyahindukira+. 12 Kandi umubiri wabo wose n’imigongo yabo n’amaboko yabo n’amababa yabo na nya makurudumu, vyari vyuzuye amaso hose+. Uko ari bane, bari bafise amakurudumu yabo. 13 Nayo nya makurudumu, yahamagawe numva, ngo: “Yemwe makurudumu yizunguriza!”

14 Kandi umwe wese yari afise mu maso hane+. Mu maso ha mbere hari ah’umukerubi, mu maso ha kabiri hari ah’umuntu yakuwe mw’ivu+, aha gatatu hari ah’intambwe, aha kane na ho hakaba ah’inkona+.

15 Kandi nya bakerubi baraduga+—cari ca kinyabuzima nyene nari nabonye ku ruzi Kebari+— 16 kandi nya bakerubi bagiye, nya makurudumu yagendera iruhande yabo+; nya bakerubi badugije amababa yabo ngo baje hejuru cane y’isi, ayo makurudumu na yo nyene ntiyahindukira ngo ave iruhande yabo+. 17 Bahagaze, yaca ahagarara; baduze+, yadugana na bo, kuko impwemu ya nya kinyabuzima yari muri yo+.

18 Maze ubuninahazwa+ bwa Yehova burasohoka buvuye hejuru y’urwinjiriro rw’inzu, buhagarara hejuru ya nya bakerubi+. 19 Abo bakerubi baduza rero amababa yabo, baraduga bava kw’isi+ ndavyibonera. Igihe basohoka, amakurudumu na yo nyene yari hafi iruhande yabo; bahagarara ku bwinjiriro bw’irembo ry’inzu ya Yehova bwo mu buseruko, kandi ubuninahazwa bw’Imana ya Isirayeli bwari hejuru yabo, buvuye hejuru.

20 Ico ni ca kinyabuzima+ nari nabonye munsi y’Imana ya Isirayeli ku ruzi Kebari+, nca menya yuko bari abakerubi. 21 Nayo bamwe bane, umwe wese yari afise mu maso hane+, umwe wese akagira amababa ane, kandi munsi y’amababa yabo hari igisa n’amaboko y’umuntu yakuwe mw’ivu. 22 Ku bijanye n’ishusho yo mu maso habo, emwe, yari ya yindi nyene nari nabonye iruhande y’uruzi Kebari+. Bagenda umwe wese atumbereye imbere+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika